🤗 Eliel, umwe mu barundi babiri biga Havard University

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 12 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 20

  • @lovepeople7949
    @lovepeople7949 3 роки тому +3

    Umuhungu aciye ubwenge gose, natere imbere. Natere imbere gose, hama agaruke igisata ca informatique kiramukeneye gose mu Burundi.

  • @ritza3452
    @ritza3452 3 роки тому

    Imana ikuje imbere ncuti y igihugu.
    La nation a besoin de vous

  • @jeandavidmanirumva5062
    @jeandavidmanirumva5062 3 роки тому

    Uretse ko anaciyubwenge,mes respects mon frère kurinu mu fan wa Real Madrid 🙌🏽

  • @landrypaternearakaza6467
    @landrypaternearakaza6467 3 роки тому

    Umugisha mwiza Eliel tera imbere uzoba uteje imbere iguhugu na Africa 👍🏿🙏🏿👌🏿

  • @nsabimanajeanbaptiste9251
    @nsabimanajeanbaptiste9251 3 роки тому +1

    You have a greater future. God bless you!!!

  • @AmavutaTv
    @AmavutaTv 3 роки тому

    COURAGE, UWITEKA AHIMBAZWE, AMAVUTA YO KUMENYA KURI WOWE!!!

  • @ingoma257media
    @ingoma257media 3 роки тому +1

    Courage cane nivyiza gukunda igihugu🇧🇮

  • @laylgreee
    @laylgreee 3 роки тому +2

    Courage Eliel 🤗

  • @jeanpaulininahazwe9755
    @jeanpaulininahazwe9755 3 роки тому

    Courage eliel,,,harvard saha bose,,en plus kuba uri umu fan wa real ni good

  • @MoRasheed
    @MoRasheed 3 роки тому +1

    Courage Eliel, bright future ahead

  • @regisdekisqo
    @regisdekisqo 3 роки тому

    great for burundians

  • @beatricenduwimana5567
    @beatricenduwimana5567 3 роки тому +1

    Uranyemej. Courage niteka kwiga Aho hantu

  • @yveslamyiradukunda2189
    @yveslamyiradukunda2189 3 роки тому

    Bro courage caaane ndagukunze cane Imana ikuje imbere

  • @hm3190
    @hm3190 3 роки тому +1

    Vyiza gose atere imbere azogaruke guteza imbere igihugu ca mwibarutse

  • @kanezacindy6831
    @kanezacindy6831 3 роки тому

    Yeees Eliel keep it up kabisaa🙌🏽

  • @GNNG-pf8jn
    @GNNG-pf8jn 3 роки тому

    courage🇧🇮💪🏾

  • @tresormugisha4567
    @tresormugisha4567 3 роки тому

    courage

  • @kumurunditv6994
    @kumurunditv6994 3 роки тому

    ✊✊❤️

  • @Christa-Bel-Biva00
    @Christa-Bel-Biva00 3 роки тому

    😍😍😍😍🥳🥳🥳🥳🥳