Amazing and beautiful you are David Nduwimana. I was playing your songs since I was a kid and you have never disappointed me. Now I appreciate you for this song. You are truly a blessing 😊
Ubuntu nibwo bwankijije kubwo kwizera .Umwana wi MANA. Narahariwe kandi naracunguwe ndumwana wi MANA ndumuraganwa na christo 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙏30.11.2021 urakoze Data ko ndangije uku kwezi ndagushimiye kuvyiza vyose wankoreye nanjye ndishimye thanks my lovely Lord 🙏🙏🙏🙏
I so love this song. I wish I understood it. My dad did translate it for me. I wish I understood Kirundi :( Can I have the lyrics please? God bless you David, this song is so inspired.
Urakoze cyane Yesu aguhe umugisha turi mu Rwanda turagukunda twumva nindirimbo zawe nshya ku ma Radio hano . Nukuri uzaze kudutaramira
Be blessed man of God
Narahariwe naracunguwe ndumwana w'IMANA ndumuraganwa na KRISTU ubu nduwidegemvya. IMANA ININAHAZWE AMEN
Habwa umugisha Cyane brother David Nduwimana Kubwo guhesha benshi umugisha keep up that spirit of worship turagukunda turakwishimira
1 Ubuntu ni bwo bwankijibe kubwo kwizera umwana w'imana
Nagizwe uwo ndiwe kubwo kwizera ico yakoze
Refrain : Narahariwe naracunguwe ndumwana w'imana ndumuraganwa na kristo none Ubu nduwidegemvya
2 Yacunguje amaraso yiwe yangize icaremwe gisha nduwiwe nawe nuwanje ivya kera vyose vyaraheze vyose vyahindutse bisha nduwiwe nawe nuwanje
Refrain
Thnx ..
Amazing and beautiful you are David Nduwimana. I was playing your songs since I was a kid and you have never disappointed me. Now I appreciate you for this song. You are truly a blessing 😊
I come from spending the whole week playing this song every morning 😢😢
Imana iguhe umuisha kandi ikwagure,iyi ndirimbo inyonyerera ibyiringiro ikananyibutsa ko nababariwe.
Oooh my God!iyi song sindayihaga!Thank you Holy Spirit for inspiring such powerful songs!
David ndakwemer san imaan iguhezagir muvyukora vyose
Ubuntu Nibwo Bwankijije Kubwo Kwizera Umwana W'IMANA Nagizwe Uwo Ndiwe Kubwo Kwizera Ico Yakoze
Narahariwe,Naracunguwe Nd'Umwana W'IMANA Nd'Umuraganwa Na Kristo None Ubu Nd'Uwidegemvya
Yancunguje Amaraso Yiwe Yangize Icaremwe Gisha Nd'Uwiwe Nawe N'Uwanjeee
IvyaKera Vyose Vyaraheze Vyose Vyahindutse Bisha Nd'Uwiwe Nawe N'Uwanjeee
Narahariwe Naracunguwe Nd'Umwana W'IMANA,...............
Thank you Papa, I love that song
Ubuntu nibwo bwankijije kubwo kwizera .Umwana wi MANA. Narahariwe kandi naracunguwe ndumwana wi MANA ndumuraganwa na christo 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙏30.11.2021 urakoze Data ko ndangije uku kwezi ndagushimiye kuvyiza vyose wankoreye nanjye ndishimye thanks my lovely Lord 🙏🙏🙏🙏
Merci David guhishura ubwiza bwa Kristo Nico twagizwe muri Kristo Yesu.Ur,umugisha cane gose.
Ooh wongey kumpezagira. Amen
AMEN God bless you David! I like this song in our language...
Kararyoshe akokaririmbo
Oooohhh jesus is lord!! Thank you for this song! Niyibihe vyose🙌
kubwikorwa vyawe vyiza Dushima Imana
Imana iguhe umugisha David .Alleluyah
Yesu aguhe umugisha David. Indirimbo zawe zirimwo amavuta... Karibu South Africa. Uzoduteramishe plse
Amena Iyo ndirimbo ndayikunda
Nari naratevye kukumenya kweli. Indirimbo zawe zirimwo uburyohe
I love jesus
Woooow imana iguhe umugishaaaa
Igihe nukurambaaa👏👏👏👏👏
Amen God blessé you david
You are announced my big brother❤❤❤❤
Amen, narahariwe , warakoze Mwana w'Imana kungira uwo ndiwe ,
Ubarikiwe sana kwa nyimbo yenye upako na yenye mafuta ya roho mtakatifu ,narahariwe naracunguwe ntacocir'urubanza ndumuraganwa na kristo
Blessed @brother David! Ndipfuza k umusi umwe tuzohura
Be blessed big brother ✊
Lord is our King,
hallelujah. ni ubuntu butangaje
I’m still in love with this Song from God
Ndagukunda
😭😭😭 i don't know aje niseme Mungu apewe sifa
Urakoze kuyishirak iri mukirundi warahezagiw ,,nd'umwana w'Imana nd'umuraganw na christo
Very good your song my friends
Amen men Glory be to God I am in love with this Song for really may God bless you brother 🙌🏾
Ndumuraganwa na kristu...(ubuntu)👏👏👏👏
Twayiririmvye today mugikorane muri Vivante kabisa yampezagiye cyane.
Imana ikongere inkomezi !!!
Uhezagigwe caaaaane. Simpaga kwumviriza indirimbo yawe 🙏🙏
Narahariwe mur Yesu
Amen amen nduwindengevya indirimbo nkunda cane gose
God bless you❤❤❤
Narahariwe thanks my bless❤😢😢❤❤
I love this! God bless you so much Davi. Ugiz neza kuyiririmba no mururimi rwacu
Wow👏👏thanks for the song🙏God bless you
Eego n'ukuri! Thx David Nduwimana kuri iyo ndirimbo yuzuye amavuta!!
Komeza uhezagigwe mwana w'Imana warasizwe lwene Data
Thx my big teacher ndumufan waw ndagukund can ndavid ndakeney kwamamaz ubutumwa nkawe
OMG 😱 I always wish to sing with this brother, but will it be possible?!🤔
Narahariwe naracunguwe ndumwana wimana
Tukwifurije iterambere mubyoukora
hey may you put the official song of ''Narahariwe '' on youtube we love it but we cannot find the original version in kirundi on youtube
Thank you for this amazing song🙌🙏
Narahariwe pe
Respect bro ❤❤❤❤
Amen kubwa !❤❤❤❤❤
Ndafashijwe indirimbo nziza cane
Amen imbaraga n'amavuta bikomez kukubako
Umwami agukomeze azoguhijuru!👏
merci Boku frère.Que Dieu continue à t'utiliser
Wow.very good
Turagukunda davi
Iyindirimbo ilinimpwemupe
Hewe komeza Imana Ikurimbere
Narahariwe❤❤
Coulage broh
I so love this song. I wish I understood it. My dad did translate it for me. I wish I understood Kirundi :( Can I have the lyrics please? God bless you David, this song is so inspired.
Hi brother.this song has an English version on UA-cam ; just write " Forgiven by David Tresor "
Look for "forgiven" by david Tresor!
Amenaaaaaaa 🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻
Amena twaracunguw
Narahariwe,naracunguwe❤❤❤
Thx CN David naje ndashaka kuririmba nkawe kundera
Narahariwe kubwa kristo
Ameeeen
Bruh thnx i wish you Moore blss
Good song.
Amen 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Miss u David. Be blessed
Ubutumwa bwiza
Jesus forgiven ours sins🙏🙏🙏
yo david bro urwaye kuririmba man. reba ya mumyitozo yumupira wamaguru g
Good song
#papa ntamajambo mfise ariko!! ndakunda ino nindirimbo!!.
HALLELUAAA. Glory
Papa wanje David...merci kuri iyo song. Imana ibandanye iguhezagira. Vuba ugiye kubona ko umwanya wafashe unyigisha umuziki utapfuye ubusa.
Ni ce
Waoo
Amen👏👏👏👏
amen amen my bro
🎉🎉🎉
amen
❤❤❤❤❤❤❤
Song for all the time
Hezagirwa kaka yetu🙏
Amen
Ohhhh quelle bénédiction dans cette chanson amina mon frère
Great voice. Great singing!
Amei