TUBE UMURIRO - ABANYAMAREBA NTACO BAZOTUGIRA - Pasteur RUZOVIYO Fabien

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 10

  • @RichardNgendakuriyo-qk3oq
    @RichardNgendakuriyo-qk3oq 2 місяці тому +2

    Imana Ishimwe cane

  • @VenantBarancira
    @VenantBarancira 2 місяці тому +1

    Imana ishishikare gukomeza uyu mukozi w'Imana hamwe nabadufashije kudusangiza ububutumwa.

  • @Niyonzima1975
    @Niyonzima1975 2 місяці тому +1

    Imana igukomeze Mukozi w'Imana,ukomereze mungabire wahawe,kandi mumuhamagaro wahamagariwe,igitsibo kirahari.

  • @prudencensaguye3374
    @prudencensaguye3374 2 місяці тому +2

    C'était très intéressant d'être là. Soit béni Pasteur

    • @meirratv
      @meirratv  2 місяці тому

      Amen. Soyez aussi béni 🙏

  • @Lecombatdelafoi
    @Lecombatdelafoi 2 місяці тому +2

    𝑨𝒎𝒆𝒏, 𝒖𝒚𝒖 𝒎,𝒖𝒎𝒖𝒌𝒐𝒛𝒊 𝒘,𝒍𝒎𝒂𝒏𝒂 𝒂𝒇𝒊𝒔𝒆 𝒎𝒑𝒘𝒖𝒎𝒖 𝒚𝒆𝒓𝒂 𝒌𝒂𝒏𝒅𝒊 𝒂𝒇𝒊𝒔𝒆 𝒏,𝒊𝒏𝒈𝒂𝒃𝒊𝒓𝒆 𝒚𝒐 𝒌𝒘𝒊𝒈𝒊𝒔𝒉𝒂💯.
    𝑴𝑬𝑰𝑹𝑨 𝑻𝑽 𝒕𝒖𝒃𝒂𝒔𝒂𝒃𝒆 𝒎𝒖𝒛𝒐𝒛𝒆 𝒎𝒖𝒓𝒂𝒅𝒖𝒔𝒉𝒊𝒓𝒊𝒓𝒂𝒉𝒐 𝒏𝒂 𝒗𝒊𝒅𝒆́𝒐.𝒍𝒎𝒂𝒏𝒂 𝒊𝒃𝒂𝒉𝒆 𝒖𝒎𝒖𝒈𝒊𝒔𝒉𝒂.

    • @meirratv
      @meirratv  2 місяці тому

      Murakoze cane ku ciyumviro canyu ciza. Ico musavye twacumvise tuzogerageza. Gusa hari igihe ibikoresho vyo gufata amasanamu abona (video) bitaba biri hafi canke mbere n'uwubikoresha. Namwe mushishikare kudusengera kugira ngo vyose bigende neza.