Amakuru ya Haguruka yihuta 1/10/2024 Hon.Agathon Rwasa akunzwe gusumba&Prezida Evariste Ndayishimiye
Вставка
- Опубліковано 1 жов 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news_amakuru
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Pastorpopez
Aba DD Niki???? 😮😮 Bazoteba barekure Gihugu sica DD nichabarundi bitse 🎉🎉🎉🎉🎉
Jew nihwej neza ibiganiro ukora i hope you are a real journalist kubera ntabwo uhengama uri objective uravye propagande partisane ba you tubers bakora.
Guy keep up the good work kndi Imana ibigufashemwo!
Nayo ivya badd ntawukivuga Imana niyo izikwihangana yo yihanganira abdd bakoresha izina ryayo mu gukora amabi bakora.
ONU ni Shetan
Turikumwe
Mukecu nagukunda kandi nakwizera Gusa n'uko uhengamiye kubatutsi benewanyu Aho utadomako neza urutoke kumabi Micombero yakkoreye abahutu.
Ntaba dd muzoshobora mwabagabo mwe amayeri bafise ararenze ubu noneho Neva yigaruriye imitima nama ya benshi kuri burya butare ririrwa aratangaza.benshi batanguye kumukunda gose none muzobacahe kugira ivyo muvuga bigire inguvu?
Ntanumw yemera ivya ndayishimiy kuko kubona abarundi bakoma amashi cank bagatwenga escroquerie politiques ziw ntibisigura ko bemera ivyo avuga. D’ailleurs, wibuk ko abarundi benshi harimwo ba nseka mbabay.
Kuvaho bazovaho kuko nabon ntibaribazi ko igihugu bokibahay ku meza i Arusha ata na 1m ba controla.
So, ntakitagira iherezo …
Wew kuvuga ntanumwe amwemera vug ww niwe utamwemera aliko aband tumwemera tuliho@@dieudonnendabaneze3761
Pastokopez