Transparency and honesty are what what will heal most Christians and non Christians families. Thank you guys for being vulnerable and share what you went through to help us
Murakoze cane kurizo ntahe. Ziratwubatse cane. Imana ishoboze benshi bakiri muriyo ntambara. Kazungu na Emeryne mubandanye muhezagirwa. Merci bcp a toi Darlene pour cette emission.
Iyi chaine nyimenye vuba ariko iranyubaka pe! Umujournaliste mwiza ubaza neza n'abatumirwa ubona bafite Imana muri bo ku birebeshwa amaso. By'umwihariko abagabo nk'uyu si benshi. Biramenyerewe ko abagore ari bakizwa mbere kandi ko ari bihangana ariko ni ukuri uyu mupapa gushobora ibi ji uko yamenye Imana bya nya byo. Imana ikomeze ibarinde kandi ibahe umugisha. Mujye mudusengera natwe imiryango yacu imenye Imana❤❤❤
Wowww mbega intahe inyubatse 🙌🏾🙌🏾 thanks for sharing your testimony, your vulnerability with us Emelyne & Elvis 👏🏾Nukuri muriko murakorera Imana mukudusangiza ivyo mwaciyemwo..Imana ibahezagire canee kandi ndaziko Imana ibishimiye kuko Mufise Imitima imenetse. Muri Abakozi b'Imana badasanzwe. Nawe Dada ainsi k toute l'équipe ndabashimiye cane..Muhezagirwa kugikorwa muriko murakora🙏🏾🙏🏾
Thank you so Much for this powerful testimony. I am so blessed to hear how Jesus is so poweful and Faithfull. Ntawizigiye Imana azokorwa n'isoni. Yesu nta Kure atokura umuntu, Kandi kumwubakirako ni ivy'agaciro. Kazungu twariganye, ndamuzi kera nk'umuntu ameze neza cane. Uwuhoraho abandanye agirira neza urugo rwanyu. Mwakoze cane.
Courage Pascaline ntamvura idahita ejo ni heza. Hama big up kuriyo famille go ahead God is good. Muze mwame mwibuka gusengera abakiri murivyo mwavuyemwo
God bless u Famille KAZUNGU, témoignage très édifiant. Vyanyigishije vyinshi ,cane cane ko bâtir un autel bikora toujours " les blocs ciment mwatoye mukaza murasengerako. Twige kubaka ibicaniro...
Imana yacu ni nziza, ihindura ivyo amaso yabantu abonako bitohinduka. Murakoze caane kuntahe yanyu izosanasana imitima yabantu benshi. Merci bcp
Transparency and honesty are what what will heal most Christians and non Christians families. Thank you guys for being vulnerable and share what you went through to help us
Elvis, ndanezerewe cane gose kwongera kukubona no kugusanga muri Christo Yesu.
My Goodness... n'ukuri I am so touched kubwa Testimony yanyu.
Birandyoheye cane gusubira kwumva ijwi rya mon frère Kazungu. Imana ni nziza cane ibihe vyose.
Mana weeeee😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢 nukuri abaRundi basigaye bazi gutanga intahe❤❤❤😂😂😂 ibuganiro vyanyu ndiko mpera kumurongo nukuri biramfasha
Iyi Ntahe iranyubatse cane IMANA ihe umugisha cane abakozi bayo. Nawe Dada, IMANA Iguhe umugisha utagabanije. Turarindiranye inyota nyishi part 2. Muhezagirwe 🙏
Shalom A man fo God Uyu mu papa namubonyemwo umwuka w’ Imana aho nabasuye kuri Église Imana imuhishuria amajambo amabanga, y’ Ivyo Imana yaraye inyeretse mûri Vison imisi ibiri 🙏abishira kumugaragaro 👏👏👏💃🔥🔥💪🙏 haracariho abantu imana ivugisha bakayumvira 💪👏👏👏…
Imana ibandanye ibakoresha 🙏🙏uyu mu papa narose akanya ko kumubwira ko afise Imana Muriwe 🙏🙏🙏💪Amen
2. Uyu mu maman w’ ubwiza yitahuye atahura n’ Imana yamuhamagaye. Glory to Jesus 👏👏👏💃💃💃 umu maman w’ umwinginzi 💃💃💃waauuu gusa meanejeje umutima wanje 🙏🙏🙏🙏🙏 from Norway.🇳🇴🇳🇴🇳🇴
Je suis émue par votre témoignage. Inshize ahandi hantu mu kwemera. Mubandanye muhezagigwe. Iki kiganiro kiragahoraho Imana igihezagire intahe zishike Kure cane. Murakoze gose ku gikorwa c’Imana murangurana ubwira Imana ikomeze yuhire impande zose
Imana ishimwe cyaneee kubwiyi couple sinarinziko habaho Umugabo nka Papa Elvis Imana ikomeze ibarindire umuryango nkunze temoignage yanyu
😭😭😭😭😭😭 uyu mupapa arandijije ariko nshimye Imana ko wanesheje ukarwqnirira umuryango wawe none mukaba mumeze neza mukorera Imana, ndetse natwe mukaduhesha umugisha. Shimwa Mana warakoze.
Murakoze cane kurizo ntahe. Ziratwubatse cane. Imana ishoboze benshi bakiri muriyo ntambara. Kazungu na Emeryne mubandanye muhezagirwa. Merci bcp a toi Darlene pour cette emission.
Iyi chaine nyimenye vuba ariko iranyubaka pe! Umujournaliste mwiza ubaza neza n'abatumirwa ubona bafite Imana muri bo ku birebeshwa amaso.
By'umwihariko abagabo nk'uyu si benshi. Biramenyerewe ko abagore ari bakizwa mbere kandi ko ari bihangana ariko ni ukuri uyu mupapa gushobora ibi ji uko yamenye Imana bya nya byo. Imana ikomeze ibarinde kandi ibahe umugisha. Mujye mudusengera natwe imiryango yacu imenye Imana❤❤❤
Wooow mbega intahe.Kazungu na Meme murakoze kutwubaka.Ndakunze ukuntu mwabaye honnêtes mukatubwira ubuzima bwanyu.Kazungu uri umugabo wamize Yesu pe
Praise the lord oh you are good men God is faithful always lmana yame igufashe ukuboko ntazokwigere ikwibagira intahe yawe iraryoshe cane
What a beautiful testimony! Yesu wee urarenze. Ntawakwizeye azokorwa n’isoni! Biheze hahandi vyari biryoshe cane 😔
Courage Darlene... Yesu akomeze kugushoboza kumukorera.
Sha mubagabo bintwari urimwo, Hatomboye madame wawe yakurose
Ameeen, Imana ishimwe caane. Ibandanye ihezagira irinda urugo rwanyu!!
Nukuri muhezagirwe nukuri mugize neza cane uwizeye Imana ntazigera amaramara.Ndifuza igice ca mbere ❤❤❤
Imana ibahezagie ku ntahe mudusangije. Muri umugisha kuri benshi❤
Mrc sana kur powerful message kiranyubatse,
YESU adufashe ku bijanye ni ngo zacu ari strong mur character yiwe uyo mu Papa
Elvis : jewe mubuzima bwanje ndanka kumushavuza !!!! Waaaaaoooouuh❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Merciiiii bcp irubaka icatumye mugeraho nuko mwakundana vmnt Imana ikomez ibubakire
Wowww mbega intahe inyubatse 🙌🏾🙌🏾 thanks for sharing your testimony, your vulnerability with us Emelyne & Elvis 👏🏾Nukuri muriko murakorera Imana mukudusangiza ivyo mwaciyemwo..Imana ibahezagire canee kandi ndaziko Imana ibishimiye kuko Mufise Imitima imenetse. Muri Abakozi b'Imana badasanzwe. Nawe Dada ainsi k toute l'équipe ndabashimiye cane..Muhezagirwa kugikorwa muriko murakora🙏🏾🙏🏾
Iyo Emission Warubizi ni nziza cane nous reversion toute l'équipe, stay blessed all
waouh Imana yubahwe ihabwicubahiro kiraryoshe caneeeeee goseeeeee mwarahezagiwe courage ❤❤❤❤
Ubuntu!!!!! Murakoze cyane batumishi muri aba graveeee🙏🏽👏🏾👏🏾❤️
Thank you so Much for this powerful testimony. I am so blessed to hear how Jesus is so poweful and Faithfull. Ntawizigiye Imana azokorwa n'isoni. Yesu nta Kure atokura umuntu, Kandi kumwubakirako ni ivy'agaciro. Kazungu twariganye, ndamuzi kera nk'umuntu ameze neza cane. Uwuhoraho abandanye agirira neza urugo rwanyu. Mwakoze cane.
Wewe Gashikanwa uraza dusimbire iwacu mu Gashikanwa
Murakoze caneee kurico gishintahe. Imana yarabubakiye mu bike bitoroshe. Turarindiriye the next....
This IS powerful testimony.ndahezagirwe cane, Iman ibandany ibakomeza🇧🇮🙌
Murakoze kuntahe mudushingiye
Ikiganiro ciza 🎉🎉🎉❤Be blessed
Courage Pascaline ntamvura idahita ejo ni heza.
Hama big up kuriyo famille go ahead God is good.
Muze mwame mwibuka gusengera abakiri murivyo mwavuyemwo
Urakoze cane @ Lopez
Trés touchant❤❤❤ ndize vrt
Bless you Meme and Kazungu, muri inspiration, we love you❤bless you Manyana wacu guhora utegura ibiganiro bikora mumitima y’abantu❤
Ameeeen Manyana thank you so much for watching 🙏🏼
Amen! Uko yamfashe ukuboko Mana umfashe nawe yakire ukuboko kwanjye. Amen
Quel beau temoignage! Yesu urabaho! Uracubaka imitima imenetse!
Ndafashijwe, Imana ibandanye ibubakira bantu beza. Urakoze Dada kukiganiro ciza
Nice testimony Famille Elvis & Emelyne...Jeûne de lundi à vendredi:::washobojwe na Mutima Mweranda. Imana ihabwe icubahiro
Merci yari nziza numbwambere nshoboye gukurikirana ikiganiro ngira nuko narindabazi muri UB mais numuti kuri benshi nagisangije nabandi
Merci bcp ndafajijwe vyukuri
Merci Dada ku bintu bishya,ni byiza,biteguye neza, ndabakunda cyane mbakurikira ndi mu Rwanda .intahe yabo irankomeje,merci kdi courage
Urakoze cane@ Francine 🙏🏼
Sha Dada nukuri iyo channel nayimenye uyu munsi muga muga ibiganiro vyose ndi kubiraba nkumva nari narahomvye kuba ntamenye iki kiganiro mbere hose
Waouh merciii beaucoup Mon cousin Kazungu mutwigishije vyinshi🙏
Turafashijweee❤
Ndafashijwe mbega kwihangana kuyo mu papa !!!
God bless u Famille KAZUNGU, témoignage très édifiant. Vyanyigishije vyinshi ,cane cane ko bâtir un autel bikora toujours " les blocs ciment mwatoye mukaza murasengerako. Twige kubaka ibicaniro...
Thank you so much for watching
@@irakozedarlene7743dada turagusavye uturonderere couple yoba yarihanganye iyo umwe yarumusambanyi kandi akaba yaramaze nogufatwa
Mercii ku ntahe!!
Mbega abavyeyi beza muranyubatse pe
Imana ibakomeze caaane iyo ntahe iraryoshe caaane
Thank you cane kudusangiza iyi ntahe. Imana Ibahezagire
You are welcome@Soso
Merci bcp bcp et bcp
Ngo wari warabatijwe mumazi menshi ariko bigumuko… Imana simumazi menshi canke make !!!
Mana hezagira uru rugo kuko intahe yabo iratwubatse
Mbega imana I shimwe
Murakoze kudusangiza intahe. Imana ibandanye kubahezagira🙏
Murakoze cane @Liliane
Please munyarukane partie ya 2
Hatari
Murakoze caane. Muradufasha goose
Kazungu uri umugabo Kristu yiyubakiye ndagushimiye ku kugene uvuze ikibazo ça bana mu ngo zisambutse
Nukuri turasavye module parties 2 vuba
Nyarukana iyindi plzzzz
Burundian cofee❤
Dada aba bantu uzosubire ubadutumire turize pe
Dada ndipfuza ko wompuza na maman Emeryne muzoba mukoze
@godisgood murashobora kutwandikira kuriyo numero yikiganiro muzoca mumuronka
Munsengere nanje nzoshikire umugabo ahari twubake urugo ruryoshe nubwo turiguca mumifunda yibihuhusi
Ndasenze ngo Imana ice inzira umushikire mwizina rya Yesu
Courage,Imana dusenga irumva komeza gushikama bizogenda neza ni Mutananirwa.
Mum wa mimi asa numwana Aline gahongayire arera
Yesuweee manaweee ico mukoz mumvugiye ibintu ndigucamwo.birasa neza nivyonyu 😢😢😢
Yooooo! Mwihangane ibintu byose bigira igihe bikarangira ntabihoraraho nkimpinduka.
@Pascaline wihangane kandi Wengere Uhoraho nukuri azokugirira neza
Iyo niyo ntahe ikomeza imitima ikongera igasana ivya sambutse❤❤
Amen Murakoze cane Aline
please tuyishire kuma status yacu tuzoba turiko dukora igikorwa ca Ndiho mwarahezagiwe
Ndakeneye numero zuwo muryango please
Mukiganiro cambere maman Emelyne yaravuze ko uwifuza kuganira nawe yomurondera rero ndabinginze mumpuze nawe ndashaka kuganira nawe!
@godelieve murashobora kwandika kurizo numero ziri musi ya video mwomuronka❤
Wowww
Biraryoshye
Imana ihimbazweeee
Amen
Urukundo rwabantu batarikumwe ntababesha rubamwo intambara nyishi birarusha cane.nanje nuko umugabo ari mukaborerwe kenshi nibindi nibindi nasavye munterere amasengesho kuko ndarushe umutima wanje😢😢😢
Imana ibatabare
Ico nkuyemwo umuntu ntaba umukristo nyawe kuko yabatijwe mu mazi menshi,ahubwo ubawe kubwo kwakira mpwemu. Ntamazi bamusutseko kugira ahebe amazi ariko mpwemu yera bamusabiye akakira kuri uwo munsi wa padiri n'ababikira n'abakristu bari bahari. Urabona umusi elvis aheba inzoga siho umugore wiwe yahebeye kandi wumva yihaya ngo yabatijwe mu mazi menshi muri zion temple.
Ngize icizere ko nanje bizogenda neza
Izere Imana Irabikora.saba vino nshasha birakunda.n'Imana yo Kwizera kandi Ikunda ingo ni entreprise yayo
Uburyarya bwo mu barokore burarenze kandi n'amacakubiri yo mubarokore ararenze.
Ubikuye kuki??
Mwompa WhatsApp ya kazungu Elvis? Merci
@deogratias mwokwandika kuri numero iri musi ya video mwomuronka