nivyo mwakoze kutubwira amateka ya Israël, ariko mwatanze agace gatoyi cane ka histoire d'Israël, nta guerre de 6 jours, la guerre de Kippour . ingene Israël yagiye yagura igihugu uko yaterwa n'ibihugu bihurikiyemwo abarabu. ikabasamburira Aho bakiri. Ndizeye ko muzogisubiramwo ntimuduhe incamake ariyo résumé.
i like history but mostly love Israel thank you
Nukur murakoz can
Mwakoze cyane kutugezaho amateka y'ivuka rya Israel. Gusa dukosore gatoya: Ntibavuga "ihanga", bavuga "ishyanga"
Nkunda ibiganiro byae
Murakoze cyane
Tumenye vyinsh
UTB making the difference
Isiraheri yubungubu yavutse kukagambane nubujura bukomeye
Tu es musulman?
Hello wazatubwiye ubwoko bwaba juif (Judaism) ni abisiraheri ariko nibaza bafite amahame bajyenderaho.mwazaduorera ubushakashatsi kuri bo
Yezu kristo
nivyo mwakoze kutubwira amateka ya Israël, ariko mwatanze agace gatoyi cane ka histoire d'Israël, nta guerre de 6 jours, la guerre de Kippour . ingene Israël yagiye yagura igihugu uko yaterwa n'ibihugu bihurikiyemwo abarabu. ikabasamburira Aho bakiri. Ndizeye ko muzogisubiramwo ntimuduhe incamake ariyo résumé.
uremera ko arubwoko bwimana ndi Israel bro
P
Murakoze kutubwiriyinkuru yivuka rya Israel mwagusesangura muri biblia kuku ibivyago babiterwa nukutumvirimana kuko nubuntamutekano ukwiye bazoronka kuko bataremera yesu yesu yahanuye mugitabo camatayo24:1_harivyabaye nibindi dutegereje ariko mwakoze
Ego sha biraje bishike
mugira neza ku biganiro muduha
Yooooo aya makuru nimeza. Ya Israel
Israel Imana iyihe imigisha
Iran na irak ntacyo bazatwara Israel . Amaraso y'abayahudi ntabwo azasubira.
L'israël le peuple en voie de disparution