Christ Life Center
Christ Life Center
  • 345
  • 1 678 654
Mama Nyota vyamunaniye kwihangana ararira. Ntaho Imana itakura umuntu
Haruwoba afise iciyumviro ashaka guterera canke icipfuzo kubijanye ni kiganiro? Yoduhamagara canke akatwandira kuri izi numero "+1 (602) 525-4010". Muhezagirwe
Переглядів: 2 653

Відео

Umurundi waje mwihiganwa mpunza makungu muri America 🇺🇸
Переглядів 42721 день тому
Umurundi waje mwihiganwa mpunza makungu muri America 🇺🇸
Imana yamuzuriye umwana yasa nuwamaze gupfa
Переглядів 598Місяць тому
Imana yamuzuriye umwana yasa nuwamaze gupfa
Uko waronka uko wiga kandi ukora muri America
Переглядів 1,3 тис.Місяць тому
Uko waronka uko wiga kandi ukora muri America
Bamugaruriye ku kibuga inshuro 3 aza muri America
Переглядів 2,4 тис.Місяць тому
Bamugaruriye ku kibuga inshuro 3 aza muri America
Nagurishije inzu yanje nasigiwe n’umugabo mu KININDO, abantu bati wa mukizwa yasaze
Переглядів 17 тис.Місяць тому
Nagurishije inzu yanje nasigiwe n’umugabo mu KININDO, abantu bati wa mukizwa yasaze
Urukundo ni nka Fleur Rose ikikijwe n'amahwa.
Переглядів 1,4 тис.2 місяці тому
Urukundo ni nka Fleur Rose ikikijwe n'amahwa.
America yaranyuzuye cane.Nimba urota kuza muri America, umviriza izi ntahe
Переглядів 2,6 тис.3 місяці тому
America yaranyuzuye cane.Nimba urota kuza muri America, umviriza izi ntahe
Tugomba Gukura muri characters niba turi abakozi b'Imana : Bishop Claudine
Переглядів 1,9 тис.3 місяці тому
Tugomba Gukura muri characters niba turi abakozi b'Imana : Bishop Claudine
Si ngombwa ko twese twiruka nk’urukwavu : Tatien & Sandrine
Переглядів 7143 місяці тому
Si ngombwa ko twese twiruka nk’urukwavu : Tatien & Sandrine
Ubuzima bw'abimukira muri America mu minsi ya mbere.
Переглядів 13 тис.4 місяці тому
Ubuzima bw'abimukira muri America mu minsi ya mbere.
Nakuri twiyubare niba twarakurikiye Imana tuyikurikire koko: Jeannette
Переглядів 1,6 тис.4 місяці тому
Nakuri twiyubare niba twarakurikiye Imana tuyikurikire koko: Jeannette
Nabonye umuntu hejuru yanje, numva ijwi ngo ruhuka urashitse. Intahe ya Madam Liberate
Переглядів 2,8 тис.4 місяці тому
Nabonye umuntu hejuru yanje, numva ijwi ngo ruhuka urashitse. Intahe ya Madam Liberate
Urufunguzo rw'umugisha wawe rufiswe n'umuntu, nagiye k'umugabo mfise imyaka 14
Переглядів 3,6 тис.4 місяці тому
Urufunguzo rw'umugisha wawe rufiswe n'umuntu, nagiye k'umugabo mfise imyaka 14
APOSTLE APOLILINAIRE HABONIMANA : NI GUTE WAKIRA IBIKOMERE ?
Переглядів 1,3 тис.4 місяці тому
APOSTLE APOLILINAIRE HABONIMANA : NI GUTE WAKIRA IBIKOMERE ?
Nguku uko warubizi yakiriye Apotre Apollinaire Muri Arizona
Переглядів 1 тис.5 місяців тому
Nguku uko warubizi yakiriye Apotre Apollinaire Muri Arizona
AIME UWIMANA: YA NDIRIMBO MWAKUNZE NTIMUZOSUBIRA KUYUMVA UKUNDI
Переглядів 1,8 тис.5 місяців тому
AIME UWIMANA: YA NDIRIMBO MWAKUNZE NTIMUZOSUBIRA KUYUMVA UKUNDI
UWARI MAYIBOBO UBU NI APOTRE || Ngarambe Aimable - USA
Переглядів 2,1 тис.5 місяців тому
UWARI MAYIBOBO UBU NI APOTRE || Ngarambe Aimable - USA
KIRAZIRA ❌❌ GUKUBURA URUSENGERO 💒💒 UTABANJE GUKUBURA MU RUGO: Pastor Honoline from UK in Arizona USA
Переглядів 1 тис.6 місяців тому
KIRAZIRA ❌❌ GUKUBURA URUSENGERO 💒💒 UTABANJE GUKUBURA MU RUGO: Pastor Honoline from UK in Arizona USA
Umviriza intahe ya pastor DEPAPA, ibihe bigoye yaciyemwo igihe yatandukana n’umuryango imyaka 7 😳
Переглядів 3,1 тис.6 місяців тому
Umviriza intahe ya pastor DEPAPA, ibihe bigoye yaciyemwo igihe yatandukana n’umuryango imyaka 7 😳
BAKOBWA MWATEVYE KUBAKA MUNYUMVE: JEWE NUBATSE MFISE IMYAKA 48. Madam Pastor Amon Rugerinyange
Переглядів 60 тис.6 місяців тому
BAKOBWA MWATEVYE KUBAKA MUNYUMVE: JEWE NUBATSE MFISE IMYAKA 48. Madam Pastor Amon Rugerinyange
IMANA IRAKOMEYE: BARONSE UMWANA NYUMA Y'IMYAKA 15 || JOEL NA BEINVENUE
Переглядів 4,1 тис.7 місяців тому
IMANA IRAKOMEYE: BARONSE UMWANA NYUMA Y'IMYAKA 15 || JOEL NA BEINVENUE
IKAMYO YARANGONZE MARA AMEZI MVUGA UBUTUMWA KWA MUGANGA : Pastor Dieudone
Переглядів 7298 місяців тому
IKAMYO YARANGONZE MARA AMEZI MVUGA UBUTUMWA KWA MUGANGA : Pastor Dieudone
Soulful Fridays: Worship and Prayer Experience | CHRIST LIFE CENTER || May 24th 2024
Переглядів 4038 місяців тому
Soulful Fridays: Worship and Prayer Experience | CHRIST LIFE CENTER || May 24th 2024
URASHAKA KUNEZEZA IMANA? KUNDA ABANTU, UBAKORERE : Tatien Bigirimana
Переглядів 2378 місяців тому
URASHAKA KUNEZEZA IMANA? KUNDA ABANTU, UBAKORERE : Tatien Bigirimana
UMUGORE N'INKINGI Y'URUGO, ABAGABO NI NK'IBUMBA, NUCA BUGUFI NTAKINTU ATOGUHA
Переглядів 6408 місяців тому
UMUGORE N'INKINGI Y'URUGO, ABAGABO NI NK'IBUMBA, NUCA BUGUFI NTAKINTU ATOGUHA
BWARI UBUBANDI , TWAKORERA MU MWIZA, NTI TWARI TUZI IMANA | Intahe ya Pastor Dieudonne.
Переглядів 1,1 тис.9 місяців тому
BWARI UBUBANDI , TWAKORERA MU MWIZA, NTI TWARI TUZI IMANA | Intahe ya Pastor Dieudonne.
BOSE NI ABAHINGA: ABANDI BARIRIMVYI BA CLC WORSHIP TEAM MURI WARUBIZI.
Переглядів 1,6 тис.9 місяців тому
BOSE NI ABAHINGA: ABANDI BARIRIMVYI BA CLC WORSHIP TEAM MURI WARUBIZI.
UBAKA URUZITIRO RW'AMABUYE - Tatien Bigirimana
Переглядів 1649 місяців тому
UBAKA URUZITIRO RW'AMABUYE - Tatien Bigirimana
AMAJWI YABO ARATANGAJE | WARUBIZI YASUYE CLC WORSHIP TEAM
Переглядів 1,8 тис.9 місяців тому
AMAJWI YABO ARATANGAJE | WARUBIZI YASUYE CLC WORSHIP TEAM

КОМЕНТАРІ

  • @ДивинИнамахоро

    Yoooo mwompa aka numéro kiwe...namuheruka Burundi

  • @solabamur6640
    @solabamur6640 4 дні тому

    Please, mugarukane Mama Nyota. Murakoze

  • @NIYONSENGAEmmerance
    @NIYONSENGAEmmerance 6 днів тому

    Nibyiza rwose Willy ,burya wabaye no mu Rwanda nukuri indirimbo zawe ziradufasha zituma twegerana n'Imana cyane.

  • @BerniceNiyonkuru-y5i
    @BerniceNiyonkuru-y5i 8 днів тому

    Turasavye azogaruke 🙏🏻

  • @caritasinamuzima2859
    @caritasinamuzima2859 8 днів тому

    Mama nyota ubivuga neza caaaane

  • @rosemutesi6626
    @rosemutesi6626 9 днів тому

    Imana ihabwe icyubahiro cane rwose mbega ubuntu bw,Imana ntibugira ihererezo Imana ni nziza rwose ikunda bose erega satani arwanya abo yabonye ko muribo Imana yabatoranije Rero abantu twareka gucira imanza abo tubona barushe Yesu yaje kubera bose ngo duhindukilire ubwiza Imana itanga. Ese ntubona ubwiza yagiliye Rahabu. Komera mama abandi barushe bumve intahe yawe bagane Imana ihindulira abayemereye amazina. Ese ko mwagiliwe ubuntu iyo ntahe ntimwayandika mu bitabo? Yoo Imana irahambaye komera cane gutinyuka gutanga intahe.Amen

  • @nadege1518
    @nadege1518 9 днів тому

    Please agaruke

  • @nadege1518
    @nadege1518 9 днів тому

    Urakoze cane Mukozi w'Imana Mma Nyota

  • @Izobishitsa
    @Izobishitsa 10 днів тому

    Suite suite suite please

  • @joselynekwizera7758
    @joselynekwizera7758 10 днів тому

    Ndafashijwe.komeza maman nyota

  • @angeliquemukashema2472
    @angeliquemukashema2472 10 днів тому

    La suite s'il vous plaît Imana ishimwe ko yabanye nawe 👏👏

  • @mutembayirealine5935
    @mutembayirealine5935 10 днів тому

    Shalom shalom, Nkunda iyi Channel cyane ariko hariho amagambo amwe ntasobanukirwa "uruhumbu " avuga ni ki?

    • @Izobishitsa
      @Izobishitsa 10 днів тому

      @mutembayirealine5935 Ubuhumbu ni ubusambanyi

  • @janynday6579
    @janynday6579 10 днів тому

    Duhe ibikurikira please

  • @chanelleiradukunda117
    @chanelleiradukunda117 10 днів тому

    Muragahezagirwa mwubatse imitima yabeshi

  • @KazoviyoAnneMarie
    @KazoviyoAnneMarie 10 днів тому

    Iyo ni erreur abagore benshi bagira! Ntiyakwandikishije ntaki Mungu we 😢 ndababaye kweri!

  • @nadgashi7827
    @nadgashi7827 11 днів тому

    Uyu mu maman yarahise cane muzomugarukana muzoba mukoze. Ibi biyago birubaka cane. May God bless you ba Damu beza 🙏

  • @blessings1580
    @blessings1580 11 днів тому

    La suite please😢

  • @nadegen.7850
    @nadegen.7850 11 днів тому

    Mpore cane Maman Nyota..kndi Imana yarakoze kukurinda kugira twumve temoignage yaw uno munsi. Dukeneye suite.

  • @InèsNinaNahigombeye-j7t
    @InèsNinaNahigombeye-j7t 11 днів тому

    Mam Nyota wakoze kuduha intahe yawe

  • @immaculeenizigiyimana4442
    @immaculeenizigiyimana4442 11 днів тому

    Nagaruke impanuro ziwe zirakenewe cane muribi bihe kndi abahungu naba kobwa bose barabikeneye nowdays benshi bariko barahura nivyo bibazo

  • @pascalinemukeragabiro
    @pascalinemukeragabiro 11 днів тому

    Maman nyota merci beaucoup. Turifuza iyo ntahe suite yayo.Yesu aguhe umugisha.

  • @ElyseIninahazwe
    @ElyseIninahazwe 11 днів тому

    Azogaruke

  • @Odette-b9y
    @Odette-b9y 11 днів тому

    La suite s'il vous plaît

  • @chekinaingabire7052
    @chekinaingabire7052 11 днів тому

    Turasavye azogaruke🙏🏻

  • @JaquelineNijimbere
    @JaquelineNijimbere 11 днів тому

    Turikumwe namwe sandi

  • @irenemukombo2366
    @irenemukombo2366 11 днів тому

    Amen

  • @ArielleIneza
    @ArielleIneza 11 днів тому

    Turasavye azogaruk mur suite

  • @ornellairakoze9347
    @ornellairakoze9347 11 днів тому

    Ameen murakoze kubw'Intahe mama nyota🙏

  • @bulozenyota8974
    @bulozenyota8974 11 днів тому

    Nukuri Imana Ninyen’Imbabazi.

  • @blessedmann3644
    @blessedmann3644 20 днів тому

    Amen

  • @robertndeberi892
    @robertndeberi892 23 дні тому

    Shalom Shalom

  • @alainboris7627
    @alainboris7627 24 дні тому

    emission yari ya bien

  • @INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq
    @INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq 25 днів тому

    Ikiganiro ca bn

  • @nisabweeva8643
    @nisabweeva8643 25 днів тому

    Iki kiganiro kiraryoshe vrt😂

  • @estherndendakumana9596
    @estherndendakumana9596 27 днів тому

    Imana iguhezagire muvyeyi. Uri umuco w'amahanga. Uranyubatse

  • @kenytrainamahoro4484
    @kenytrainamahoro4484 Місяць тому

    Amen

  • @kenytrainamahoro4484
    @kenytrainamahoro4484 Місяць тому

    Amen

  • @kenytrainamahoro4484
    @kenytrainamahoro4484 Місяць тому

    👍🙌.

  • @niyokwizeraeuphrasie6690
    @niyokwizeraeuphrasie6690 Місяць тому

    Icubahiro kibe ici Mana ibihevyose kuko niyo yahabaye ahumwana wumuntu abona ko atanzira Imana ihaca inzira nshimwa Mana yacu wakoze ibikomeye 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @aliceuwinka8352
    @aliceuwinka8352 Місяць тому

    Imana yacu si bayari, ni Imana itaja ibura uko igira nshuti yanjye, ni igitangaza Kandi ni Imana ishobora byose. Ni nteturuye

  • @likegrace89
    @likegrace89 Місяць тому

    Imana Yarahabaye

  • @MarieBuseruka
    @MarieBuseruka Місяць тому

    Imana ishimwe nukuri yarahabaye pe..

  • @MaximeMatenga-g6w
    @MaximeMatenga-g6w Місяць тому

    That's true, hhh

  • @MaximeMatenga-g6w
    @MaximeMatenga-g6w Місяць тому

    Hhh

  • @elianetuyisabe4945
    @elianetuyisabe4945 Місяць тому

    Ikiganiro ciza ❤

  • @joselynekwizera7758
    @joselynekwizera7758 Місяць тому

    Merci beaucoup ikiganiro cari top

  • @JoanaKeza
    @JoanaKeza Місяць тому

    Aminaa icubahiro nicimana

  • @Oda-j9e
    @Oda-j9e Місяць тому

    Vika courage uzofasha aba jeune benshi caane .

  • @Oda-j9e
    @Oda-j9e Місяць тому

    Urakoze Sandrine kumutumire watuzaniye❤

  • @burundiangals828
    @burundiangals828 Місяць тому

    Aww I love the kids perspective on their Christmas performance 😍👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾