Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Be blessed Imana izokwiyerekere muvyo uzokora vyose umugisha w'Uhoraho uzokubeko
Nukuri ndaryohewe cne gose kubw'iki kiganiro, umutima ukunda Imana uzowamane kugeza aho Kristo azoza gutora ishengero ryiwe,numva nishimye cne kubwo amajambo yuzuye ubumana akurimwo,ese icompa aba Kristo bakino gihe bobaho bafise umutima wuzuye ubu Mana n'ubumuntu , nurukundo !Ikiruta vyose uzogire iherezo ryiza ndumva ntakindi novuga
David nduwimana ndaryohew nindirimbo zawe nukwifiranywa twitwa kumw amazing yose nanj ninduwimana David from Burundi country kwl gukorwra imana ntabuhombe burimwo
Félicitation David tukirikumwe warampezagira kbs Imana ikuje imbere kbs
Félicitations à vous David & Mme. Imana Ibubakire ku Rutare maze Ikomeze kubasukira imvura y'imigisha impande zose. Turabishimiye Uhoraho Yabikoze bikemera.
Harindirimbo nkunda izifasha ndagukunda narahariwe iza impembura
Amen ndafashijwe mbeg amajambo yubwiza balikiwa sanaaaaa
Yesu niwewe nizigira mbega indirimbo we y'amavuta
Ahwii muhezagirwe
Utibagiye,indirimbo ya appoli Nama ntangara iyo nkubonye
Mbega ivyiza
Abarundi bavuga ngo buraca bugacana ayandi ❤❤❤
Ndashaka mubwire nimba Umugore wa David ari Metisse? Twagiye impaka numuntu,Merci
Umwana yize Sunday muri Pentecôte nabwo ameze nkabandi bana
David indirimbo zawe zirampimbara uhezagirwe
Uri umwigisha wukuri
🙏🙏🙏🙏🙏❤❤❤urugo gwiza
Congratulations 🎊
Hezagigwa Cane uri Bujumbura koko urikudukorera umuti
Amen murakoze cyane
Uyu muhungu ndamuzi mu cibitoki iwacu arumusore muto yiga sécondaire aririmba neza cane yaba mukinama
❤❤❤🎉🎉
Thank you guys i love you ❤
❤❤❤❤❤🙏
❤❤❤❤❤
👌👌👌👌🙏🙏🙏👍