Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Courage musaza wubahwe ubirimwoneza abakunzi ba Amédée tumenyane
Ewe solange urarushe sha imana irakubona knd timothee ntawuzoronka ararinzwe nandiho
Sha iyo rôle baguhaye wamugorewe ntayushoboye kbx waronony film
Tjr number one abafana bishusho Oyeeeeeee 💃💃💃💃💃💪💪💃💃💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪
Grâce i love u so much,umukinyi wa film mwiza wubahwe vrt ukina neza Solange urakwiye award nawe vrt
Abafise abagore bitwa ba Solange mwubahwe
Ariko muteze imbere ikirundi🙏ntibavuga amarangamutima:bavuga ibigumbagumba cnk ibishobisho🙏Amarangamutima n'ikinyarwanda🙏muntung sinshatse kubinjirira🙈🥰
Solange urantunguye kunukira nabi kukibi mbonye ukora mubandany mutwigisha komera cane
Numer one munip like tumenyan from 🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮bisab mundemer kbx
Bahebeyake umunwa wawe ugukozeho
Bahe mpore urazize Timothe
Ndabakunda kubi munkorera umuti peee Timote Imana igutabare kweri😢😢😢
Genda wamugorewe urumuntu mubi😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫
ngubuyi ndake!!waruheze kure peee m courage mes amis
Iyiserie ndayikunda kubi nahonacerew sinorara ntayiravy abayikund nkanj tumenyan
🔥🔥🔥🔥 Ishusho y'umuntu hejuru caneee
Urkoze MNA kuko uzurokora abawe muminwe yababisha uguhamije uramuhamiriza
Shusho ryu muntu tumenyane turabakunda 🥰🥰🥰
Mana yanje tabara Timoteyo kweli 😭😭🙆🙆🙆🙆
Timothé Imana nimutabare ararush kubwa Solange
Sorage urinkoziyikibi.timote.umazegucamurivyichi.nibidizeye.iman.irikumwenaw.courage.mubirimwonez.
My fav❤️ série ishusho y'umuntu
Nimwubahwe kabisa ariko mbay'uwambere kwr Timothée ndagukunda vremnt
Salange urukundo gwagahatooo ntaco ruvamwo tomote Imana yagukuye mubitaro irikumwe nawe🙏🙏
Bahebiyake farta farta 👍🙏🙏💪💪
SOLANGe Très mechante vrtm mbona Urenz vrtm Mana weee Mbeg ushak Urukundo Cank Ushak Timothé ereg Urukundo Umukunda Si rwo Rutuma Ushak K Mwica
Nahashitse kwi ishusho y umuntu ndabakunda canee courage
Aaaa nivyiza kwigisha ariko mutirengagiza ubuzima bwakiremwa muntu ndashima kumpanuro mutanga 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏
Timothé Imana ikube hafi
Njew nshaka ko uwomuhungu Timothé bohura nawamutama yatwara mubitaro kugr abeho neza vrm kk aratush kand cool mukomere kugum mutunezereza
Mbeg Solange weeeee 😳😳😳😱😱😱Ikibi ukora weee 🤔😭😭😭 ndababaye nukur Mbega Ishusho yumuntu weee hejur cyane Amaide Wubahwe ❣️ Vrt 💪💪 Gus Solange ubwobugome Bwawe 😱😱😳
Uyumus nacerew can akabanyamwem kambany kesh arik nahondush sinorara ntaravy ishush y'umuntu
Basha Ndabakunda caneee Gusa Bea arateyubwoba film nyishi akina arumwicanyi
Mna ntiwemere ko lmigambimibi isohora kumwana wawe ngo abansibavugirize impundu kunesha karagara nkimana 🙏🙏🙏🙏🙏
Thimothee urimukazi kabisa courage
turabakunda from Rwanda 💝❤ ariko iminota ni mike muyongere
Afise imana
Muhenda abantu muriko mumuha inzoga naho ni amazi!!!Ugurura Amstel muyimuhe turabe!!
Courage ndabakunda 🔥🔥🔥💋🇧🇮🇸🇦
Solange kukibi ufis weeee🙈🙈bah rero yigir umuhinga atarabona 🤣🤣kwa Solange n'a shetani arahunga so courage kunyigisho nziza turabakunda 😍😍🇧🇮🇸🇦
Kabisa ndabona ntivyoroshe ivy'aha kw'isi.
Cagihungu ca Pastor bwarayayutse🤣🤣🤣noe nkubu Solange yarabuze 300 yokugura sumu ya panya ngoyiyahure areke kuruhira ubusa🤣🤣 loviyuu ❤️❤️
Film ntiyobandanya
Mbaye uwambere love from Josiane 💓
Woooow nahizindukiye ndabakunda Yesu abankomereze
Mwarimwadutindiyepeee
Mana tabara timote manaweeeee ndakwijyize 🙏🙏🙏😭😭😭
Asha Amedee nibamwongere agashimwe abanyeshari bashake biyahure !!!iyi film niy'amateka kabisa ndamukunda cane ariko betty ariwe solange ndamwanka cane , ubwenge bwanje buratahurako ari film ariko umushaha wanje waranse kubitahura betty ndamwanka urunuka
Yoooooooo isigaye iryoshe nukur
Imana iguhezangire bsca
Mana tabara urukundo rurakoze ibara
Bandanya mudukorera amateka,turabakunda!
Komereza Aho bwana!
Mubirimwo neza
Mpore kentia mpore vrt ark muri 18 ndizeye k uzotwenga
Pore sana
Ibi nivyo???🤣🤣🤣🤣ewe Orly shaaa pole sana
Ishusho y'umuntu hejuru cane!!
Nduwamber💃💃💃💃
❤️❤️ from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 so courage
Imana irahari
Solange 😢 méchante😢urambabaj vrmnt😢 Timothée mporee yesuuuu arikumw nawe🎉
Abakunzi bishusho yumuntu nimumpe twatuntu
Imana ikworohereze di Thimothée
💥✔
Yoooo burya grâce yokora ikibi
Ndabakunda cane knd courage❤❤
Number 1
Grâce abantu bameze nkawe mwikebuke
Wooooww nnj ndahagez💪💪rk nterame reo comment after
Ishusho yumuntu dukomeza kwumirwa🤔🤔🤔
Ishusho yumuntu hejuru cane..; thanks you ameede wacuu.!
Ok
Imana irabakuraho
Ewe Solange shaaa kirazira gukunda umuntu ku nguvu
Murashoboye kweli
Ndaryohew kuba mwayishikanye naraye ndarota mimi basha nukuri
Mufache mama
Ndabakunda cane gose
Courage gusa nibaza solange ko asanzwe arumugome ni mubuzima busanzwe kuko abikina nkuwubizobereyemwo
Abakuzi bishushoyumuntu tumenyane
Iyi film iri fire kabisaaaa, keep up
Mwubahwe cne murashoboy ndabkundaa cne
Yooooo ndabuze nico nvuga uko imisi ihera niko nibibi vyiyongera ariko Imana ibaje imbere mubirimwo neza
Courage canee bantu bac
big up mukomerezaho ndaba❤ mwubahwe mwese
EP 18 turategereje kanditurabakunda mubikora neza caaaaaneee
Soso Akinta yarashihwe
Yayayaya!!! Mbega Mbega!!!
Like vrt 🎉murayikwiy
Ntawusengimana rwimurekere mungorane.timo.shetani yaneshezwe.mbeginkundoooo zokunguvu.nagafukamumywa
Grâce urumwana mubi
Nikigihere
Mwubahwee kweli
Solange uzosha nukuri ariko urashobor gukorer ikib umunt nkuko??!Iman yibuk timote arashush ham naw witege gusubirizwa munkoko!Numv uwomp solange mumabok nomubaggir ibisiga!!
Bahe bamuhora ubusa kweri, Bahe ndamukunda cane😭😭😭😭😭
❤️❤️❤️❤️
Ikibazo Nuko bahe afise amajambo menshi yamubwiriyiki Solange KO atunze Timothée kandi azi KO Solange atabamereye neza
Umvyarire umwâna. Baresha nk'uko ? Aabakobwa b'ubu ni sawa ndabemera !
Ariko Bateri feble ufinse umutima mubi!
Mwirambire
Solange wee.wwe ukina uri mubaya Naho undya mumutwe ndagukunda kuko uri sérieuse Big up sanaa
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Uuuuu thimote agapfa ica ihera
Harahiye
Filmed nziza courage
Ninziza kandarizubwicanyi
Komera we love you so so
Courage team Amédée
Courage musaza wubahwe ubirimwoneza abakunzi ba Amédée tumenyane
Ewe solange urarushe sha imana irakubona knd timothee ntawuzoronka ararinzwe nandiho
Sha iyo rôle baguhaye wamugorewe ntayushoboye kbx waronony film
Tjr number one abafana bishusho Oyeeeeeee 💃💃💃💃💃💪💪💃💃💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪
Grâce i love u so much,umukinyi wa film mwiza wubahwe vrt ukina neza Solange urakwiye award nawe vrt
Abafise abagore bitwa ba Solange mwubahwe
Ariko muteze imbere ikirundi🙏ntibavuga amarangamutima:bavuga ibigumbagumba cnk ibishobisho🙏
Amarangamutima n'ikinyarwanda🙏muntung sinshatse kubinjirira🙈🥰
Solange urantunguye kunukira nabi kukibi mbonye ukora mubandany mutwigisha komera cane
Numer one munip like tumenyan from 🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮bisab mundemer kbx
Bahebeyake umunwa wawe ugukozeho
Bahe mpore urazize Timothe
Ndabakunda kubi munkorera umuti peee Timote Imana igutabare kweri😢😢😢
Genda wamugorewe urumuntu mubi😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫😫
ngubuyi ndake!!waruheze kure peee m courage mes amis
Iyiserie ndayikunda kubi nahonacerew sinorara ntayiravy abayikund nkanj tumenyan
🔥🔥🔥🔥 Ishusho y'umuntu hejuru caneee
Urkoze MNA kuko uzurokora abawe muminwe yababisha uguhamije uramuhamiriza
Shusho ryu muntu tumenyane turabakunda 🥰🥰🥰
Mana yanje tabara Timoteyo kweli 😭😭🙆🙆🙆🙆
Timothé Imana nimutabare ararush kubwa Solange
Sorage urinkoziyikibi.timote.umazegucamurivyichi.nibidizeye.iman.irikumwenaw.courage.mubirimwonez.
My fav❤️ série ishusho y'umuntu
Nimwubahwe kabisa ariko mbay'uwambere kwr Timothée ndagukunda vremnt
Salange urukundo gwagahatooo ntaco ruvamwo tomote Imana yagukuye mubitaro irikumwe nawe🙏🙏
Bahebiyake farta farta 👍🙏🙏💪💪
SOLANGe Très mechante vrtm mbona Urenz vrtm Mana weee Mbeg ushak Urukundo Cank Ushak Timothé ereg Urukundo Umukunda Si rwo Rutuma Ushak K Mwica
Nahashitse kwi ishusho y umuntu ndabakunda canee courage
Aaaa nivyiza kwigisha ariko mutirengagiza ubuzima bwakiremwa muntu ndashima kumpanuro mutanga 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏
Timothé Imana ikube hafi
Njew nshaka ko uwomuhungu Timothé bohura nawamutama yatwara mubitaro kugr abeho neza vrm kk aratush kand cool mukomere kugum mutunezereza
Mbeg Solange weeeee 😳😳😳😱😱😱Ikibi ukora weee 🤔😭😭😭 ndababaye nukur Mbega Ishusho yumuntu weee hejur cyane Amaide Wubahwe ❣️ Vrt 💪💪 Gus Solange ubwobugome Bwawe 😱😱😳
Uyumus nacerew can akabanyamwem kambany kesh arik nahondush sinorara ntaravy ishush y'umuntu
Basha Ndabakunda caneee Gusa Bea arateyubwoba film nyishi akina arumwicanyi
Mna ntiwemere ko lmigambimibi isohora kumwana wawe ngo abansibavugirize impundu kunesha karagara nkimana 🙏🙏🙏🙏🙏
Thimothee urimukazi kabisa courage
turabakunda from Rwanda 💝❤ ariko iminota ni mike muyongere
Afise imana
Muhenda abantu muriko mumuha inzoga naho ni amazi!!!
Ugurura Amstel muyimuhe turabe!!