hello loadies and gentleman let me introduce to you my new song which has a title as NO FORCE IN LOVE and i hope you guys you will enjoy this love story
Waaoo waaoo🎉🎉 this can be the true story what an amazing song amashugwe nayawe Melanin boy 🌺🌹💐🥀🌷🌸🏵️🌻🌼 melody beat lyrics top amashugwe Ibreeze the producer abamaze kuyumviriza incuro zirenga cumi nkanje mumpe like❤❤ respect
Unyibukije ibitito genda 🇧🇮 urafise ivyiza vyo kwiratira nciye nibuka umujama wo kumusaga yavuze Burundi 🇧🇮 buratunze kuko turafise we love music be na D one mwubahwe cane❤❤❤
I had a boyfriend from Burundi he's the one who makes me to love your music guys ❤❤❤❤❤ you bingi and I can't stop listening to this song because whenever I listen to it makes me to remember him
Don force in love👊🏼👌👊🏼 Let's forget about the story of the song😢n talking about Only his voice that can make u happier the whole day 😊 Who's with me 😢😮
Don't force in love urakunda uwugukunda bro unkoze kumutima much respect😢😢😢ukwiye support irenze iyo uhabwa ariko kandi ngusabe kugira media tour yindirimbo zawe mbakwirikirana kuva kuri we love music tukaja we love muzika nubu nzokwama ndinyuma yanyu na fernando kuko muranyuzuza imana izibahe kuramba mubone ubufasha bukwiriye namwe mwitabweho nkabandi iyi ndirimbo kuva ejo maze kuyiraba incuro zirenga ijana helena niko kuko belisima nuko bro mwubahwe❤
Ndayumviije neza uyu munsi none numva amosozi ariko aratembera mumaso. Une belle histoire en une belle mélodie
Igx❤❤❤❤
Nice song umuhungu another banger from Burundi...keep x mu🇷🇼 urikudukoma
Good
Ntakirundi numva arko iyindrimbo iraryoshe❤❤❤❤
😅😅😂okein
Hama icowandits sikirundi😂😂😂
😂😂😂😂😂🤭
😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂
Turabe iy song ikwize 1M kbsa abavyipfuza nkanj like ndazibone Melanin boy
Abaryohewe kwiyindirimbo yakwije 1M mumpe like❤❤
Umuntu aguma uvuza iyi hit nkanj AMP like kbx🔥🔥
ua-cam.com/video/3GisVJGPucQ/v-deo.html
Turagowee tugiye kuryoherwaa ☄🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔊🔊
Nyene 15fois d'écoutes sindaheza munyerek koturikumwee ✌🤞
Abumviriza iyi song incuro zirenga zitanu kumusi nkanje mumpe like
50 fois ou plus
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
It's oky bro
Plus de 50fois vrt
Lllllllllll😊lllllllllllll😊llllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllllll
Turetse kubecha iyindirimbo iraryocheeeeeee cane melan courageux
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Iyindirimbo ninziza kwisi to❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Uyindirimbo mur
Iyi song Iyo ndayumvirije everyday amosozi Ahita Azenga mumaso kugeza n'ubu iracari nshasha mumatwi no mumaso yanje Sinzi n'i'curo maze kuyumviriza Team Melanin mump izo like
Turetse ivyama hit iyi nindirimbo idapfa kandi ifatwa nkazimwe zaba canzo hamissi kuko ifise intango ikagira n'iherezo(ifise umutwe umutumba amaguru n'amaboko) 🎉courage vrmt iyi nindirimbo ushobora no guha umuntu akuze w'umutama akumviriza❤❤❤❤❤❤
Kbx
Inanisumbuwa kabxa
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤
Ndayikunz trop!❤
Uwarize nkanje ninde 😢😢😢
Mumpe udutima abantu mutibuka nincuro mumaze kuyumviriza❤❤❤❤
Jew nariz narinzi ngo nijew gusa
Ishwiiii jew sindimwo😂😂
❤❤
❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤
🔥🔥
Rwanda🇷🇼 Turakwirikirana can Umuziki w'🇧🇮 Knd turabakunda💝✊
❤❤❤
Gd
Thank you🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Burundi & Rwanda One people
Natwe nuko mkubwa gusa iyindirimbo iraryosh vraiment
ababririmvyi babarundi ndabakunda cane nico gituma nzobashigikira uko nshoboye kose kuko ntaco mudakora ngo mutunezereze. Melanin Boy big up sana
Ncuti sinkuzi gusa imana ikugeze aho utaruzi ko woshika vraiment très très bien iyi song iranyica ikirundi ciza kirenze komera mwene data
Kl
Uwaryohewe nako ka titre ngo #no_Force_in_love ampe #like 2024 hari abantu tuzonabica 😂
Uyu Melanin boy azonabica💪
Félicitation pour votre chanson 🔥🔥🔥👊
Ubundi abandi bise ni bahore bareke we love muzika muririmbe kuko nimwe mufise message muha abantu kbx ❤❤❤❤❤❤❤ melanin boy ❤❤ gousto ❤❤
Nukur ninziz peeeee Ham nukur congratulation iraryosh cyan ❤❤❤❤❤❤
Iyi ndirimbo ibere isomo abahungu bavuga ngo rondera inoti abakobwa bazokwizana. Abo duhuje ivyiyumviro mumpe like
Waaoo waaoo🎉🎉 this can be the true story what an amazing song amashugwe nayawe Melanin boy 🌺🌹💐🥀🌷🌸🏵️🌻🌼 melody beat lyrics top amashugwe Ibreeze the producer abamaze kuyumviriza incuro zirenga cumi nkanje mumpe like❤❤ respect
❤❤❤❤
Umuntu aziko amaze gusubizinyuma kenshi nkanje like ngahaaaa
Ewn indirimbo irambujije Nico nkora kl😂😂.nguma ndayisubiza inyumaa😢😢😢
www.youtube.com/@guenstoryhero❤❤
Sinonaharura incuro maze kuyisubiramwo
Maze kuyivuza akarenga 10😢
Jew nayigumij muri boucle yamaz 2h ryama ndavyuka yisubizamwo
Uwukunda uburyo uwomuhungu ajana ijwi nkanje nimumpe like turabe ngaha hepfo💥💥💥
Utaz nanj
@@cyuzuzosolangemelodie21052:23
Wawuuuuuuuuu❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nari maze kwumviriza indirimbo nyinshi mur'uno mwaka ....ngiye numviriza indirimbo nkatahura lyrics❤❤
Urumurundi wambere nkunze indirimbo yawe yondayiraba alanyingi big up sana unaweza
Abayumvirij akarenga 10 mumpe likes Nice song 🔥🔥🙌🙌
Melanin ugiye kutwitwarira imitima kabx iyi ni hit nkeseri na congratulations nukuri uwayikunze nkanj twagiy🔥🔥🔥
This song n'umwana wanje, umwuzukuru, umwuzukuruza cnk inzukuru bazovuka bazumviriza🙌 knd aha ndihereje kuvuga kuk iyi ni forever hitsong
Ndasubiyemwo bavandi and I repeat once Again this is th all times hit song
Mana yanje namosozi arakorotse kuriyi sons....😢😢😢😢 indirimbo nziza textes nziza mélodie nziza...top kabisa
Iyi ndirimbo irasobanutse kwer komerezaho melanin boy🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤
Ntacica nkirungu version 2024(uranyemeje msaza) coup de chapeau 🎩
Sweet message + sweet melodies 😍👌🏽👌🏽
❤
Nice song brother 🎤🇺🇬🇧🇮❤️
Ngoma Nzuri ❤❤❤❤
@@willynoelmpawenayo-pt2hya
@@willynoelmpawenayo-pt2hy❤❤❤❤❤❤
Abemerako iyi arindirimbo yibihe vyose mumpe like ngaha 👍
Abamaz kugaruka ngaha kenshi bampe like kbsa❤.A banger
Ntugahate urukundo ngo rube rwae ncuti yanje No force in love 🤦♂️😭😭🙏❤❣💛 very message + very Melodie @One way
❤❤
Unyibukije ibitito genda 🇧🇮 urafise ivyiza vyo kwiratira nciye nibuka umujama wo kumusaga yavuze Burundi 🇧🇮 buratunze kuko turafise we love music be na D one mwubahwe cane❤❤❤
Well done my lovely star Melanin boy ❤❤❤❤ much love for your magical melody ❤️❤️❤️🎉🎉🎉🎉🇧🇮💪💪
www.youtube.com/@guenstoryhero
Melanin boy gusto king of heart❤ je ndumufana wawe wambere kwisi yose
so emotional😥😥 Melanin this song is a bomb kbxa I'm your biggest fan
St Valentin tuyishikamwo aba force urukundo tumenyana like zanyu
www.youtube.com/@guenstoryhero
Gusto wubahwe wandika bien intambwe kuyindiiii ICO tugusabira Ama milliards Yama vues❤
Wumvise indirimbo!!!Apana ngo ndagutamwo mu mapoto,ingidi, composition ituziye urumogi ngiyo.Nibicare bigire aho dukeneye msg ntidukeneye ibishegu.Much respect to you Gusto❤❤❤
Komer melani tukurinyuma
Uwutazi ikirundi ntacavanamwo mwinondirimbo. I like it
This song is something else. Energy after energy. Keep up with your vibes young Man. ❤
Abamaze kukumviriza incuro zirenga5 nkanje mukande lik tura❤
Hit song God bless you ushike kure bashoboka IMANA ugushoboze ❤ Good Message
No force in love🎉🎉🎉🎉 hit After hit♥️♥️♥️ we love muzikaa❤
Gusto melanin boy ndagufana can gose👌👌👌🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏👏👏
I had a boyfriend from Burundi he's the one who makes me to love your music guys ❤❤❤❤❤ you bingi and I can't stop listening to this song because whenever I listen to it makes me to remember him
Iryo jwi ryawe rirajanye na lyrics y'indirimbo kabisa.j mpatswe nogukorora amosozi.sha gusto uradufise kabisa hejuru caneee❤❤❤❤ 🎉🎉🎉🎉
Azonatwica vrmt ukunt nanj ndiy
Ngo kubavyeyi nditonesha
@melanin boy take five🔥🔥🔥🔥
www.youtube.com/@guenstoryhero
💯 percent hit no force in love urakunda wugukunda big up bro 🇧🇮💯🇺🇸🇧🇮🇧🇮🇺🇸
We love Musika impano ziri really kabisa 👏👏👏🎉🎉🎉🎉🙏
Nice song and it's like true story bro
Don force in love👊🏼👌👊🏼
Let's forget about the story of the song😢n talking about
Only his voice that can make u happier the whole day 😊
Who's with me 😢😮
Nice song guston❤
✌️✌️🔥🇧🇮
Imagine
Igishoboka cose nguger Kure nzogikora pe nsengera gusa🎉🎉😊😊😂yoooo ino chanson ndayumviriza 10times per day
@@dianeirakoze778 wew ni 10times jewe ni 20times😥😔😚
Komeza utera imbere kuk urafise impano muta ❤❤❤❤
Abaguma bagaruka kuraba ko twakwije 1m mumpe like
Don't force Love kabisa, wew ndakwemera🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎤
Everyday I lesson this song,siniger ndayihimba.ur umwanditsi mwiza
Uwuri ngaha mur Mars amp like
Imana imuje imber❤❤
#Much respect to dis song°Mr Melanin🎺🎧🔥🔥 👏👌
#Don't force in love 🎤🎼mybe can not be hit but will stay deep in anyone👊👊👊
Nukur uyumwan arabarenz Bose nubw ntumv ikirundi iyindirimb sinorek kuyumv p yubahw mutam wacu melanin💪💪💪
Truly speaking this voice is verry nice to hear, also the message of the song is understandable
🎉🎉🎉1M
Ivyo nivyo biba mu gihe utaririmbira amaronko
🎉
Esprit de Canco, Nick David,... S'étaient retrouvés en toi pour ce Banga🔥💯♥️
Abagarutse kuyiraba kandi like ngaha
Muze hano mwese burundians star karabasase abigishe umuziki ukosoye❤🛸💫
Aba gitega murihe 🔥🔥🔥gakora kumutima
Great job , Melody qui touche, message qui réveille
en bref n'umu artiste talentieux twifiye muburundi😢❤❤
Don't force in love urakunda uwugukunda bro unkoze kumutima much respect😢😢😢ukwiye support irenze iyo uhabwa ariko kandi ngusabe kugira media tour yindirimbo zawe mbakwirikirana kuva kuri we love music tukaja we love muzika nubu nzokwama ndinyuma yanyu na fernando kuko muranyuzuza imana izibahe kuramba mubone ubufasha bukwiriye namwe mwitabweho nkabandi iyi ndirimbo kuva ejo maze kuyiraba incuro zirenga ijana helena niko kuko belisima nuko bro mwubahwe❤
Wooow 🎉🎉 bro keep it up bandanya muruyo murongo👍twaheruka kumva indirimbo nkiyi kubwa Amissi,matata✨️
Incuro maze kumviriza iyi ndirimbo ntazozi pee courage Melani
Vraiment, Burundi on the top❤❤. Good sound and lyrics
Amazing song bro 🎉 I can hear this song More than twice p day
Nagira ndagukeze Mr mélanin gusto kuri 1M ;uyu numuryango wumugish wugururiwee wewe Terimbere Bro ' Turagukunda❣️❣️
No Force in love cool my bro 👊✅ amashugw 🎉urayakuiye vrmt ino song ndayumviriz kenshi per day
Big up sana Gusto melanin boy don't force in love ,in love is equal one brother good message
Hit song Don 't force 🎉🎉🎉melanin ndagufana wallah Uzonatwica
Abakaravye incuro zirenga 1 mumpe likes zanje canke naba....
Iyi ndirimbo uko ndayumvirije iguma imbera nshasha 🎶
Kwer mze wang
Happy song my brother you bringing number
I don't like music but this one ,I turn on it more than two. It is very very fun. What talented boy!!!! I clicked on subscribe and share immediately❤
I swear to God, every time I turn on my phone, I think about nothing but listening to this song
Really?
Sweet melody, soft sound. Uzonatwicaaaaaaa, never give up brother 💪💪💪💪, congratulations 🎉🎉🎉🎉🎉
No force in love #Adorable songs❤
Zambia for you 🇿🇲
Sweet melodies❤💯
Pamoja sana Melanin boy.courage imbere niheza
www.youtube.com/@guenstoryhero
Mpa like nyinshi no force in love❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
www.youtube.com/@guenstoryhero
❤❤❤😂
Abantu Avril bagarutse kuraba hit tumenyane
Congratulations Mr Mélanin boy umuntu wanje ubikora neza courage matama
Melanin courage Sana song y bien sana i like it kbs keep going me brother
Sweet melody 🎶 Sweet message big up melanin Burundi 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 to the world 🗺
Wonderful Melody.
❤❤❤❤❤❤❤
Don't force in love.
The way i like we love muzik 🤔🤔is so crazy ...may i will be one of the team ..🙏❤️
Iyi song uko hahera imisi Niko iguma iryoha kbx respect kuri song nziza
Millgang more congratulations Mr @Melanin Boy
@Gusto kuriyo
Mump am likes nimba naw umufana
Brooo courage❤. Urarenze cne Kandi ndabizi ko babiz ko ubarenze mugabo bakagupinga ararenze abaririmvyi base nka DJ Fernandez