Uwurongoye Uburundi yishuye ku bibazo bijanye n'urupfu rwa Major Petero
Вставка
- Опубліковано 3 жов 2024
- Ikibazo ku rupfu rwa Major Petero #Buyoya cabajijwe mu kiganiro kidasanzwe c'Umukuru w'Igihugu cabaye kuri uwu wa gatatu mu ntara ya #Ngozi. Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yabajijwe igituma ata kigandaro cabaye mu Burundi, n'igituma ataco Reta yavuze kuri urwo rupfu. Mbega ibisigarira vyiwe vyoba bishobora gutahukanwa mu #Burundi kugira bishinguranwe iteka ? Umviriza inyishu z'uwurongoye Uburundi
Uwumumenyesha makuru nkekako mubagandaguye ndadaye nabahutu yarimeo Imana ntirenganya ndadaye yababwiye ati ntimukore amaraso kuneza yanyu nimiryango yanyu kandi ati mwishe ndadaye ntimwishe bandadaye
Icokibazo wibaza hobaye hatwara umututsi kowokimubaza ugasigara iyo ugemuriye umuntu munyuma akagusubiriza munkoko ntugaya kuko agutekerera yisunze ivyowamugemuriye Imana ntirenganya mbe komutabaza umuryango we atikomwamuhamvye hiyo?
uyumunyamakuru,mwamubonye kuki ikikibazo akibajije afite ubwoba ntabwo yariyagiteguye cyangwa biramugwiririye
Ego cane muze
Mbega akagaye..
Uyumu presida nuwafeke
H
Uwo munyamakuru nkeka baciye bamwica kurico kibazo.
Wew ushira imber ubwicanyi
Wapi. Abahutu turimpfura.
@@kadogo7712 nimwe muri ibi koko ahubwo. Ni bande bamaze umwanya munini mwishamba?
Yagize icaha icahe? 😆😆😆 hariho preuve iri claire yerekana ko ari coupable? Mugabo hariho preuve nyinshi ko mwebwe mwa bi hutu mwe mwishe abanyagihugu ubu vuba pendant 2015? Ariko muracicaye ubu kubitegetsi🤔 Imbwa za nyoko. Muzosubira mu mirima/no mwishamba sha. Kandi vuba. Mwe rindira gusa
Wokwivugira make mugenzi vyofasha
@@benzenesanyofficial3841 Ubivuze neza Sany!
@@benzenesanyofficial3841 haha sinon hazoba iki? Wambwa we, jewe nzokwama nandika ngaha ico nshatse aho nshakiye.
Ndabasabira mukizwe kuko uruphu ntawuzorusimba igihe ciwe kigeze na wewe uvuga uko ejo ntuhazi kndi imana ishiraho uwo ishatse igihe ishakiye agakuraho uyu igihe ishakiye
Yoooo uravuze nab ncuti. Twese tuzopfa ntawuzorusimba. Yab ab bitwa abahutu, abatutsi, abatwa, abirabure, abazungu,twes ni mukuzimu.