@INYUBAKWA YA DIASPORA IGIYE GUTANGURA VUBA NI MU KIGANIRO COSE UWORONGOYE DIASPORA YAHAYE DICOBU TV

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 26 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 6

  • @ndayakila
    @ndayakila 14 днів тому

    Courage Mr. Samuel.

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 15 днів тому

    Nkunda ukuntu yicisha bugufi courage

  • @samsonnishimwe8294
    @samsonnishimwe8294 15 днів тому

    Nakahe karusho kumudiaspora azoterera? Iyonyubakwa azoba ariyawe?

  • @consolatewagner8681
    @consolatewagner8681 14 днів тому

    Jewe MBA mu Budagi! Sindaronka occasion yokuja mu Burundi mugihe Hari meeting ya Diaspora. Murashobora Ku mbwira ivyerekeye iyo Nyubakwa.

  • @dominiqueniyonizigiye1986
    @dominiqueniyonizigiye1986 6 днів тому

    Haaaaa! Ibwiza bwumugambi uraho ningene uwo mu President wa diaspora awusigura neza biteye amakenga.
    Mbega ko dufise incabwenge nyinshi hanze kandi, apparement anime de bonne foie, ntakuntu mwokorera mu ma commissions, hakabamwo abatwigira ingene tworonka igitoro?

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k 14 днів тому

    C'est la honte pour la diaspora burundaise de demander à
    Construire deux projets. Le shopping mall de Bujumbura et le complexe de la diaspora.
    J'ai peur que vous avez des mauvais exemples comme ceux qui ont construit le Stade Intwari.
    Alors que vous aviez la possibilité de s'unir sur un seul grand projet de développement.
    Ça n'engage que moi après un constat amère