Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Uwo mubirizi, umugor anywa uwungana Gut!! Mumazii, tubwir kugira tubimeny neza, kandi merci beaucoup
Mwiriwe muvyeyi nukuri imana iguhe umugisha nanje nagiye kumugabo ntafise senge wanje reo ntakintu nakimwenzi
mpore Iga rero,❤️
Urakoze cane muvyeyi
Mvuridahita munyu wanyamanza birakoraaaa kandi caanne ❤❤❤❤
vyose bikora kumwe imiti ikora ikoranye❤❤
Nowukurahe umunyu wa nyamanza mfasha MBA buja kinama
Mubigazi mukivoga @@claudinerukundo
Ucubikoresha gt?
Ndagukunda cane harivyinshi utwigisha bigatuma twubaka ingozacu neza
Ndagukunda
Ko numva ngo umutobe wamakara ngo wagufasha nivyo ga mukunzi wanje ❤❤❤
amakara arasukura ugakuramicrobe mu mubiri
@@jeaninetv Ok Merci beaucoup wubahwe
Nn umubirizi kuwiyinama hoho simwiza?
Imana iguhezagire Maman❤❤❤❤
Komer mpor ngukurikiran nukonkund gufatirw.❤ncut yanj ulubiriz kwel niwomut wicokibaz!
Irengarenga niki
Rengarenga mu Rwanda ni dodo cg imbwija.
eeeee ni dodo
Urakoze cane
Nukuri imiti utanze niyo ,Umugore utarya neza,utanywa amazi, utanywa imiti ntabuzima aba afite,mu myanya myibarukirooo.Imana iguhezagire komeza ❤❤❤
Urakoze muvyeyi
namwe, ❤️
Umubirizi unywa unganiki ko wica.
dukeyi mukarahuri kanyukumi
Nivyiza
merci, ❤✍️🤝
Ndagukurikirana muvyeyi mwiz nubw nkund gufatigwa🎉🎉🎉
merciiiii, ❤❤
Mwira umuti wurubandu canke icobenshi bita isi
Sawa cane
2:07
Nanje ndashaka uzomvure urukoko rwo munda rurambangamiye kand nkiri muto
Mvura idahita ni icyatsi kimeze gute
Mercc
Vip
Nayikunzege
None mvura idahita,mukirundi bayita ngwiki tanti?cnke munyu wa nyamanza bowukoresha gt??mfasha
Umunyu wanyamanza ubwo surya wamabuye
❤❤❤🎉
,❤️❤️❤️❤️🙏
Uyu mumama ndamukunda ukuntu
Za uratinyuka sha ubivuga.
Umufubwa nawo bawongeramo
Bwira mvuridahita uyikoresha gute
kurya nabivuz muri vidéos
Mvuridahita imeze gute? Umuntu yoyikurahe?
Mvuridahita niMukinyarwanda canke nikirundi mukirundi witwangwiki
❤❤❤❤❤❤
❤️
Murakoze ❤
murakoze gushima, ❤️🙏
None ukoresha amazi angana gute?nibabi bingana gute?
agereranye nkakarahuri kanyumbakumi
Merc jaja
,❤❤❤❤️💯
Murakoz
namwe, ❤️🙏
Umubirizi wikirundi utandukanye nuwo mu Rwanda
sinzi iwiwanyu umez gute?
@jeaninetv uzatwereke uwahongaho ukuntu umeze tumenye niba bisa
Mvuridahita uvanze numufumbegeti ugateka bikabira ukaza winywera nkamazi bisanzwe birakoraaaa
egome
Nobikurahe jew ndangira
muraho,irengarenga,murwanda,ubwonicyi,,intore,,yomurwanda,ubwo,nicyi,,mudusobanurire,
Intore ni ntoryi Hama irengarenga ni inyani
Irengarenga ni imboga
Irengarenganicyi
Inyani
Ni dodo
Ivyobintu vyimibirizi wodahwaaa😂😂 mukam wanje
oyaye nimwiza cane,❤️
@@jeaninetvurakoze cane kumubirizi ndinumuvyeyi kwivuriro bamubariyeko nimitsi yazivye kubera ibinure vyinsh mumubiri. None ntamiti atanyoye ntanumuti kama ataranwa, none rekandamubwire agerageze kwuyomubirizi

Mvuridahita ni
Mukinyarwanda canke nikirundi mukirundi witwangwiki