FANNY LAVINE yishuye CHIMAMANDA kuvyo yamuvuzekoll Naravanye n'umugabo wanje

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 7 вер 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

КОМЕНТАРІ • 226

  • @Bagenzi4life
    @Bagenzi4life Рік тому +15

    Ndaba filamu UMUBANYI urabona neza yuko Fanny yakinye nkabirya #Chima yamuvuzeko muri filamu urabonako yarishe amahera yurya mu diaspora uciye wumviriza neza ivyo #Chima yavuze urabonako #Fanny yakinye true story gusa uciye ubwenge ikikubayeko ukivyaza inyungu courage ✌🏿

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 Рік тому +9

    Mbega abantu binjira mubuzima bw'umuntu baba bashinzw iki ,nibabe bareka guta umwanya binjira mubuzima bw'umuntu umwe wese afis uko abayeho kandi basiba kurima ntibasiba kuvuga ururimi rworwo Bari narwo courage Di Fanny turagukunda cane kandi ntaco bizohindura bihora ubusa🥰🥰🥰🥰🥰

    • @christiansindayigaya9927
      @christiansindayigaya9927 Рік тому

      Ivyo uvuz Aho winjiy mubuzima bw'abantu !ham kuzi basiba kurima,wiriw uravugira iki?naw ako n'akarimi!abavuz Bose aha bihenze w niw uvuz ukuri ?? le monde est là pour nous juger et il faut accepter les critiques.ham ivyuvuga vyose ntutubwire KO une divorcée ar akarorero keza et puis akavugwa mukwiba umuntu amuhenze

  • @ameame9588
    @ameame9588 Рік тому +9

    Fanny kimwe gusa novuga uraciye ubwengee tuuu🇧🇮🥰

  • @angepina7324
    @angepina7324 Рік тому +2

    Fanny uvuzwe cne kenshi Uba ukora cne wewe courage terimbere uraciy ubwenge Guma wihagararako ubuzima nubwawe niwe ubuyobora ufashijwe n'Imana so abantu ntibaguteshe umwanya ngo nivyo bakuvuga

  • @adobenigneirakoze5821
    @adobenigneirakoze5821 Рік тому +4

    Ukuntu yiyorosha Fany ashaaa ntaco mvuze

  • @jaliairakoze6617
    @jaliairakoze6617 Рік тому +5

    Fanny umubanyii ni True story ✌️✌️✌️nibakureke kugira abantu babiri babane harico baba bahurijeko muhihe batabihurijeko umwee wesw aragendaaa

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 Рік тому +2

    Imana ikomeze ihezagira ibikorwa vyawe Fanny Lavine, abagukunda tuzohora tugukunda.uwudakora icaha na kimwe nawe agutere amabuye

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 Рік тому +7

    Abavuga bazokwama bahari Niko bimeze mubuzima ico nogusaba nukubima amatwi nkuko wama ubikora igihe cose umuntu ariko akora ibintu vyiza ham hariho Abaza kumurwanya Niko vyama bimeze rero courage ababona kure barabona ivyo mukora uko Biba birenze 🥰🥰🥰🥰🥰 courage Fanny and Libert Imbere niheza🥰🥰🥰🥰 bazovuga nibaruha bazonuma uwasz kuvurwa yaheze munda ntiyavutse .

  • @sarandayisenga6686
    @sarandayisenga6686 Рік тому +1

    Nibakwirekere sha fany wacu wew urigiti kiturirwa

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Рік тому +3

    Moses urya numuntu adafise icakora aguma mubusutwa gus ariko shn ndakwikundira sn shaaa ❣️♥️✅🫶❣️🫶✅ Fanny wanj

  • @MimiDear-lr7wr
    @MimiDear-lr7wr 9 місяців тому

    Ndagukunda fanny courrage vrt

  • @rukundolaodick4607
    @rukundolaodick4607 Рік тому +5

    Ndiko ndaba UMUBANYI urabonako Fanny yarishe amahera yumu diaspora ugacawumviriza ivyuryamugabo yavuz ndabona ko yacamy abikuramwo film yavyo gus ndagufana courage Maman Burundi ❤️❤️❤️❤️

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 Рік тому +3

    Niwubahwe Mamy wanje ntaco bazoshikako😘😘😘

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 Рік тому +4

    Issac wubahw ngukundirako utwihera show 😉😉😉😉 inkuru iramvuye ndayihabwe kwa cimamanda🤪

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 Рік тому +1

    Muraberew nwes

  • @jejejedidia8252
    @jejejedidia8252 Рік тому +1

    Hhhhhhh Issaac urantwengej kukunt ubaza ivyowumvis 🤝♥️Gus wubahw ubaza bien Lavine hatwik wimanukira utavugwa ntubutesa❤️

  • @user-uq8nc7qo2f
    @user-uq8nc7qo2f 9 місяців тому

    Jew simbona impamvu Fanny bamwiyumvira jewe nkunda ukuntu yiturije knd ivyiyumvirovyiwe nivyo guterimbere nogushigikirana

  • @fofoclementeniyo3351
    @fofoclementeniyo3351 Рік тому

    Umuntu wese arafis ibibi vyiwe nivyiz vyiwe. Guc rero ag film gasohots nzokirabir kuk nam méga yanj Ivy Navy bakoz birabarab twese Ivy twakoz tuzobibazw n'Imana

  • @dianenkurunziza3799
    @dianenkurunziza3799 Рік тому +3

    Basha burya mumuntu nihanini niyompamvu atarivyiza gucira urubanza umuntu utazi mumutima wiwe kubwivyo ivyutazi umviriza🚶‍♀️🚶‍♀️🚶‍♀️

  • @ndizeyechantal6979
    @ndizeyechantal6979 Рік тому +5

    Fanny gabanya imisosi wavyibushe cane

  • @user-qx4rw7ei8t
    @user-qx4rw7ei8t 9 місяців тому

    😂😂😂good My Chchbe fanny sinomwishura ntazivyoyavuze hhhhh😂😂😂 inyishu zikwiy umbayekure nakuguririfanta inumire ubimamakur uyababwra kugrabagufashik wew urumumama yiyubaha ndakwemera ntupfakuvuga ivyubonye ntabw uropoka uvuga umanj kwiyumvira

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Рік тому +2

    Ariko rero ndababwire ukeneye kwirira show nzurii saanaa wallah 👌 nikwa Isaac tv wallah murashoboye courage sn kbx

  • @aminajngabire2106
    @aminajngabire2106 Рік тому +1

    Ishura ibibazo Muvyeyi🥱🥱🥱🙊🙊🙊🙊

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 Рік тому +1

    Jewe ndumukunzi wawe bovuga boreka bogucafuza boreka je ndagukunda c'est tout🥰🥰🥰

  • @hakizimanaivyonne327
    @hakizimanaivyonne327 10 місяців тому

    Hejuru wafani ntucikinteg izonibwa zimoker inyumayawe bahibitugu birime twibandaniriz urugendo💪💪💪💪👌👌👌👌

  • @fulahaalice3357
    @fulahaalice3357 Рік тому +1

    Nibarek kumubeshera ndakwikundir fanny 💞💞💞I love you uwukwank atangur jew ndagukunda bzuuuu ❤️❤️

  • @hyacinthemunyana4540
    @hyacinthemunyana4540 Рік тому +2

    Urakunzwe mwiza itekanire turagushigikuye🙏

  • @Hunterdonyhn
    @Hunterdonyhn Рік тому +1

    Hinge ndindire chimamanda icazovuga kuri kino kiganiro

  • @bamanotitv
    @bamanotitv Рік тому +2

    Ukuntu fanny yishuye ibibazo vyawe ndabikunze, gahunda ni GTG ivyobindi tuvyihoze

  • @dorianeyankunze440
    @dorianeyankunze440 Рік тому +9

    Fanituragufana wewekoragusa abavugabavuge witererimbere 😘😘😘

  • @josianendihokubwayo-wo7bf
    @josianendihokubwayo-wo7bf Рік тому

    Tunywa Jibu

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Рік тому

    Ikiganiro niciza cane🔥🔥🔥🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🙏🙏🙏🙏 courage

  • @user-uq8nc7qo2f
    @user-uq8nc7qo2f 9 місяців тому

    Naho utababaye mukobwawacu ww alivera ndabakunda cane p

  • @dorcasndayikengurukiye8845
    @dorcasndayikengurukiye8845 Рік тому +3

    Fanny hejuru💕

  • @mariamundayisenga4050
    @mariamundayisenga4050 Рік тому +4

    Fanny umupfakazi irihe miss you wallah

  • @plecillenininahazwe-mc1dk
    @plecillenininahazwe-mc1dk Рік тому +2

    Lavine wanje intwarikazi kuri benshi bonne réponse ma lavine IC ndakigukundie

  • @ukwizerakwacutv93
    @ukwizerakwacutv93 Рік тому +1

    Ico ngushimiy uraciy ubweng mubibazo vyose ubajijwe ntanakimwe utangiye inyishu birateye amakenga kwl
    😀😀😀😀😀😀

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 Рік тому +2

    Ugerageje kumviriza inyishu za Fanny bisigura ko ivyo cimamanda yavuze kwarivyo kuko iyaba atarivyo yari kugira icabivuzeko. Gusa Imana irihangana. Hama narengana

    • @angeirat
      @angeirat Рік тому +1

      Moses Ntabesha avuga ivyazi

    • @jongon6940
      @jongon6940 Рік тому

      Moses ntiyigera abesha ivyo yavuze nukuri kwuzuye

    • @fabiolasilyvain8880
      @fabiolasilyvain8880 Рік тому

      Urya avuzikintu abakizi fanny nigisoroma ndandura 🤣🤣🤣🤣

  • @silasirakoze1545
    @silasirakoze1545 Рік тому +4

    Ariko Isaac na fanny muragayana pe muri 12million abanyagihugu ngo uwutanwa Kandi ngo anwa iki ziba??? Nimba mwararose mwiyita abahinga. Ndou muet 🤔🤔🤔🤔🤔🤔

  • @joselyneniyikigongwe276
    @joselyneniyikigongwe276 Рік тому

    Sha Fanny bakundekere nababuze ivyo bavuga jewe nzoguma ndagukunda

  • @hgffufgf7u542
    @hgffufgf7u542 Рік тому +2

    Eh ingen kimaramara yooooo uragow ubeshejweho nubusuma

  • @samuelhakizimana2908
    @samuelhakizimana2908 Рік тому

    Kinju niyambere

  • @louisekwizera4158
    @louisekwizera4158 Рік тому

    Fanny ndagukunda cneee uhezagirwe♥️

  • @christiansindayigaya9927
    @christiansindayigaya9927 Рік тому

    Nivyo uwo w arabitoboye

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Рік тому +1

    Ariko Isaac WW urahata ibibazo umuntu kandi WW womaramaza umuntu yanse kwishura ikibazo kandi aguma agikwepa ucugikawuka rasta mn ✅❣️ ariko Jew ndakwemera sn bro ntarib brother Ariko wubahw sn mn

  • @ThierryveHicuburundi
    @ThierryveHicuburundi Рік тому

    Fanny tera uja imbere mwiza.bakwanka bareka Imana yoyo ishishikare kukuduza bavuma ihezagira.yitwa Rukundo abo nabo bazicuza

  • @pascasiehabiyaremye
    @pascasiehabiyaremye Рік тому +1

    CIMA kumenga avukana na Isaac

  • @aimeemakkil5936
    @aimeemakkil5936 Рік тому +2

    Chimamanda arabamenera ubufu bashaaa mwese tuzomenya ingeso zanyu🤪🤪🤪🤪

  • @estellauwikunda177
    @estellauwikunda177 Рік тому +1

    Nje numva fanni atakosa afise haraya yamusovye

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 Рік тому +2

    Kbs chimamanda avugishukuri fanny vrmt uri ryarya kbs 🤣🤣🤣🤣

  • @mariamundayisenga4050
    @mariamundayisenga4050 Рік тому +4

    Isaac ndakubaze kuberiki inomusi wakoze ikiganiro uchavuye kandi ufise umutumire atwengatwenga nikuberiki???????????????🤔🤔🤔🤔🤔🤔

  • @stitore2388
    @stitore2388 10 місяців тому +1

    Reka numvirize 🧏‍♀️🧏‍♀️🧏‍♀️

  • @Enockzachalia-wm4zf
    @Enockzachalia-wm4zf Рік тому

    Mwarabiryohje

  • @shaidaniyonkuru3007
    @shaidaniyonkuru3007 Рік тому +1

    Ikiganir camavut vrem 🙏🙏🙏💞💞💞💞💞

  • @solangemahoromeza2774
    @solangemahoromeza2774 Рік тому +4

    Fanny tumukundira ibikogwa kuko nivyo vyatumye tumumenya ariko ntibikuraho ko afise vie privé yiwe kandi nuwamuvuze si malayika afise ibibi vyiwe ko atabishira kuma réseau sociaux

  • @RwaniraUbwizigirwa
    @RwaniraUbwizigirwa Рік тому

    Welcome i Gitega Fafa✊

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 Рік тому

    Nibakwirekere

  • @ndizeyechantal6979
    @ndizeyechantal6979 Рік тому +3

    Fanny wacu abapfakazi murihehe

  • @aimeechrstelladusabe1918
    @aimeechrstelladusabe1918 Рік тому

    Courage di Fanny

  • @ndayizeyejeannette9268
    @ndayizeyejeannette9268 Рік тому +2

    Fanny ❤️

  • @ninzizaqueendanielle9606
    @ninzizaqueendanielle9606 Рік тому

    Manzi andii 😅😅😅

  • @amanyasmary5348
    @amanyasmary5348 Рік тому +2

    Kimwe fanny nuko wokomeza. Gusenga. Cane kuko uri muyabira

  • @meshoalqahtani394
    @meshoalqahtani394 Рік тому +1

    Umuguruguru

  • @sabushimikedesire168
    @sabushimikedesire168 Рік тому

    UMWANYA NI MWIZA kk urahinyuza chimamanda ndakek yadukoreye inkuru afatiy kur film " umubanyi "
    Ariko niyo igihe catwerek ko chimamanda ari mukur cobikoz Fanny naw azob arenz mukuvyaza umusaruro ivyamubayeho !

  • @niyonzimamarie3978
    @niyonzimamarie3978 Рік тому +2

    Sha Fanny Umubanyi Wamushizehe ???

  • @odetteniyokwizera3634
    @odetteniyokwizera3634 Рік тому +3

    Fanny naho bokuvuga nabi gute nzama ngufana ntakizokumpebesha vrt

  • @aminaofficial2022
    @aminaofficial2022 Рік тому

    Ni ndyandya uyu mugore kabsa

  • @bucumijmarie281
    @bucumijmarie281 Рік тому +2

    Fanny kutab serieuse sivyiz knd abarundi turi indyadya

  • @mrdossiofficial
    @mrdossiofficial Рік тому

    Love❤ from mr dossi official

  • @user-kd4qr2iq7t
    @user-kd4qr2iq7t Рік тому +1

    Waoo💪💪💪💪👍👆

  • @kinggigga9063
    @kinggigga9063 Рік тому +1

    Isaac achana na malikiya yetu

  • @maniragabaeric1558
    @maniragabaeric1558 Рік тому +3

    Ukonyene sha fanny wacu winumire ntihagire uwugutamika ijambo ngurwe mumosha mabi abansi barakaka bihe umwanya ntamvura idahita iconzi nta malayika ari kwisi

  • @niyonemeraange3631
    @niyonemeraange3631 Рік тому +1

    ♥️♥️♥️

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 Рік тому +1

    Hahahah😂😂😂

  • @nishimwetressy7215
    @nishimwetressy7215 Рік тому

    Muze usigaye ubaze mwiyimisi mubaze fanny

  • @elyseeelysee5620
    @elyseeelysee5620 Рік тому +1

    Ndakwikundira Fanny bimamatwi bazovuga baruhe

  • @mireillemanirakiza1019
    @mireillemanirakiza1019 Рік тому

    Utavuzwe ntuba utwika

  • @estellauwikunda177
    @estellauwikunda177 Рік тому

    Komera sha fani bandanya ibikorwa no gusenga gusa ibindi ntaco bitwaye

  • @gyslainekeranda5348
    @gyslainekeranda5348 Рік тому

    Barakuzi nyene 🤣🤣🤣🤣 nukuriha ivyabandi mukecuru weeeeeeee

    • @lyneburundi2443
      @lyneburundi2443 Рік тому +1

      None hatico bitaye wewe kwo mbona bikubabaje.uraraba umurihire

    • @prenciaiqram9382
      @prenciaiqram9382 Рік тому

      🤣🤣🙈

    • @JAime-mn3vm
      @JAime-mn3vm Рік тому +1

      Humura yarayarishe film umubanyi iravyemeza kandi Désire ndamuzi nindaya mbaya kuvyarana numuntu akamwita dada wiwe😂😂😂 million 6 ziragura umuduga 😅😅😅

    • @sosokeza809
      @sosokeza809 Рік тому

      Ako kanyum Niko kabi nukur 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @jongon6940
      @jongon6940 Рік тому

      @@JAime-mn3vm ngira waramufashije kuyariha ngo 6million hewe reka buca tuharaba

  • @Nkubito_Kitchen
    @Nkubito_Kitchen 5 місяців тому

    🥰🥰🥰❤️❤️🙏

  • @Nimubonaegide-hd7iw
    @Nimubonaegide-hd7iw 9 місяців тому

    Cimandamanda arimukazi arahembwa ntimumwishinge. Urya arahembwa

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 Рік тому +4

    Nn Issaac fanny kubikubwira gt kandi atantumbero yarafise kandi yashaka kwiba desire nawe asanga si bwabwana 🤣🤣🤣🤣🤣🤣

    • @niyogushimadorine6086
      @niyogushimadorine6086 Рік тому +1

      Ego cane jew Desire ndamuzi Fanny yateguy ubugeni arabupfisha. Kuko Desire bamenyany Fanny aginye Flm My Family. Ndavyibuk

    • @happy6376
      @happy6376 Рік тому +1

      @@niyogushimadorine6086 wubahwe 🤸

    • @tecquistenina4871
      @tecquistenina4871 Рік тому +1

      🤣🤣🤣😂😂ahubw amaramar gahoro😂

    • @jongon6940
      @jongon6940 Рік тому +2

      Erega si desire gusa ngohariho numutama ari America ngoyariye inoti buca ngwamujana mubutangane😀nukuri fanny ntikimaramara

    • @jongon6940
      @jongon6940 Рік тому +1

      @@niyogushimadorine6086 ntamaramara gusa harigihe azorya ibimuheramwo

  • @RahmaRahma-xe1rk
    @RahmaRahma-xe1rk 9 місяців тому

    Ahubwo kandi niyo biziba mwihenzs

  • @tecquistenina4871
    @tecquistenina4871 Рік тому +1

    Umvingene rero yibarisha ngiyavuz gt😂😂😂😂Isaac naw ajakaravuga😂😂fany nukr ariyorobek biteyubwob,ngontiyomwishur ataz ivyoyavuz😂😂😂😂ubawapim yacagusesera nagafu gasigay shaa😂

  • @billgatensengiyumva8346
    @billgatensengiyumva8346 Рік тому +1

    Kutishura ivyobakubaza

    • @vanessa-vavandikumwenayo2757
      @vanessa-vavandikumwenayo2757 Рік тому +1

      Azishura imbere y,ubutungane ntimwanezerejwe nokwumva ko mumisi irimbere azoshirwa imbere yintahe ivyatishuye azovyishurira imbere yubutungane

  • @nadinensabimana9182
    @nadinensabimana9182 Рік тому

    Phanny🥰🥰🥰🥰

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz Рік тому

    Kimamara jewe angeze ahantu,ngo Fanny afise abana ba3 nyimba uwagatatu aruwakimamara nyene fanny ihamahoro Cher izondabaguzi nizaruha zizohera.

  • @user-et8zh9zd6d
    @user-et8zh9zd6d Рік тому +1

    👍👍👍👍

  • @Cheikh_hussen_257
    @Cheikh_hussen_257 Рік тому +1

    Oooooo😳😳😳🥺

  • @meshoalqahtani394
    @meshoalqahtani394 Рік тому +1

    Ninde yomiherekeza niwisekere mubobakinan mugabo boza ntiyavuze kwarabarorerezi

  • @NDAYISABAClaudine-ff9vu
    @NDAYISABAClaudine-ff9vu 9 місяців тому

    Fanny turagufana uwugucafuza nawe arivumye nibyamusha uwo twaramuhinyuy kwl

  • @danielmugisha-Europe-diaspora

    Fanny birumvikana ko chimmanda atamubesheye.muri interview ntiyahakanye

  • @niyonkuru1037
    @niyonkuru1037 Рік тому +2

    Shimamanda aratohoza kabisa wewe Fanny niwirambire

  • @chriscomedie5691
    @chriscomedie5691 Рік тому

    Urya mudug wa fanny none waguzwe gt hahaha narengana

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 Рік тому +1

    Ewe Isaac ngo nibande bazomuherekeza mubandi bakinyi bama filme muburundi none yovuga bande atanumwe bahuza 😃🤣🤣🤣🤣🤣🤣😃

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 Рік тому +2

    Fanny chimamanda ntabesha kandi ntagira uwo bazinanyi rero kura kuripa Desire sibwabwana nguzomuriha yose kbs 😃😃🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 vyakunaniye noguhakana ufise ibimaramare vyahatari

    • @vanessa-vavandikumwenayo2757
      @vanessa-vavandikumwenayo2757 Рік тому

      Jewe sinanka umuntu ngo kubera ububi bwiwe kuko ni samaki sindayanka🙅🏾‍♀️🙅🏾‍♀️ ngo nuko irimwo amahwa yonyica🙅‍♀️🙅‍♀️ndakuramwo amahwa nkata nkabandanya nirira isamaki🤷‍♂️🤷‍♂️🤷‍♂️ kuko nubwo isamaki irimwo ivyoshobora kunyaka ubuzima😭 ark irimwo nivyiza🥰 vyubaka umubiri💃🏼 arivyo bituma nguma ndayishaka🗣️🗣️🗣️ kandi nzi neza ko harimwo nivyongirira nabi ark sindavyiteho nkita kuri vyavyiza n,uburyohe bwaya samaki🗣️🗣️🗣️

    • @JAime-mn3vm
      @JAime-mn3vm Рік тому

      ​@Chacha Chany reka kuntwenza yomuvuga uwo aramuzi😅😅😅🙅😂

    • @jongon6940
      @jongon6940 Рік тому

      @@vanessa-vavandikumwenayo2757 abeshejweho nububandi ariko buca imana imwanikira kandi inkoni yimana irababaza kandi murimwebwe mumushigikira ndazi kwataco muzomufasha

    • @jaliairakoze6617
      @jaliairakoze6617 Рік тому +1

      Weww uriiiii rofaaaa ntukinjire mubuzima bwabandi kuko bayahana ntiwabonaaaa bonyene bazovyimarira kandi niyayishuraaa ntayo bazoguhako kandi ndizera kwatazoguterereza

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 Рік тому

    Ariko fanny iciy akeng kabx ntuhuruka

  • @christophensengiyumva6600
    @christophensengiyumva6600 Рік тому

    Ariko rero narabonye johachm narabonye katarukundo amufitiye kweli

  • @erickjonas9780
    @erickjonas9780 Рік тому +1

    Fanny shaa nkeka arivyo ariko nimba arivyo sivyiza atarivyo naho duhe ibikorwa100

    • @vanessa-vavandikumwenayo2757
      @vanessa-vavandikumwenayo2757 Рік тому

      Nkuko Fanny yavyivugiye reka tubirekere igihe kuko co nticihenda🙅🏾‍♀️🙅🏾‍♀️ kandi igihe gisobanura nibisobanye

    • @jongon6940
      @jongon6940 Рік тому

      @@vanessa-vavandikumwenayo2757 ewe vava sha oya numa ivyanyokobuja bitavyaye inyana bizovyara ishuri,

  • @elishahezekiah7049
    @elishahezekiah7049 Рік тому

    Kirets nimwiga kwemera ikosa hama ukavuga at mbabarira,ntagutera imber bizobaho muburund iwacu