Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Murakoze Watubwira icyo wakoresha umusatsi ukaba umukara udasizemo kanta
Murakoze muvyeyi
Uratwerek umuti wudusununu tuza mumaso twirabura turabakunda❤❤❤❤❤❤
Urakoze muvyeyi ufise umushatsi utakura imbere ngira ucawibanza imbere nyene turagukunda can
wibanda aho nyene wacitse nanje ndabakunda,❤❤️
Urakoze
Nonese.kuyisiga.ninziza.yonyine
Urakoze mugenzi. None igitunguru n'igi canke igitunguru n'a vaseline nikihe umuntu yokoresha afise imishatsi y'intetere kandi icikagurika
vyose birakora neza
Murakoze cane gose
Merci
Bite Maman Jeanine?Ab'imishatsi yananiye turi benshi,merci pour tout mais ntiwatubwiye combien de fois par semaine tushobora kubikoresha.Mercie et courage ❤
Merci bcp
Merci beaucoup ♥️ nanje ngirandabitangire ubunyene
uzobona impinduka
@jeaninetv nzokubwira ukovyagenze🙌
Urakoze cane reka tubigerageze
courage
Muraho natwe turagukunda cyane nyuma yibyo ni ayahe mavuta wasiga mumushatsi ukamera neza?
kuza'kantu n'a blue Magic uhitamwo
Vyiza cane non wobikora kangahe mundwi
❤❤❤❤
,❤️❤️❤️❤️
Ufise irya Vaseline yanditseko aloe nayo ntikora
Murakoz cane muvyeyi waturangira amavuta yo gusiga mumushatsi
Mabuja j fit ikibaz, imishats irinz ikur n bukebuk bic bitangur kugum irya mumutw nkagum niyaga birangir nimosheje
Muzatubwire igituma umuntu agira mumaso heza turabakunda cyane .❤❤
Umwaka mwiza muvyeyi .none wokwisiga imisi yose?
Chalom.None vaselyne orginal utiment gute?Hama ufise imishatsi yorosh naho udashk ko igum ntishobor guca iguma kuber igitunguru ca rouge?
izira gucika
N'abagabo mutwigishaingen twokwivura ubuhanza
umutobe w'igitunguru gitukura urabafasha
Uzotwereke ico twokoresha ikab imikara tutakoresheje kanta
egome❤️
Nne umushatsi urirabura?
wande?
Hello madam none umuntu yobishiramwo kangahe mukwezi please uzekunyishura uzoba ukoze cane Kandi thanks kuza uratwigisha utuntu nutundi ❤
Udasuts ntivokund?
Kutubwira vyinshi dufate ibihe ?uheruka kutwereka igitunguru Nigi
Nukuri jew narabikoze kandirimwe ariko narabonyeko uwovyibandako kobikora gusa twapfuy ukuntu niriwe ndoga mumutwe kubera agahumuro kirigi
Jeanine waratubeshe ngo amaberebere gwakiza kinywinzoga garuyanyoye yipfuza kuziheba vyarase
niba atazihevy burya kuborerwa biterwa navyinshi ça Inbox nkubwire❤
Watwese .ndakunda ibikorwa vyawe
Wobisiga numwana muto
Hagati yirigi nigitunguru hamw na vaseline nigitunguru nikihe umuntu yokoresha??
kurya umubiri mugufungura ukenera imboga 'ejo ufateka irengarenga 'hirya yejo ichoux numushatsi nuko urawuha vitamine zitandukanye
@jeaninetv murakoze cane
Udakoresheje ay mavuta ugakoresha ayandi ,ese birashoboka!?
None jewe konasize ndavyogeje bikanka kuvamwo vyogendagute
waroz champon
munsi bigumamwo bikaguma bikora
Mwubahwe guma kubikogwa
Watubwiye ibintu bituma umusatsi worohantube amakara????Umuntu ugira ibirenge bikomeye cyane byumagaye byo byakoroha gute?
Ugira ibirenge bikomey uzogura amavuta vaselyne uahejj kwoga mwijoro neza ibirenge uce uyisiga neza uce wambara ama sox uzosanga usigaye umez neza cane kd vyorohe
Uzotubwire igituma ugira umushatsi wirabura udasize kanta
Murakoze cane tubwire numuti uvura imba 8:35
sawa
Noe ivyo biratuma ikura ningoga nkabantu dufise imishatsi idakura ningoga . Ikindi harinabandi usanga dufise imishatsi ikura inyuma gusa iyimbere ntikure umuntu yobigenz gut kugirango ingane???
Murakoz🥰
namwe
Yavuze 3 mundwi niko ubikora
Tubwire umuti wimba
Jewe numva umengo uri umurundikazi.ibiganiro vyawe ndabikundirico.ntabara rero umubwire uko noronka umunyu winyanja ,elayo original nutundi tuntu nkenerwa kumagara.aribujumbura umbwiruko naronsuburyo nobironka igihe norokuburyo umpe na contacte
62435218
Watwese mukunzi wacu
amen 🙏❤️
Ubikorakangahe kugirango umusatsi ugere aho wifuza tubwire murakoze 6:25
Nose bimaramo igihe kinganiki utarafuramo
Jewe nshaka ikintu comara imba imishatsi yanje irambabaza kubona hinjiramwo imba hamwe mpakwa nukwimosha
Amavutay'inazi
Murakoze cane hama wotubwira amavuta nayo twoshira mumutwe
kuza ndayashingira intahe
Umuntu afise umushatsi ukomeye ubwo amavuta ya kuza nimeza?
ukomeye wokwisiga blue magic
canke kantu
Muzatubwire igituma umuntu agira mumaso heza
Ego murakoze cane
murakoze gushima, ❤️
None kowavuze nguhejej gusiga utegerezw kurarana igisuko none ufise umushatsi udafadika wase gukura bidakunda kuwupfundika wobikora gute duhe umuco
ucurondera kagasokozo kagakwacu ukarara ubindikiye inyuma
Jew igitunguru carananiy bashaa 😢😢nkri ndabirajeyo nca ngomba kuvomisa biguma binukira😂😂😂
mpore Hindura rero
zurasigayo amavuta ya radiants
Murakoze
Watubwira icyo wakoresha umusatsi ukaba umukara udasizemo kanta
Murakoze muvyeyi
Uratwerek umuti wudusununu tuza mumaso twirabura turabakunda❤❤❤❤❤❤
Urakoze muvyeyi ufise umushatsi utakura imbere ngira ucawibanza imbere nyene turagukunda can
wibanda aho nyene wacitse nanje ndabakunda,❤❤️
Urakoze
Nonese.kuyisiga.ninziza.yonyine
Urakoze mugenzi. None igitunguru n'igi canke igitunguru n'a vaseline nikihe umuntu yokoresha afise imishatsi y'intetere kandi icikagurika
vyose birakora neza
Murakoze cane gose
Merci
Bite Maman Jeanine?Ab'imishatsi yananiye turi benshi,merci pour tout mais ntiwatubwiye combien de fois par semaine tushobora kubikoresha.Mercie et courage ❤
Merci bcp
Merci beaucoup ♥️ nanje ngirandabitangire ubunyene
uzobona impinduka
@jeaninetv nzokubwira ukovyagenze🙌
Urakoze cane reka tubigerageze
courage
Muraho natwe turagukunda cyane nyuma yibyo ni ayahe mavuta wasiga mumushatsi ukamera neza?
kuza'kantu n'a blue Magic uhitamwo
Vyiza cane non wobikora kangahe mundwi
❤❤❤❤
,❤️❤️❤️❤️
Ufise irya Vaseline yanditseko aloe nayo ntikora
Murakoz cane muvyeyi waturangira amavuta yo gusiga mumushatsi
Mabuja j fit ikibaz, imishats irinz ikur n bukebuk bic bitangur kugum irya mumutw nkagum niyaga birangir nimosheje
Muzatubwire igituma umuntu agira mumaso heza turabakunda cyane .❤❤
Umwaka mwiza muvyeyi .none wokwisiga imisi yose?
Chalom.None vaselyne orginal utiment gute?Hama ufise imishatsi yorosh naho udashk ko igum ntishobor guca iguma kuber igitunguru ca rouge?
izira gucika
N'abagabo mutwigishaingen twokwivura ubuhanza
umutobe w'igitunguru gitukura urabafasha
Uzotwereke ico twokoresha ikab imikara tutakoresheje kanta
egome❤️
Nne umushatsi urirabura?
wande?
Hello madam none umuntu yobishiramwo kangahe mukwezi please uzekunyishura uzoba ukoze cane
Kandi thanks kuza uratwigisha utuntu nutundi ❤
Udasuts ntivokund?
Kutubwira vyinshi dufate ibihe ?uheruka kutwereka igitunguru Nigi
Nukuri jew narabikoze kandirimwe ariko narabonyeko uwovyibandako kobikora gusa twapfuy ukuntu niriwe ndoga mumutwe kubera agahumuro kirigi
Jeanine waratubeshe ngo amaberebere gwakiza kinywinzoga garuyanyoye yipfuza kuziheba vyarase
niba atazihevy burya kuborerwa biterwa navyinshi ça Inbox nkubwire❤
Watwese .ndakunda ibikorwa vyawe
Wobisiga numwana muto
Hagati yirigi nigitunguru hamw na vaseline nigitunguru nikihe umuntu yokoresha??
kurya umubiri mugufungura ukenera imboga 'ejo ufateka irengarenga 'hirya yejo ichoux numushatsi nuko urawuha vitamine zitandukanye
@jeaninetv murakoze cane
Udakoresheje ay mavuta ugakoresha ayandi ,ese birashoboka!?
None jewe konasize ndavyogeje bikanka kuvamwo vyogendagute
waroz champon
munsi bigumamwo bikaguma bikora
Mwubahwe guma kubikogwa
Watubwiye ibintu bituma umusatsi worohantube amakara????
Umuntu ugira ibirenge bikomeye cyane byumagaye byo byakoroha gute?