Igice.3

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 15 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 9

  • @Ukurikuraryana24
    @Ukurikuraryana24 6 годин тому +4

    Nikundira uyu muvyeyi claver yabonye vyinshi Imana ikomeze Kumuturindira

  • @nolbertnkunzimana8821
    @nolbertnkunzimana8821 6 годин тому

    Musenge cane izonkozi zikibi zanyegeyemwo amashetani zikica Ndadaye ziriko zishaka kwatsa umuriro barondere urundi rwimo .

  • @EmmanuelNtirampeba-rf5qh
    @EmmanuelNtirampeba-rf5qh 5 годин тому

    Ndashigikiy iciyumviro c'uko ico gitabu ari intango y'ukumenya ukuri kuvyabaye kandi Imana ifise inzira zose z'ukumenyesha ukuri. Ikindi iki gitabu gushobora kuba kigamije n'ugusanzaza imitima y'abarundi yariko ija hamwe kugira igire urunani rwo kugwanya ibitagenda muburundi

  • @ErinAwino
    @ErinAwino Годину тому

    Abatuganije ikikiganiro imana ibazigame tumenye ukuri

  • @nolbertnkunzimana8821
    @nolbertnkunzimana8821 6 годин тому +1

    None ga nkoribiziramwe abariko ba raniga nyenicubahiro Ndadaye nibo baciye baza gufata Karibwami ? Gufata bimazubute j, nabandi nabandi jewe ndazi abishe Ndadaye mwese murimwo

  • @Kazo372
    @Kazo372 9 годин тому

    Fyondahakwifoto na sabonne wiyunvirijambo ryavuzwena pier claver

  • @kanyamunezamathias5473
    @kanyamunezamathias5473 5 годин тому

    Mutama asigaye ashika mubuganda muvyakazi

  • @NkurunzizaAlfred-u3t
    @NkurunzizaAlfred-u3t 2 години тому

    1:28

  • @ErinAwino
    @ErinAwino Годину тому

    Ico novuga abishe ndandaye nibo batumye uburindi bubura ivyo bubira muriyimisi abahutu nakibi bafite 4 4:57 imyaka yose abatusi batwaye baratotrsabahutu muvugukuri muvugukuri nkanje sogokuru wanje yarumuporisi wigihigu bamwoshe mumwaka 720abatusi nibabi mugabo sibose