😎 Tetero : "Ndiko ndakora umugambi wo guhingura gel de douche za bose, ikozwe mu birungo kama"
Вставка
- Опубліковано 12 жов 2024
- 🙈 Hanyuma rero Tetero ngo ahuye n'Umukuru w'igihugu yomusaba yambiii🙈
Kandi ngo ariko arakora ibintu bikomeye muri za 25.000.000 Fbu yatsindira muri Primusic ...
Irabire nawe muri iyo videwo
Akajwi kawe kari so cute just like you😘
Une fille très intelligente
Tetero wewe uranyespra trop kandi ndagukunda can due to how you love Real my team🤛🤛
Ndamukunda cane
J'aime bcp tetero j'aimerais la rencontrer
Sinzi mvuge iki kwuyumukobwa.vrmnt woow.yishura ibibazo neza avuga ikirundi cinshi ariyemera kuvyo avuga .😘
Vrt uburund buratunz aban bubweng felicitation mwany wigihug
❤❤❤❤❤
Courage
Mu kobwa nkunda respect
Teteroooooooo ndgukunda shaaaa.. I mean, nshaka yambiii nanje from the president. Just binryoheye ko nawe ariiii l cas.lol😅😅🤣😂🤣😂
Ntubesh vrt urumufana w,urunani narakubony la fois passee uriko urayifana naho dynamo yabatsinz,,,kukunda real nivyiza tetero
Obama Obama...wonderful
Wow Wow Wow!!!
Love from#Aisuper💓
Bonne émission ! ! Muzotumire kigingi,r-flow cnk preeze36
ndamukunze kurusha. komera mukobwa wacu
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣elle est marrante cette petite......
Inyishu z'umuntu yize apana babandi bishira hejuru🙈
dommage konarongoye nayahandi ntiwancika🙅♂️😉
Kbsa uyo mwigeme ntasanzw!!
❤️💪🇧🇮
Ewe tetero aratera blague 😂😂
Wakirofawe
❤❤
Bonne émission ! ! Muzotumire kigingi,r-flow cnk preeze36