Urugendo rw'ivugabutumwa chorale ya mbere yo mu Nyakabiga yagize i Makamba - Evangelization journey
Вставка
- Опубліковано 28 сер 2021
- Chorale ya mbere yo mw'Ishengero rya Pentecôte ryo mu Nyakabiga turabakumbuje ibihe vyiza mwagiriye hamwe na Chorale Dukwizubutumwa y'i Makamba.
MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
I am Australian and I like African music, as I'm going to the gambia next year.
God bless you and you are warmly welcome 👏💖
Imara yibuke imurimo yamaboko yanyu nyakabiga imana ibahe umugisha
Amen👏💓
Amen IMANA IBAHEZAGIRE cane ibazigame
Amen🙏💓
Ubutame bwanyu subwubusa mumwami yesu abakomereze amaboko
Amen 🙏💖
Chorale ya mbere Imana ibongere amavuta ya mpwemu yera
Amen👏💓
Umugish Wuhoraho ube kuri Mwebwe!!
Amen 🙏💖
Yesu abaje imbere
Amen! Ariko tuza twaravuyeyo!😍
Amahoro bene data
Mukomere cyane turabakunda
YESU abahe umugisha 🙏🇷🇼
Amahoro. Amen🙏❤️
Umugisha uzobomekooo❤❤❤❤
Amen 🙏💖
Amen...
Amen🙏💓
@@meirratv t55
Imana Iguhezagire cane Meirra
Amen🙏❤️
Greetings from Romania !!! Hallelujah, praise the Lord !
Amen🙏❤️
Remain blessed!
Imana izobampere iherezo ryiza
Amen👏💓
Munkumbuje iwacu kbsa
🙏💖
Mujane n, Imana
Amen🙏
Ariko ruza rwarabaye, gusa n'ubu turacari mu rugendo😍
Amen amen
🙏❤️
Thank you Jesus🙏
🙏❤️
Imirimo dukorera mwisi izosuzumwa kumusi wimanza
Egoo🙏💖
Wow thank you
🙏❤️
Think you very good
🙏❤️
God bless you
Amen🙏❤️
Bene Data mwagize neza caaaane
🙏🙏❤️❤️
Mushishikare gucana wamuriro mwamanye ntuze wigere uzima
👏💓
Ububumwe nibukomere mumashengero ya Pentecôte
👏💓
Turikumwe
Yesu abahezagire🙏❤️
Murungu abadariseni manigi
🙏
Bom dia,,,, peço desculpa mas qual é o vosso país?
Lindas vozes,,,,,,
Qual é o idioma?
We don't understand your language. Can you express yourself in English or French please?
@@meirratv What is your country?
What is the language?
@@elizeualmeida8323 try to use french or english. We are Burundian
Ibintu nivyiza caane, ariko akaririmbo ka modération ntimwari gushirako indirimbo yiyindi chorale (yomurwanda), mwari gushirako indirimbo yabo bashitsi nyene ou bien mugashiraho indirimbo yaho église nyaburumba
Murakoze cane. Ariko rero iyo ndirimbo yaririmbwe na Chorale ya 1 Nyakabiga!
Mushishikare gucana wamuriro mwamanye ntuze wigere uzima
👏💓