Musoni Evariste - Manzayanza

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 вер 2024

КОМЕНТАРІ • 13

  • @bizimanaedouard7333
    @bizimanaedouard7333 9 днів тому

    Musoni ndamukunda cyane.
    Namenye indirimbo ze nkiri muto cyane kandi ntabwo nari nzi ko ari umunyarwanda. Byarantangaje cyane menye ko aturuka ku Kibuye kandi nanjye niho navukiye ukuntu aririmba ikirundi rwose nari nzi ko ari umushingantahe ariko bwari ubuzima .
    Imana nimwongerere kurama.

  • @rugerinyange
    @rugerinyange 5 років тому +6

    Iyo ndirimbo bayinyitiriye atari rwanje. N'iya Musoni Evariste n'umuhisi Mupenzi Georges. Abo babiri nibo bayiririmvye. Abayicuraranze bari abo mu murwi Amabano: Ilunga Diamond (claviers) Dede Majoro (guitare solo), Gasuku Aloys (guitare Basse) Missa Jacques Dutronc (batterie). Nyene kuyishira kuri UA-cam ndamusavye azokosore.

  • @carlychou
    @carlychou 12 років тому +2

    si Africa nova uyu,ntawe nzi mais si africa nova..

  • @bonusniyuhire8866
    @bonusniyuhire8866 2 роки тому +4

    mwodufasha mukadusigurira "Manzayanza" ico gisigura mu kirundi? kuko je numvamwo ahubwo "Maza yanzaniye ihumure mu mutima" sinzi rero...

    • @SoftSoft-vt4cw
      @SoftSoft-vt4cw Місяць тому

      ni Maza (nom dérivé ya verbe "Kuza")

  • @evaristemusoni2841
    @evaristemusoni2841 12 років тому +4

    Yes,you are right.This MUSONI Evariste and Mupenzi Georges Bujumbura 1986

  • @quebecgunner
    @quebecgunner 12 років тому +1

    Africanova????? Sindi sûr...Nibazako ari Musoni Evariste.

  • @jeromerukerandanga924
    @jeromerukerandanga924 3 роки тому +1

    tdq