USHIKANA IMYAKA 18 IBI UKWIYE KUVYUMVA WITONZE //INYUMA YO KUZUNGURUKA IGIHUGU🇧🇮 COSE ABARUNDI YA...

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 26 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 24

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 20 днів тому

    Ndakwemera cane ungerera aho ntagera❤❤🎉🎉

  • @Relationshipscoach-youthmentor
    @Relationshipscoach-youthmentor 21 день тому +3

    Vraiment !! I am proud of my son , Ariko burya umutaha wambere ni abantu. Kandi umuntu aterimbere hari uwamwitangiye akamufasha Hama agaça akoresha inguvu ziwe nawe uze usohore uwundi nabandi gutyo LOVE IN MOTION

    • @AgaciroMediatv257
      @AgaciroMediatv257  21 день тому

      LOVE IN MOTION
      nukuri ibi turabizirakana cane gose kandi turabikorerako
      Ntituzibagira urukundo watweretse
      Muhezagirwe cane

  • @hakizimanajames-hm6xt
    @hakizimanajames-hm6xt 20 днів тому

    Uyu Mutama ndamukunda Kuri media Agaciro

  • @IrankundaVian
    @IrankundaVian 6 днів тому

    Ndabashimira cane ukuntu mubandanya kwitanga kuko ivyirwa nimpanuro muduha Imana ibandanye ibahezagira

  • @JeanparfaitNtiranyibagira
    @JeanparfaitNtiranyibagira 20 днів тому

    Uyu mu jeune yubahwe vrt kandi courage

  • @ntwarichequevra9686
    @ntwarichequevra9686 20 днів тому

    Utewe intege

  • @olyncanshimirimana6573
    @olyncanshimirimana6573 18 днів тому

    Courage

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 20 днів тому

    Komera cane

  • @donfleury-i4i
    @donfleury-i4i 20 днів тому

    Ik kiganir kiramfashij can

  • @bitangimanaprosper3533
    @bitangimanaprosper3533 17 днів тому +1

    Jewe ndamukunda bena Gaël

  • @hakizimanajames-hm6xt
    @hakizimanajames-hm6xt 20 днів тому +1

    Olivie ndazi kushoboye harikintu nipfuza uzokoresha ufashe Abarundi MBE mwokora iki kugira muhindure ivyiyumviro Bibi vyashikiye Abarundi bakera mantalite Abavyeyi bakundishe Abana Babo gukundisha Abana Babo gukunda igihugu Cabo burya nimwebwe Abamenyesha makuru gukundanisha Abarundi bakagira imbono nziza

    • @HommeduChangement
      @HommeduChangement 20 днів тому

      Mugenzi murakoze
      Hanyuma abatarabitahura bazobitahura bikomotse kubabitahuye

  • @didasnizigama6999
    @didasnizigama6999 20 днів тому

    Komera bwana

  • @mukristoobed1450
    @mukristoobed1450 20 днів тому

    🎉🎉🎉❤❤

  • @EricIrakoze-s7b
    @EricIrakoze-s7b 20 днів тому +2

    Abajejwe intwaro barasinziriye siho bibereye bagenda bikwega
    Raba harya kwisoko inaka nation igomba kwunaka barasambuye ivyuma baravyegeranya muga inzego za retard siho zibereye
    Nkajewe nubu bambwire unomusi nyene ndare ndabigurishije iyindwi Vyose bibe vyahavuye biteyisoni

  • @yunusfreddy5859
    @yunusfreddy5859 21 день тому

    ❤❤

  • @MarioBaroteli
    @MarioBaroteli 21 день тому +2

    Courage

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 21 день тому

    Kumbe nabuze gukomeza kwiga .ariko ntaco reka dupambane nubuzima tuzosomeshe abana

  • @IrankundaVian
    @IrankundaVian 6 днів тому

    Wubahwe mutama wamateka ibiganiro vyae birampimbara kand vyukur ndashak k vyombera icirwa kk numvinyota yuk hob impinduk kur jewe nanje nkuvug agaciro media hamw n homme de changement ubandany uhezagirwa