KABEMBA - Vania Ice (Music Video)
Вставка
- Опубліковано 3 жов 2024
- Music Video by Vania Ice performing KABEMBA.
---------------------
Prod by Amir Pro
Directed by Andy SP
Follow Vania Ice on :
Instagram : / vania_ice
Facebook : / vania_ice-231936208788910
Lyrics :
Ndavuga simvura bagenzi
Ariko kandi ndahanura
Ahubona naragenze impinga
Reka nguhanure kabemba
Yoooo oooooh
Kabemba
Reka nguhanure kabemba
Yooooo ooon
Kabemba
Uragiteye isibe
Rf/
Kabemba yivy'umwembe
Awushira muri kabutura
Kabutura nayo iratabuka
Kabutura weeeeee
Kabemba
Kabemba we
Kabemba
Kabemba weee
Kabemba we
Kabemba we
Kabemba we
Kabemba we
Nasanze barya baranyima
Nasanze barya baranyima
Babura umutima barantuma
Babura umutima narantuma
Baca barya bugaye
Baca barya bugaye
Baca barya bugayeeeee
Rf/
©2024
Ntakirundi numva arko iyi ndrimbo iraryoshe sana 👌👌🙌 muri Palestine turagukunda san🤣👌🙌
Urasubiriye gamusaza muri ikrene wavuyeyo😮
Nawe turagukund ariko✊
B we uguma wimuka? Ndakwemera sanaa no muri mood sindahahemukira
Wewe Bface uzonatwica ubu ko kuri mukombozi wari muri Ukraine 🇺🇦 ubu naho ugeze muri Palestine 🇵🇸 hirya yejo uzoba ugeze muri Iran 🇮🇷 naho
Utunvikirundi w umviki musaza? Mr john white
😂😂😂
Egomba Uwo muba murajajuraaa!?
Iyo niyo bita afro ntare abo tuvyemeranya mumpe izo like
UmuduriPiano 😂😂😂😂 namba nawe wawukunze impa like 😮😅
caneeeeeeeeeeeee!!!!!
Unique sound Vania 🫡🫡🔥🔥🇧🇮🇧🇮
Mu Rwanda iyi ndirimbo nyishyiz kuri playlist 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Kabemba yivye umwembe awushira muri kabutura imisuzi nayo ngo poko pokopoko poko
🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂
Nice song
Nne ubundihabuziki uyumudiho ukwirikijwe ibibintubiri vyiza CNE this is amazing ❤❤❤❤
Call it Afroburundi or Afrontare otherwise AfroEden 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 more like to you ❤❤more blessing Cc kabemba na like zangu kama umepnda hiyi song 🎵
Depuis le RD.Congo j'aime la chanson même si je ne comprends rien mais le travail est appréciable
Shalom ufise ijwi ryiza cane,urarikoresha mu gutazira Imana,Imana yacu irahemba ,uwayikoreye ntamaramara ❤
Noe ubu arikuririmbira nde? Ga mutama
,,,😂😂😂 kabemba nawe ice😮😂😂 uranshimishije saana!! Kumva akiwacu kakera😂
Akiwacu akiwacu akiwacu.......🗣🗣🗣🗣 mu burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮vania ice hejuru cne💪💪💪💪
JUUUUSSSS WAAAOOUUUWWW 🤌🏾🤌🏾🤌🏾🔥🔥🔥🔥
🤓We sha kabemba🎉Nice song
en courage iyo n hit
uracumva bface kuberiki uvuze ngontiwumva ikirundi arico uvuze kabemba song🥰🥰
Nice kabemba collobo na king sat.b canke fizzo ntakindi shaka
Big love from RWANDA 🇷🇼🇷🇼🇷🇼❤️❤️💯
Sounds sweet&authentic👌🏾
Superstar i love this Song Wallah 🥰🥰 i am Your Best Fan From #MoGang
Vania ubona gute ukoze akandi ga tradi-moderne ukagakorana club yawe lac aux oiseaux erega turabakumbuye
Unyubukuje akakera twe twavuga ngo kubutura yivyimyembe ayishira muri kabutura aho kwaba turiko dukekeza bakabura
Ubundi izo nizo song zitazibagirana good vibes vinia ubundi uhabwe intebe y.imbere
Uwumvise KO harimwo akantu yasimvyemwo twavuga kera nampe liké 😂😂😂 kabelba yivyimyembe ayishira muri kabutura ikabutura nayiratabuka imishuzi ari pukupuku😂😂😂😂😂 1:39 eeh kabembaa karyumukeke mubisisiiiiiiii😂😂😂😂😂 abakibutseee kera mukoreho
Indirimbo nziza,congrats🎉
kabembaaaaaaweeeee💥💥💥💥💥🔥🔥🔥☑️
Umwigemw wincwabwenge heee numvis mwutujambo twakoresh tukirabana
Vania respecto ubundi niwew wanj mubahanzi babakobwa iburundi
👏👏👏👏 Kudos #Kabemba#Culture#Muhira
Umudiho mwiza cane 🇧🇪
Afro-Ndundi ikaba ibijemwo nezaa! Congratulations 💪💥💥🇧🇮
Nice song Vania ice ilkee kabemba❤❤❤
Courage ubikoraneza
Kabemba🔥🔥🔥
Indirimbo yibutsa ibihe vyakera kumuzikinndundi umeze neza🎉🎉🎉🎉
Uranyibukije akakera tukirabana ❤❤🎉🎉😂😂😂ndagukunda can Vinia👌👌
Extremely fantastic🤌🏽🤌🏽🔥🔥
we kabeba weeee 🤣🤣🤣good afro creativity
aho sha
Kbx zanakandi nkako
Ewee kabemba sha😂😂😂😂 so nice song🔥🔥
Urashoboy can komerezaho
Upewe maua yako🌷🥀🥀
Good song 🎧♥️♥️ ndakwipfurij hejurucan♥️♥️💃💃
The songs of all the time abavyemeza mushireko like ngaha 🎉 🎉 🎉
Nice song proud of you Vania
From south africa
Hit after hit @vania ice🎤
Cebon wakoze umuti ukwiye vrmt
Pull up sister 🔥 🔥 🔥 🔥 🔥
Karyoheye ugutwi📢🔥🔥
urisiii wukobwawee😘😘😘😘
Kabemba
Indirimbo iryoshe can nturambirwa kuyumviriza imana ikonger inkomezii kugira ugum uduha Ibintu biryoshe nkibi.
Good job afrontare 4life
Waooo this is burundian culture
🔥🇧🇮🎶🚀🌍🔥
Afro Ntare
Kabemba yabaye kabemba😂😂nic song vania❤
Ninziza cane
Merci Vania.Ummudiho ndundi
Vidéo nziza
Umuziki murundi 🎉
AfroBeat+Umuduri+amapiano;; afroNTARE😂 You're unique my girl🌹 you know am on your side
Akiwacu❤❤
Afro ntare
Wibahwe chr
I pray for all artists to hit this hit AfroBurundi melody,let's make it on top ,it's very amazing, nice song
Burundi 4life❤🎉
Hit song❤❤❤
Unyibukije mubwana😂😂😂
We ❤❤❤❤❤❤❤ u from 🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦
❤❤❤NUMURIRO
Kabemba yoba avuka hhe Gsa song iraryoshe kabsa🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Muri mparamirundi
Kabemba hit song uwotuvyumva kimwe aka like ngah👇
Ooh uduhaye aga Song ka bien vrt avec des instruments zirimwo traditionnal.Thanks kabisa.
Top sana. Courage 🙌
Good job girl, you killed it. What creativity! Keep up the hard work.
good merody ❤❤❤
Song of the year with unique style 🔥🔥🔥
Nouveau style🌹💐🌹Komera Kabemba
No other country in Africa has many& beautful trational musical instruments as 🇧🇮❤
Kabemba hejuru❤❤❤
KABEMBA asubiriye KABURA
Vania Ice new song new music style 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Inyuma yo gutabuka kw'ibutura haciye hakurikira ibindi biboro😂😂😂 n'ubwo wabikwefy 😂😂😂 kabemba yubahw
Wow 🥰🇧🇮🔥♥️
Dis beat wllah 😔🤭 Vava keep Draping our Frag🇧🇮🚀🌏
Kabemba weeeeeeeh from Vania ice❤❤❤❤
😅 uranyibukije kabemba
Kabutura iramyoka😂
Nisawa
Vania ICE❤❤❤❤❤
Wende kwenu kaugali ni kadogooo🙌🤭😂😂😂 Reka turye twugaye. you are Kabemba ntampamvu yo kuguhako😂👌
Ego vrma👌👌🇧🇮
Wao! Amazing 🎉
Waow, Burundian Music🎉🎉🎉❤❤❤
😂😂😂😂😂😂😂😂😂kabemba eweee unyibukije kera tukiri abana
So Amazing 😍🤩😂
😍😍😍😍🔥 🔥 🔥 🎤 Belle actrice vania. Je t'aime bien
loveeeeeeeee the beat so much!!! The chorus itwibukije vyinshi!! The video is so beautiful. Gushiramwo ba mama bacu vyaturyoheye cane!!
Keep our culture