#NEVA
Вставка
- Опубліковано 20 вер 2024
- #Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
#Interviews_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Jew Rwasa nzomutora ijana kwijana Rwasa terimbere nzoguma nkutora kugeza kuri amen
❤❤❤Tora Mutama Rwasa twiyamirize Intwaro 😢ya Ba dd
Ubona yoba abanyagihugu bomera nkabanyakayanza atabwoba bafise erega gupfa abarundi barapfuye igitoro amazi amakara isukari amamesa ibiharage umuceri vyose vyarayangaye😢😢
Kuri narada TV turakunda ibiganiro byanyu rero nyarukira kuri narada TV wihere amaso
Kayanza oyèeeeee mwubahwe mushingantahe ahuri hose uzokwame ucisha urubanza aho ruri washaka upfe
Ikigirwana aba d d basenga nirya nkona
Abarundi nitwe boguhindura ibintu muze tubanywere UMUTI wisesemwe.
Barundi Barundikazi bagenzanje nimba mugihugu cacu dushaka amahoro igihugu gihabwe mutama RWASA
Kayanza mwubahweeee iman ibarinde gusa ndabakomeye amashiiiii
Ndashimiye cane abanyakayanza kuko banyibukije uko twatanguye dukora mu kwamamaza umuhari paliphutu-Fnl mu za 1991.
Nta munyweshi yashobora gufata umuntu n umwe muri twebwe twitwa Abalinye 5.
Ndateye akamo rero inyankamugayo zose gufatana mu nda cane cane ibara ritaranagwa.
Inyanka mugayo oooyeee twubahwe ndanakunda cane mutama wacu rwasa imbere
Naba DD babigize nibareke kinduteshimitwe 😮😮😮
Ab dd ibijuju kugwego nisi ibibatwenga lmana yoyo.yarajorewe.nabanw amaraso yabantu baka ubuzima aban bigihugu ataribo bamuremye nyabirofa lmana izodutabara
Najewe naremeye abanyakayanza barerekanyeko bafatanye Munda ubu haragezeko tuza tuvuga ukuri abobocanyi haraho bwogabanuka
Burundi biragoye sana namajambo tuvuga
Niwe uburundi bukeneye imana idutabare
Ndabatwenze aba cnl iyomontaje mwagize mwibazako turibijuju nimugendere mukuri mureke ibinyoma
Muri inkozi zikibi