Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Saw duh amakuru mez
Irambire Daniel mugisha 😊
Merci Dada
Eeeee nukonyene dany ahagomba kuronka akayira kokwishikira muburundi siwe disiii ndasetse🎉😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Wubahwe mutama cimamanda zuramukebura yisonere
Ukuri kuraryana
Shimmanda ndakwemera ariko ushatse gukora mujisho mugisha Aho wananiwe kizire gusegana umuntu
Commandant zero😂
Chimamanda nimumireke icazi nugutukana ngo nibibwabibwagusa mumutahure mbe harumusi urunva muhisha atukana muhisha muharire vyaramuvanze
Chim Amanda avuga ukuri.ako wewe Daniel wapi uri feki sana.wewe korera urwanda ruguhaye inbaro.
Chimamanda Moses ntawe atagera umutwe problem
Daniel wewe turakwamera chimamanda numu petit ikindi arabomoka mukuvuga
Chimamanda numubivyi wugwanko hagati yabakozi b'Imana nabakristo,none agomba atandukire Mugisha na Leta,agomba gutaha nace inzira neza hama atahe
Arateyisoni
Chimamanda nikirofa gusa
😮mugiy Mur portik naho! bye
Nsimamanda mos numwungere wibitungwa
Cimamanda Ni Umurofa.
Chimamanda yuzuye Dayimoni iyo zivyutse ziramusaza agapfa uwo ayozweko.urya ari kurutonde rw’abantu bafise ingorane mumutwe
Rureke gwashimamanda nurrufyoti
Baribamukwishuriye mutama
ego kabisa
Ariko nawe uwugukebuye uva wi chauffa, mbega KO wnditse KO yapfuye warufise ivyemezo
ntavyo nanditse,nabikuye ahandi uragenda urabaneza ni screen shoot
Komera