Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mam,wacu Imana,uguhe umugisha. Irijambo,riranyubatse.
Imana ibahezagire cane ishishikare ku baha amavuta
Amen mama wAcu ariko mama hari faceb igumaa ishaka kwiba abantu iriko wewe batubwira ko bagomba kudufash mwoduha umuco
Mama urakoze ,cyane uratwubatse
Pasteur Denise Ndagukunda, Imana iguhaze uburame , urambe ukize imitima myinshi , uze ubone abuzukuru, abuzukuruza, déjà n'ubu urabafise bo mu mpwemu. Komera muvyeyi ivyiza muri kumwe. Hezagirwa n'abawe bose.
❤️❤️Amen gose🌹🌹🌹
Imana iguhe imigisha ndetse izajyere no kumuryango wawe wose
Yesu abahezagire Ndabakunda cane ! Ntitukimenyere kuko Imana yacu ni nini cane🙏🌹
Urakoze muvyeyi wacu. Komeza wubake umutima yacu
The video is very important to me and my family thanks
Imana iduhezagireIkimazi ça mbere ni kugira umutima wa Kristo ukunda bose kandi ubabara bose
Amen
Nyakubahwa iri ya fb nimwe muyikoresha?
ni kobimeze pe
Mam,wacu Imana,uguhe umugisha. Irijambo,riranyubatse.
Imana ibahezagire cane ishishikare ku baha amavuta
Amen mama wAcu ariko mama hari faceb igumaa ishaka kwiba abantu iriko wewe batubwira ko bagomba kudufash mwoduha umuco
Mama urakoze ,cyane uratwubatse
Pasteur Denise Ndagukunda, Imana iguhaze uburame , urambe ukize imitima myinshi , uze ubone abuzukuru, abuzukuruza, déjà n'ubu urabafise bo mu mpwemu. Komera muvyeyi ivyiza muri kumwe. Hezagirwa n'abawe bose.
❤️❤️Amen gose🌹🌹🌹
Imana iguhe imigisha ndetse izajyere no kumuryango wawe wose
Yesu abahezagire Ndabakunda cane ! Ntitukimenyere kuko Imana yacu ni nini cane🙏🌹
Urakoze muvyeyi wacu. Komeza wubake umutima yacu
The video is very important to me and my family thanks
Imana iduhezagire
Ikimazi ça mbere ni kugira umutima wa Kristo ukunda bose kandi ubabara bose
Amen
Nyakubahwa iri ya fb nimwe muyikoresha?
ni kobimeze pe
Amen
Amen
Amen
Amen