Toutes mes felicitations au team ishusho y umuntu "Ingero y icaha n urupfu" Mukina Neza cane bene wacu N ukuri mwayiteguye neza. Muga mutegure igice CA 2. Ariko irimwo impanuro kumpande nyishi
Yoooooohhhh😭😭😭😭😭😭 nyene nyene final ???? ntakundi akaryoshe ntagahora mwitama Amedee congrats with all your team 👏👏👏mwarakoz kutwigisha trough Ishusho y'Umuntu🙏🙏🙏
Ingero yicaha nurupfu Raba urasaze Kandi timote atigeze asara ariwe wankorey ibintu bibabaje vyukur murigisha🙏🙏🙏cn ndabakunda ariko muduhe sezo yagatatu muzoba mukoz turaba kunda cn
Rek mfate akakany ndabashimire kubutumwa mwaduhaye mubicishij muriyo film ISHUSHO Y'UMNTU twahigiye vyinshi twagira tubasabe muzorabe ntimuz mutunyoteze kiduha iyindi vuba Imana ibahezagire🙏🙏❤️
Nukur Solange ariz gusara kwel😀😀😀😀 big up san Mr Thimothée que Dieu te bénisse🙏🙏🙏🥰🥰🥰
Urakoze Timothé.Je ndakunda ibintu bigira finale kuko bibaye birerbire biravamwo bikaturambira. Ariko aka ga film kari karenze walahi ❤️
Mwubahweee iy niy mwarikwita ikigeragez hamw timoth ukoyakiny arik yob amaz numunyamahigwe
😂nanje numva nipfuza kubona uko ameze mubuzima busanzwe kuko ndakunda kumwigako😊sha yubahwe Imana imudukomerez n'intwari✨🙏
Nubwo natevy sinogenda ntavuz, Solange koma kbsa, ariko azokire aje kurya impimba akomey, kanyange felicitation mwena timote
Abavuze ngwakaryoshe ntigahora mwitama ntibabeshe. Merci à toute l'équipe kuntu mwaduteramishije. Mutere mujimbere.
Yoooo solange ayugowe!!!!! ingero yicaha nurupfu pol sana iheze yariryishe kbx murashoboye ndabakunda cneeee timothe urintwari wubahwe uratsinze urugamba ❤❤ ❤❤
Iheze bien,Hama courage ndabona soon iyindi izoba yadushwayemwo🙏🙏🥰🥰,courage team Amédée murabikora neza🙏🙏🙏🙏
Ivy Imana birya Abarambije Abarambiwe batashe kwel 🙏🙏🙏🙏🙏Merciii Kunyigisho zanyu🙏
Timo muzoyigire serie 🙏🙏🙏muzatuzazanire serie yakabiri ntiyohera uku kwel kk twayikunda bihagije
Merciiii Timothée nabakinyi bawe!mwarakoze!Solange ukina neza cne nabandi mwes mwubahwe
Fyonda kuri foto yanje ukore subscribe merci
Kanyange mwe na Thimotée muranyishe kweri. Murakoze cane. Iyi nyigisho nzoyiraga uruvyaro rwanje kweri. Mwarakinye neza cane. Uguhemuka ni hatari
Oy nta FINAL nukur jew sibon uko giye kubaho ntabon ishusho y umuntu nukur Amede nukur ntiwobindukora 🙏🙏🙏
Nizere kitazohera
Oya vraiment ihez neza,nta suite ngaho
Man ababant ubarind ekk ihuy nubuzima bwanj besh nagiz incut barampemukiy imana nayizigiy imbahaf mwubahwe mwaratoranijw peeee
Turabakunda
Mwarakoze cyane muzadutyinire Indi vuba
Mukozumuti tworonka batimote ngaha mugihugu nkacumi na bakanyange batanugusa vyoba bitosheje 🤗nukuri murabigisga beza imana ibahe imigisha🙏
Waaaooo shimishijwe nukuntu irangiy nezaaa nayikurikirany igitangut non ndayiherahej.waaaoo courage bakinyi beza
Yoooooo bashaa ngo Final 😔😔😔😔😔😔😔😔 ndabonye muzoduha iyindi IHURIZO RY'AMAKUBA waoooooo courage Solange arazi gukina nukuri 🥰🥰
vrt ntiharibwahera ko bayiheza
Thank you so much thimothé hamwe Na équipe yawe
Hama tuzobakurikirana no mw'iherezo ry'amakuba 👏
Timothée iyo ningabire yubuhanuzi wahawe nukuri nuwudatahura asubimwo iyo flm, abakinye iyi flm mwese imana ibahezagire caneeee
Courage basha sinogendantavuzekwel mwubahwe vrema shimiye cane numwanditsiwiyi reresi murashoboye❤❤❤❤❤
Solange arazi gukina pe hejuru cyane 🥰💖
Amen turafashijwe YESU KRISTO abah'umugisha mukonze KRISTO YESU arikumwe namwe
Ubukwe ndabushaka mwakagombye kubukora mukabona guheza movie kweri guys ndabakunda cyane 💞💞💞💞❤❤🧡🧡💛💛💚💚💙💙💜💜 bisigura ko ndabakunda mumabara yoseeeee
Toutes mes felicitations au team ishusho y umuntu
"Ingero y icaha n urupfu"
Mukina Neza cane bene wacu
N ukuri mwayiteguye neza.
Muga mutegure igice CA 2. Ariko irimwo impanuro kumpande nyishi
Courage ncuti zanje nkunda,murashoboye.solange shaaaaaaa courage kungabire ufise ubikora neza.we love you more 💞💞💞💞💞💞💞❤️❤️❤️
Ndabakunda Kanini my team mwubahwe Ndiho abaje imbere mu bikirwa vyanyu vyose
Thimo,nugende urakinye film nziza caaaane,iheze neezaa,entoutcas bravooo👏👏👏👏👏👏👏👏
Merci be za bu🇧🇮🇧🇮 turashimye cane ukuntu mwadushikirije inyogisho biciye mwiyi film courage nizindi turaziindiranye igishika cinshi.turikumwe tura❤
Yoooooohhhh😭😭😭😭😭😭 nyene nyene final ???? ntakundi akaryoshe ntagahora mwitama Amedee congrats with all your team 👏👏👏mwarakoz kutwigisha trough Ishusho y'Umuntu🙏🙏🙏
Pol kwr mpol noella wanj
waouuuuuuuu👏👏👏👏👏👏👏IMANA Ibahezagire cane sha timote wiwacuuu🤣🤣🤣 film yarigishije vyinshi kweli. eka ntamuntu n'umwe yomenya ishusho y'umuntu. mudutegurire n'izindi ziryoshe. timote nanje ndashaka gukina film🙈🙈🙈
Ewesoranje wasaze nabi nabibereye munzira babizire❤️❤️❤️❤️
Ndabakunda cane ew Solange nae ukor iciza ukagsang imber wakor inabi ikaguherekeza so Big up sana ♥️♥️♥️ndabon ibint ar 🔥🔥🔥🔥
Ingero yicaha nurupfu ewe sorage warimye neza none urimbuye gusa uri numukawushi vemt courage
Njyewe iCyo navuga kurino film ishusho yumuntu,isomo inyigishije in (KARMA).mbakurikiye ndi Kigali murwanda.mubandanye cyane❤.turabakunda❤
ITAKUA 💥💥
Basha umengo ntiyari guhera big up Inua mwabikoze neza cne naje nimwankenera muze muntumeko
Amédée wubahwe nukuri kubikorwa mvyizurikurakora mugihugu cacu bifatanije ninyigisho tuguma dukuramwo lmaniguhezagure kandi ibandanyikugirira nez mubikorwa mvyaye🙏🙏
Waw 👏 😍 👍 🥰 Imana ikungure ubunyene 🙏 🙏 🙏 🙏
Amédée big up sanaaaa nubwo ndayiravye nteba iranyigishije Solange urashonoye Amédée urumuntu yiyumvira cane like❤❤❤❤
Ahovyakaberey nikera uyumus ndazinduts gusumb umukosh abaz nyuma muhit mugonga hano twimanukire
Merci xn kwl mwubahw kwishush yumunt gus ihze tutabishak kbx muhezagirw mubikorw vyanu knd mukomez muterimber👍👍👍❤️💓💕💞
Mwarakoze caane kunyigisho nziza mwaduhaye Imana ibahezagire
Imana ibahezagire cne mwarankoree umutii❤❤ kndi mukina neza cn
Mwarakoze kubw'inyigisho mwaduhaye muriyi film.Imana ihora ihoze.
❤️❤️❤️❤️from in my deeply heart ,#Team_Timote mwubahweeee 🔥🔥🔥🔥🔥👏👏👏👏ariko ibansanye 🙄🙄
Mwibahwe ncuti z'IMANA.Duhanura abantu bameze nkasolange kobokwikebuka ngira barabonye ukwarangije. Impembo yigicumuro nurupfu.
Good lesson ,Be blessed our Brothers and Sisters
Kbs👌👌👌👌👌💋💋💋💋💋💋
Hakizimana Audacie
Yoooo soso mpore mbona waruberewe nogusara🙆♀️🙈😀😀😀🤣hm murakoze kunyigisho nziza mwaduhaye🙏🙏🙏
Wawou,ndaryohew ,ndabashimiy cn, film yubweng yigisha kdi ihez nez cn,abayikiny mwese murashoboy kanyange warakoz waj hagez
Waouhhhhhh merciiiii solange shaaaa poleeee so turabakundaaaa🥰🥰🥰
Vraiment mbega kwigisha murakoze kweli iheze neza kweli.ntawaronka icavuga kbs ivyodukora vyose tuzavyishura ngaha kwisi kbs nimwubahwe ❤❤
Ndavy iyi film inyuma y'imyaka myinsh ariko Ndize mwarakoze abakinyi nuwuyiteguy Imana imwongere ubundi bwenge🎉🎉
Solange umuntuu ukomeye caneee urashoboye ivyo ukina vyosee❤️❤️❤️❤️❤️🙏
Waoooo waoooo kabisa ndabubashe kandi nzokwama mbubaha muyishoje neza inyigisho zuzuye kandi zirimwo umubabaro
Mwarakoze kutwigisha ishusho y'umuntu bravo kuri Solange courage kuri mwese mwadukiniye neza
Félicitation Amede Waaaaaooooo✋✋✋✋✋✋✋✋✋✋✋🌹🌹🌹🌹🌹🌹
Murakoze cyaneeeee! Iri ni isomo rikomeye dukuye muri iyi film. Twese twige kugira neza no kunyurwa n' ibyacu. Imana ibahe umugisha mwese abakinnye🙏🙏🌹
Vyiza can 💕💯🇧🇮. Mukomereze aho 👊👊💕
Imana ibahezagir nkuyemwo icigwa kinini. Gro yose muhezagigw. Ndakunda kenthia n'a timote ukwihangana kwabo
Merci bcq thimot kunyigisho nziza nbony ishusho nyayo yumuntu por Solange inabi yumutu iramuherkeza so ndabona niyindi igira ize izotwika hama tuzobon wagiz mariage umuharir na Solange courage vrm 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Imana yishurira kugihe iyo film iher ntabony Timoté yishimy nociy ndaziheb.thx kuri kanyange intwarikazi❤❤❤❤❤
Nukuri Yesu abahezagire cane.inyuma yibibazo haza inyishu
Ooooh ntiyarikwiye guhera vrma ariko mwarakoze kunyigisho nziza Imana ibagurire izo ngabire mufise
Muba mwakoze akazi keza.mrc nari ntegereje iherezo.nabera mbonye.film igize iherezo rishimishije.
Uwamber disiii 💃💃💃💃
Timothe merci kunyigisho uduhaye mwiyi filme yawe sinarinzi icarico ishusho y' umuntu
Ndabashimiye ukuntu twabanye neza mwishusho y,umuntu muhezagirwe mempi 🙏🙏🙏🙇🙇🔥🔥🇸🇦🇸🇦
Wapi ntihere
Kubisanzwe ntaworeka gushima kuk iyi film mwayikiny nez cn mwubahwe💓💓
Yoooooooo amede uremey kwer dusigare mwirungu nakundi kuko baravuze akavyoshe nigahora mwitam manawe ndababay nimutwongere ni bice 3 basi bikwir 30🙏❤❤💋🥰
Turangiz dushimara abakinyi bi shusho,mwese,tutibagiye umwanditsi amadee,mwaratwerets umuntu wanyawe .naho yarisubira mwo womeng ni nshasha. Mugire umugisha
Muhezagirwe cane .. mwarakoze kunyigisho nziza
Mwubahwe. Cyane ndabakunda kubwinyigisho. Muduhaye🙏👌🇧🇮🇧🇬
Wawooo beautif so godbless u soso Big up san wafyifashemwo neza it,s very👏👌🙌🔥🥰
Je bahebiyake aranyica kbs iyi film yubahwe yagiyemwo abakinyi gusa kbs
Mmwabikoze nez muze.mudutegurir iyind vrt mwubahw caaaan💟💟💟💟💝💝💝
Yaaayayayayaya 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Next part please 🙏
Gwa Soso nurusazi hhhhhhhh!!!
Ingero yicaha nurupfu!!!!
Félicitations Timothée ça la reserection provenant de ton abstinence
Abantu barahohantu barariye Show muriko mushuting iyo sene Solange😂😂 arumusazi kimwe turabashimiye🙏🙏
Sha bahebiyake yubahxe bro ahuri utere uja imbere niwe muntu novugako yampimbaye akina utuntu tuntwenza sha Imana yompa nkamubona nomuha akantu
Bravo film yariryoshe cane. Bahe urantwengeje gose. Muduhe akandi gashasha vuba thimote ugikorereko
Vba murondere iyindi film iryoshe kwl iyo kundi murazi gukina cne!! mutumye nkunda film ndundi *chapeau à vous*
Ishusho yumuntu mwarakoze cane film nziza mubandany muter mujimber
Yoooo Solange numukinyi gusara Kuri hano abantu mwakinye muri ishusho yumuntu mwubahwe
Mère wa Timothée yakinye neza cane nabahebiyake nubwo kisarisha karikazima film mwayikinye neza muyihejeje neza félicitation ndabubashe
Birangiye neza naho ibaye finale soranje yasazeeee Timothy kanyange hejuruuu courage tuzobakumbura courage bayiiiiiii
Reka mfate akanya ko kubashimra kunyigisho muduhaye bavungo uheza guhemuka ibigori bikera imana irokore abantu nk ba solange merciiiii🙏🙏🙏🙏
Ishusho y umuntu inyigisho nziza cane Timothée utwigishije kwihanganair ibitubabaz mpak dushitse heza wubahwe .
Film iratwigishij cane,komera komera,turakunda film zanyu.Muri umugisha kuri benshi
Icakora muri n'impano,ndons icomvuga film iheze.komera💪💪💪💪
Yooo Amédée ntaworek gushima kuvyukuri iyi film turiko turayirab ntituyihaga nukur genda muri incabwenge ukuntu mwakiniye ubupfindo kunkozi z'ibibi zose zivanze mubuzima bwa Timothée Imana ikomez kugushboza ibikorwa vyawe Amédée film nziza cane uhezagirwe
We really loved you.
Tuzobakurikira no mw'Iherezo ry'Amakuba.👌
Thx sana Final yarikaze
Mwese murashoboye courage
Courage can harimwo inyishisho ikomey gose cane yani vyandenze Imana igukomereze impano yawe warahezagiwe
Ishusho yumuntu rispect vrt ❤️
Iyi film muyisoj hataribwagere
Oooh,biragoye kwakira ugutandukana n'iyi nkuru"ishusho y'umuntu",ariko ntakundi twizeye ko vuba haza iyiyisumvya akanovera.
Mwarimukwiye kuyibandanya
Wow muhezagirwe cn bantu banje benza ❤ Vuba mutugezeko akandi keza nkaka.
🤣🤣🤣🤣🤣😅😅😅😅mbegawarasaze nusare birakwiye kbx yoooooooo😃😃😃😂😃😂muranvunaguye imbavu😅😅😅akabigira kabizi karyimbogakaritse