BISABA GUSHIKAYO ! Ubutumwa Pasteur Donatien yavugiye muri Veillée yabereye muri Campus Mutanga
Вставка
- Опубліковано 1 жов 2024
- Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Imana iduhe gushikayo aaamena haleeeluya amina
Amen 🙏💖
Ameb
Umuvyeyi mwiza wanjyee ndabubaha can muhezagirwe amavuta meshii
Amen 🙏💖
IMANA iduhe gushikayo Vyose tubisige yo mwizina rya YESU
Amen 🙏💖
Ameen🎉🎉
Amen 🙏💖
Imana ikujimbere turanezegwa by bayisenge edmond
Amen 🙏💖
Yesu atanga ibikwiye kubavyumva bakabitahura bagashikayo❤
Amen 🙏💖
Amavuta meshi mukozi w'imana
🙏💖
Yesu amuhezagire
Amen 🙏💖
Narahomvye kutahaba
Uyunumuvyeyii mwiiza
Groupe biblique pentecôtistes du lycée Gisenyi turashima ukwoya duhanura
🙏💖
Ego warahomvye ariko ntaco homboka umwumvire ngaha nyene!
Thanks toi Jesus
🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
❤
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖