Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Umunyu wanyamanza niki
Jeanne ujye ugerageza uvugemo ni kinyarwanda kugirango abatunva ikirundi natwe twunve neza icyo ushaka kuvuga my dear sister 😁🙏 thanks so much
Uraberewe nimishatsi ntuzongere kuyimwa❤❤
Murakoze ariko zindayikunda❤
Murakoze cn gs yesu abampere umugisha
amen, 🙏❤
Bawunywa langage??
Umutiwawr nimwiza cyane😊
Big up cane uvuga ukuri warakoze cane
Tunyarukirize🔥🔥🔥
,❤✍️👍💯
None uwukoresha burimusi tubwire muvyeyi mwiza❤❤❤😂
❤❤❤🎉🎉murakoze
,❤️❤️❤️❤️❤️
Sha kweri ni sawa warakoze mu shuti
W aduha,nimero
Nkunda video zawe
Mpanimero yawastap
Non uwufatakangahe mundwi cank mbon harinibindi bimeze nkumunyu wanyamanza muga aribinini navyone birakora
Egoooo birya vyibibabi bino birakora neza cane
Murakoze
Umugore yibungenze ntikizira kuwunywa??
We Cécile bitubwire none eraga vyose nugufashanya
Ndagukunda cane courage muvyeyi
,🙏💯✍️🇧🇮
Umunyu wanyamanza jya ubyerekana
Murakoze maman non ugir arimubis cank urarek ukum
Mubisi nimwiza ❤
Urakoze mazina ibi nrindabizi ivyuvuze vyose ntacuwinzemwo kbs gusa wibagiy akantu kamwe umunyu wanyamaza nikindi kintu gikomey cane 😂😂
Kitubwire hewe
Muzatwereke amashusho y,umunyu WA nyamanza
Namahoro muturangire ivyomuntu yokora akabona amabereberere,kuko abenshi muriyimisi baribaruka bakabura amankwa.
Sawa, ❤️
Umugore atwite yowukoresha
cane,,❤
Murakoz cane arko ndafise ikibazo uwukoresheze ukakavunga ukakarazayo harinakimwe?ndavuga mugitsina
Murakoze caaan
namwe, ❤
Umunyu wa nyamanza Niki? Kutayitweretse umunyu wanyamanza se uracyrunzwa kwisoko
🤝🤝🤝🤝yambi yambi muvyeyi mwiza narinarabuze kumurong rek ntoragatebe ndagukunda cane uhezagigwe
Yambiiiiii nanje ndabakunda❤❤❤❤
Uzaduhe ifoto yumunyu winyamanza
Murakoze.jew.ndawuzi.umunyu.wanyamnza.kumbe.numuti
ukomeye,❤️
Tubwire umuntu awukoresha kangahe mucyumweru?niburimunsi tubwire
Ubu nisawa warashe ku ntego aka video gato nisawa courage
Ufite imisatsi myiza irakubereye.uzayigumane apana kogosha
None wosoroma gusa ugashira mumazi utavuguse ?
Hezagirw can 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Nutwatsi tumera,mumurima bamwe batwita mugabo udatsimburwa nabana bakunda,kuduhecyenya
Waturyaryiye kutaduha foto yumunyu wanyamanza kuko ntituwuzi twese
None uwutubatse awukorshrj nibibi?kwegerana ushatse kuvug iki?
Ukorera hehe
Murakoze cn
Wubahwe muvyeyi turagukunda ukuntu utwigisha
Ndagushigikiye
None uwunwa gute? Uwunwa mimisi ingahe? Uwunwa misi yose
Nowuronka gute mba buja kinama
Uvuguta uwungana gute
uwushaka ukabonako ukoze none kwatangaruka
Jenarakund kuwah nkahekeny amababi nkanunuz umusos nkac ncir cnk nkamir sinarinz akamar kawo nabigr nkirimuto
Kutavuze igipimo ca mazi umuntu yokoresha
Murakoz can turabakunz niy ya infection muzoyitubwir turabatez yompi
Umunyu wanyamanza nabwo tuwuzi. Bawita gute mukinyarwanda?
Bamwita mugabo udatsimburwa twera murutoki
Murakoze umunyu wanyamanza nitumwe abana bakunda kurya turyohera
Umunyu wanyamanza twawubona gt kubatawuzi?
ubahhh
Nutwats twomwishamb turasos dufis utubab tumezukunt
❤❤❤❤
,❤❤❤❤
Jewe nzi imigwi ibiri hariho urya muremure uza mwikawa nurya urandagata kumuserege yose ikora kimwe murakoz uzodusubize
Munyuwanyamanza numwe kugira umenye kwariwo uzotora akababi uhekenye wumvise umeze nkumunyu uzoba ariwo
nimwe ncuti, ❤
,👍✍️❤️
Nimwe gusa ahantu horoshe heza ucuba muremure ahantu habi humaguye niho uba mugufi
non ibigira rimw gusa cnk uguma wanyoye
Nanjye nagukunze
waouh, ❤️💯
Ingo zirubakwa zigakomera mw izina rya Yesu Christo ivyo bindi ni ububeshi gusa gusa
Irenganire ivyatsi navyo Imana yabiremye ngo tubikoreshe
@estellaniyonzima3031 bikoreshe ingaruka zavyo uzozibona
Ko uvuze ngo yes gusa none ntiworeka gusoma message zo ngaha ugasoma ivya yesu gusa
@gentiirakoze4177 Siwewe umpitiramwo ni amahitamwo yanje, it's not your business, mbe nari nishuye wewe? Ko wita imbere
Uhuuuu 😢@@dianeniyubahwe3797
Ndagukunda knd ndagushaka in box
nanje,❤
jew ntawonzi urazowah ukoresh video ndawubon
Nyandikira kuri watsap nzowukwereke
Egome cane
Ooohh urasa neza caaane sha. Toute belle!!!
Duhe numéro zawe
62435218
jew ntawonzi
Umunyu wanyamanza benshi barawuzi
Uwuhecyenye urakora!
😂😂😂😂😂 sha bikunaniye ingene ubivuga harihico utavuze kuri munyuwanyamanza
,🙏
Tubwire icyi yibagiwe niba ubizi
Umuntu awukoresha burigihee cank ubonye impinduka urashobora guhagarika?
Ubonye ari mahwi urareka 'hama ukaza uracishamwo kwataco wica❤
Urawutwereka noe tuwubone cank uturangire Aho twowukura mwoba mukoze
Murakoze @@jeaninetv
Natwe turagukunda mwiza
yambiiii, ❤️
Ñone uwunywa rimwe gusa
oya nukuri gushika ukiz
Muvyeyi urakoze cane ,kubwanje waranyigishije kandi nahungukiye vyinshi , Imana ikuzigame
Murakoze cane