Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Masha Allah tabarak Allah 👌 🙏 💖 ustadh idrissa❤❤❤
Amiin tunawapenda sana
Maanshallah barakallahu fikum
Amiin
mukomere
As salam alaikoum idrissa...inyigisho wigisha zirafasha cane mugukomeza imyemerere yanj muri islam...
Walaekumusalam warahmatullah wabarakatuh nivyiza Allah abahe imigisha
@@DaawaTvburundi mbe no kwiga korowani gute...?ndshaka kumenya kuyisoma no kuyifata kumutwe
Takbir
Allah akbar
Idriss uri umwarimu vraiment
Umuntu wese niyiyeza(niyitunganya neza)akitandukanya cane n'ibibi azoba igikoreaho ciza gihimbara IMANA kuk IMANA ntiraba ibitabo twasomye ngo bidushigikire mukwerekana ko turi abanyabwenge b'ivyanditse ahubwo iraba ibitabo twasomye bigahindura ingeso zacu mbi tugahinduka abanyangeso nziza
Iranaraba ko arivyo yitangiye yonyene kugira biyobore abantu yaremye
Idrissa Allah agukomeze muruyomurimo wokuyobora abayovye mukwerekana ukuri
Amiin ndanezerwa nabantu nkamwe mutigera mutwibagira mw'iduwa namwe Allah abahezagire abahe ivyiza vyose mwipfuza ngaha kw'isi no mwijuru
Haragowe abanyabwenge b'ivyanditse Kuk ivy'IMANA ishaka komukora atarivyo mukora Kandi ivy'IMANA ishaka komubwira Abantu sivyo mubabwira ahubwo muhitamwo guharira nogutukana ngo mwiyerekane nk'abanyabwenge ariko ubwenge bubi buva kuri satani,abafarisayo bari bazi vyinshi ariko baraneguwe kuk batamenye umugambi nyamukuru IMANA yipfuza kukiremwa muntu
Weho waruciriye abantu umucamaza ari Uwuhoraho gusa
Allah Akbar , Jazakallah kher
Ubu islam nidini yuhoraho Allah kabsa imana ibandanye iborohereza mwebwe mugerageza gutahuza ivyo bitazi vyaba kafiri
Amiin murakoze ariko barazi bavyirengagiza babibona

Allah Akbar ,
Jazakallah kher