Prezida wa

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 жов 2024
  • Umukuru w'igihugu ca #Tchad ahejeje gushika, aho aje kuramutsa mugenzi we w'Uburundi, no kwifatanya n'Abarundi mu guhimbaza isabukuru yo kwikukira
    🛬✈️ Kuri uyu wa 30 Ruheshi 2024, isaha zitanu zuzuye neza (11h00), umukuru w'igihugu ca Tchad Mahamat Idriss Deby Itno aramutse agendera Uburundi niho yarashitse, aho aje kuramukanya na mugenzi we, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye, no kwifatanya n'Abarundi mu guhimbaza isabukuru ry'imyaka 62 iheze Uburundi buronse intahe yo kwikukira
    💃Uwo mutegetsi akaba yakiranywe igishika n'abategetsi batandukanye harimwo abashikiranganji: uwo kwivuna abansi, uw'imigenderanire n'ayandi makungu, uw'intwaro yo hagati mu gihugu, abaserukira ibihugu vyabo, n'abandi barongozi batandukanye
    🥁🪘Abatimbo, abiyeretsi bamwe bitwa intore, wa murwi w'abana bita "majorettes" bakaba bari bahishikiye kugira ngo bakire uwo mutegetsi#amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

КОМЕНТАРІ • 8

  • @ntunzwenimanamichel9529
    @ntunzwenimanamichel9529 2 місяці тому

    Iyo mico ni mishasha aho utegeka ahantu ngo buname ukuraho nkuko umenga n’imana iriko irarengana. Urashobora guha icubahiro umuntu utarinze kuvuna umugongo.

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw 3 місяці тому

    Abakene baramenya

  • @AghHh-v3f
    @AghHh-v3f 3 місяці тому

    Hazogenda abahaze urarutubitse umukamda upended mubirori🎉🎉🎉🎉

  • @Jean-marieNiyonzima-f3e
    @Jean-marieNiyonzima-f3e 3 місяці тому

    Muraze cane ukuntu mutumenyesha

  • @jose-vi4qp
    @jose-vi4qp 3 місяці тому

    Yurabakunda

  • @yuui1878
    @yuui1878 3 місяці тому

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @jose-vi4qp
    @jose-vi4qp 3 місяці тому

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @OlivierMpawenimana-g7p
    @OlivierMpawenimana-g7p 3 місяці тому

    🎉