INYIGISHO YO GUTUNGA [PROSPERITE] YATAHUWE NABI by Chris NDIKUMANA
Вставка
- Опубліковано 23 вер 2024
- Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri "KI" hejuru i buryo.
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +257 71 11 11 32
Inyigisho za cakira ziragisibije pe. Mukozi w'Imana komeza utugaburira inyigisho nkizi umutsima ugumye apana inyigisho zamata gusa, arizo abantu benshi bakunda. Hezagirwa waraduhawe pe. Uri muri bake bakivuga ukuri kwuzuye. Hallelujah 🙌🏽🙏🏽
Amen 🙏 ndafashijwe cyane gose Imana yakuturungikiy nkinyishu mubibazo byacu icombasabira nijuru tuze tubonane muricagitondo Yesu yadusezeraniye🙌🙏🙏🙏
Hezagirwa mukozi w'Imana
Iminsi yanone dukeneye abantu bameze nkawe
Amavuta ya Ndiho akomeko ibihe vyose🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Hezagirwa caane. Kandi Imana ikomeze kukurinda mukozi w,Imana. Uriko utanga inyigisho nziza caane. Ababwiriza bensnhi barabihevye kubivuga kandi arivyo biranga umu Kristen w,ukuri.
Ameen amen ameena🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤
Imana nibongere imisi yo kubaho mubandanye kwigisha ijambo ryayo Amen
Hallelujah ndafashijwe mukozi wimana imana yagutanz nkinyish kur twebw uzubihembegw ibihetangab igihumbi😢🙌🙏🙏
AMEN AMEN ❤❤❤❤❤❤❤
Imana iguhe kuramba Imana yankuye mucobo ibicishije muri mwebwe ❤🎉🎉🎉
Amen amen,ndashima Imana kubw,iryo Jambo eyimana rimfashije ,gusobanukirwa impbuti n,umukate.rimfashe kuringorwa na mpwemu yera no kudasubira inyuma Murakoze Yesu ashimwe Amen
Amen Amen hezagigwa Kandi mukozi w'Imana. Kuba twaraguhawe n'Imana twarahawe umugisha wuzuye! Amen Amen 🙏❤❤❤
Imana Ishimirwe ijambo ryayo. Kandi Ihezagire umukozi wayo, Ihore Umuha ijambo rikwiriye mu gihe gikwiye. Komeza wubake imutima y'abana b'Imana, Ikurinde ba sanibarati naba tobiya!!!
Iby'isi n'ubutunzi butera bamwe kwirara,kwibona,kwirata,gusuzugura ,gushaka icyubahiro kinshi , kurobanura kubutoni .kwiyemera.
Hezagirwa Chris we...
Hizagirwa
Amen Amen yesu aguhe umusha ndatahuye ibyo nukuri yesu yabirangirije kumusaraba
Amina cane rwose .
Nanje vyukuri ndasenga ngo iyi nyigisho ihindure ubuzima bwanje bwo gutanga , mw Izina rya Yesu
Imana Ikutwongerere umugisha n urukundo muvyeyi wacu Chris , urakoze kwama utwigisha gutanga nk uko Yoyo Ishaka
Amen
Hallelujah Imana ijye ugutwikiriza amaboko yiwe ibihe byose barikiwa sana mutumishi wa Mungu
Ameeeena imana ibandanye kuguha ihishurirwa kuko irijambo ntirisanzwe
Uremera ugire ibibazo kuko baraduhanze munyigisho tanga uronke meshi ngo ushaka gutunga tugaburire abunger bazanirwa vyose ngo gira iciyibutse utange uronke umugisha
Uvuze ukuri azemere avuge ukuri. Kuko uno munsi biragoye kwumva izi nyigisho pe
Chris NDIKUMANA Imana ikwagure iguhaze uburame inyigisho zawe zamfashije kwiga gusenga no guhozaho kandi rwose byampinduriye ubuzima cyane Imana iguhe umugisha.
Amenamen, Imana yongere amavuta ku mukozi wayo n'umuryango wose 🙏💗💗
Mukozi wimana hezagigwa uvuga ukur❤❤❤❤
imana iguhe umungisha kwi jambo ryayo unduhaye kandi izeyumva amasengesho yawe ibihevyose izingendana wewe kuko wabaye uwokwizerwa ikakurangiza umurimo wayo
Amen cn kwr Iman idufach guk twataguy gutang arik munyum bituvamw kwr
Imana imbabarire nahezagiyumukozi w Imana mumahera nagavuye kukazi akazi kaciye gaherubwonyene
Amen amen Hallelujah hallelujah hezagigwa mukoziw'Imana ❤
Iman ibandanye ikwonger inkomezi nyinshi cn iman ikurinde umurwaniz Satan ikurwisha ndetse irindinumuryango wawe nobitangira ikigikorwa kugirango giterimber imana ibasige amavuta ibazigame cn
Que Dieu vous bénisse pour cet enseignement, Serviteur de Dieu
AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Murakoze mukozi wimana ngewe nagiyekumukozi wimana kusaba amasengesho yikibazo narifite ngo amfashe guse atikugirango ngusengere uratwishyurira urusenge amadorari 300 ntabyonashuboye narigendeye ariko nange sinabishimye
Amen 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 I mana Ibanez nawe
Amen ,urakoze mwuka wera kumpugura , baratwaka bakadukanga ,ukabaha nibyo utapanze ngudapfa.
Allelua Imana ishimwe cane murakoze cane kuri iyonyigisho muduhaye
Amen inyigisho iramfashije kweli Imana ikwagure cane
Iyinyigisho ishiz mukindikibanza.
Amen amen ndafashijwe cane !
Imana iguhezagire mukozi w'lmana .izoguhe iherezo ryiza
Amen Amen🙏🙏🙏 Mana duhe kugira umutima nkuwawe
inyisho idasazwe kubuzimabwaje imana iziguheiherezoryiza
Amen kandi Amen❤❤❤
Imana Ikuturindire Mukozi w'Imana Nzima❤❤❤❤❤❤❤
Nukuri KW'IMANA urakoz kumutima wanje kabisa.prosperité yigishwa nabi mumashengero amw amw
Biruzuye kabisa, ukuri kwuzuye ntikuvugwa na benshi. Ariko ijambo ry'Imana ntirihinduka Imana yama yisigariza abatapfukamiye bayali. Hallelujah 🙌🏽🙏🏽
Aratwenza, turakunda izinyigisho❤ 🙏🙌
Glory to the Son of God Jesus Christ 🙏🎉
Ameen Ameen Ameen
Amen Amen👏👏♥️♥️♥️♥️
❤❤❤❤❤nukur.peee.abana.bimana.barongogwa.n'akwemu.yere....ameeen.ameeeen..ect....
IMANA iduhe imbaraga Amen 🙏🙏🙏🙏
Uko n,ukuri kuzuye,Imana iguhe umugisha.
Amen Mukozi w'Imana uhezagirwe.
Amen Amen
Uranfashije mukozi w'Imana ❤❤❤❤❤❤❤
IMANA yacu ninziza itang itaravye ubutoni
IMANA ihezagir umukozi wayo❤
Hallelujah hallelujah hallelujah 🙌🙌🙌
Amen amen.
Inyigisho nswima nizo
Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen
Amana amena Imana iguhezagire
Aaaaamen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Amen aman💗💗💗
Nta kintu na kimwe twaburanye Imana yacu
Turize pe Yesu aguhe umugisha
Imana iguhezagire kuko nawe uraduhezagira cne
Imana iguhe umugisha Kris🙏
Amen,ndanezerewe kuko ndasobanukiwe.
Imbaragazimana zikugumeko kugeza usezeye isi
Yego rwase inyigisho nziza.😮
Amen,Amen,Hallelujah🙏🙏🙌🙌🙌
Imana idushoboze kubiba uko bikwiye
Inyigisho y' ukuri guhishwa n' ab'iki gihe.
Halelua!ndakozweko
Amen Amen Amen Amen 🙏🙏
Amen seigneur nous te rendons grâce pour tout père éternel merci ❤️❤️❤️❤️🙏🙏🙏
Amen
Amen amen mukozi wimana
Hallelujah 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Amina amina mukoziwimana
Amen Amen Amen🙏
Amen and amen🙏🙏
Imana ikongore inkomez nyishi .amen
Amen amen amen🎉🎉🎉
Urakoze Imana ikwagurre
Girumugisha MUKOZI W'IMANA
Amen amen uhezagirw cane
Humura Imana iriho
Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah
Amen Amen murakoze kunyigisho nziza mwaduhaye
Hallelujah 🙏🙏🙏
Amen ndafashijw
Uhezagirwe cyane
Ijambo ry'Imana rirakiza
Amen🙌🙌🙌🙌
Amen 🎉🎉🎉🎉❤❤🙌🙌🙌🙌🙏🙏
❤ Urakoze cane
Amen 🙏🙏🙏🙏
Amen 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏
Amen Amen Amen Amen Amen 🙏 🙌 👏
HALLELUYAH
Yesunashimwe bavandimwendabishimiyekongerakubumva
Amen. turafashwa cane. Imana iguhezagire cn
Ndasavye chimmanda aze yunvirize iyi nyigisho azoteba ajijuke areke kugereranya umukozimana wacu nababa prophet bibinyoma
Amen🎉
amen
Amen men