😅 Adrienne: "Bakunda kuntazira akazina ngo mukama w'ikigongwe". "N'ukuri je Kireko ndamwemera"

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 3 кві 2021
  • Adrienne umukinyi wa ninde mu kiyago yagiranye na JimbereMagazine aho yishura ku bibazo 20 ku buzima bwiwe, impano yiwe n'ivyipfuzo vyiwe

КОМЕНТАРІ • 102

  • @laylgreee
    @laylgreee 3 роки тому +10

    Yo ingene avug reo😍 Bikira Mariya mawe✨

  • @narcissedavid1
    @narcissedavid1 3 роки тому +5

    uravye ingene amagara yamukitse muga akagumana wa munezero nyene, umwe yakunda kuduha mu gikino ninde? bigaragara ko arii trop forte vraiment, elle est une survivante🥺🥺🤗🤗

  • @kimanalaurette887
    @kimanalaurette887 3 роки тому +3

    😍😍😍Adrienne Imana irikumwe nawe uzokira mukunzii 🙏💖🤣uri legend vrt

  • @jojonostress486
    @jojonostress486 3 роки тому +4

    Wooooo umukinyi wa Ninde Dukunda cyane mwakoze kumutuzanira ijwi ryiwe riraryishe kumviriza

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 роки тому +10

    Ndasavye yemwe Reta imurihire aze hanze kwivuza amatwi bamushiriremwo utwuma two kumufasha kumva neza. Please 🙏

    • @J.Claude_Batungwa
      @J.Claude_Batungwa 3 роки тому

      Nawe Niyo uri ? Ntaco womufasha ?

    • @ntwarimodeste2687
      @ntwarimodeste2687 3 роки тому

      Yarakwiye kwitabwaho akaronka ikintu comufasha mumigambi yiterambere canecane nkubu ariko aja muzabukuru,amashirahamwe y'abakenyezi amwiteho gusumba .

  • @MoRasheed
    @MoRasheed 3 роки тому +4

    Umu legend w'iburundi 👏🏾

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 3 роки тому +3

    Je t'aime beaucoup maman Adrienne 💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞💞yesu agukize turacagukeneye

  • @hafsasango8752
    @hafsasango8752 3 роки тому +1

    Legend&icon. Much 💘&respect from nzeyimana Ali # USA .

  • @gyooogaaa8922
    @gyooogaaa8922 3 роки тому +6

    Iyab abarundi dukundana twogiy hamw tukamuvuza kuk kumushemagiz gusa ntibikwiye

  • @mwananyamalaz4427
    @mwananyamalaz4427 2 роки тому +1

    Amazing mum we love U ❤️😍 Sana'a Mumm 2021

  • @germainenahimana3465
    @germainenahimana3465 3 роки тому +4

    The Legend Respect for her

  • @arcadenemerimana4051
    @arcadenemerimana4051 3 роки тому +1

    Waouh! Quelle intelligence!

  • @clairendayikeza2895
    @clairendayikeza2895 3 роки тому +1

    Très beau sourire. Turagukunda vraiment nyoku❤️

  • @fazos4882
    @fazos4882 3 роки тому +2

    Reta irakwiye kugira icikoze kwuyu muvyeyi nkukwo nayo ari mveyi kuko yarafashije caaaane mukumenyekanisha igihugu🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @dociledushime
    @dociledushime 3 роки тому +1

    the legend😍😍😍😍

  • @AisuperLove
    @AisuperLove 3 роки тому +1

    Yooo..yivugira nkuko umengo Ari muri #Ninde nyene
    Arandyohera uwomu dame p #IMANA Ibashe kumukiza ingwara ziwe
    Kandi yishura neza Canée
    Love from #Aisuper💓

  • @cadeauelvisigiraneza8806
    @cadeauelvisigiraneza8806 3 роки тому +2

    Legend Adrienne 🧡

  • @kerry-gladysntirampeba
    @kerry-gladysntirampeba 3 роки тому

    The legend😍😍😍😍

  • @herveigirimbabazi7806
    @herveigirimbabazi7806 3 роки тому +2

    Naje nkwibukira kuri :" Bikira Maria mawe! Uze urasenga n'abandi tugusengere ukire kandi tugufashe kukuvuza n'ibindi!

  • @Alice-vl2kn
    @Alice-vl2kn 3 роки тому +3

    Adrienne💞💞💞💞

  • @nduwimanaenock2040
    @nduwimanaenock2040 Рік тому

    😊😊😊😊Ewe bikiramaria Mawe❤️❤️❤️❤️❤️😊😊

  • @gracemelissantakarutimana15
    @gracemelissantakarutimana15 3 роки тому +1

    Ngo ndagukunda Chérie 😃😃😃😃😃😃😃

  • @queenkellygateka7099
    @queenkellygateka7099 3 роки тому +1

    ❤❤

  • @christaishimwe4003
    @christaishimwe4003 3 роки тому

    Legend🤩🤩🤩🤩

  • @mariemwiza6155
    @mariemwiza6155 3 роки тому +2

    My fav♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘

  • @japhetkassim5910
    @japhetkassim5910 3 роки тому

    the LEGEND

  • @VyizigiroTvshow-mm7bc
    @VyizigiroTvshow-mm7bc Рік тому

    Yooo ndisi cyera byari byoroshye kwarukubwira umuntu ndagukunda cheri arikubu bisiye bisaba imibare myinshi akazi,amashuri,imodoka,inzu,kubaz warateruye ubyuma nibindi........nimwirambire babyeyi God bless you mwaturyohereje ubuto bwacu🙏🙏🙏🙏🙏

  • @gerardnibizi8141
    @gerardnibizi8141 Рік тому

    Imana ikuzigame muveyi

  • @niyungekoaubelin2574
    @niyungekoaubelin2574 3 роки тому +1

    Long vie à toi chère Adrienne 🥰

  • @ingoma257media
    @ingoma257media 3 роки тому

    Adrienne😍😍😍😍😍

  • @irankundazuwena8783
    @irankundazuwena8783 Рік тому

    Nice imana ikugirire neze 🙏❤️❤️❤️

  • @OdetteZoe_official
    @OdetteZoe_official 3 роки тому

    We respect you

  • @chris-noelnirema
    @chris-noelnirema 3 роки тому

    Ter'imbere! #VyizaaaaCaaaane 👍🏽

  • @Jk-up6wh
    @Jk-up6wh 3 роки тому

    Yoo hewe, nanjè ndagukunda bashaa. Cane gose. Uzoze iwacu mumutara mugwanda udure, tuguhe amata.

  • @uwamahoronelia2510
    @uwamahoronelia2510 3 роки тому

    So nice 👍🤗💕🎉🌄

  • @amissimbazumita1327
    @amissimbazumita1327 3 роки тому +5

    Légend love from Amipro the mc

  • @bonaventure3746
    @bonaventure3746 Рік тому

    Nice imana ikugirire neza

  • @Midwife257
    @Midwife257 3 роки тому

    Wow

  • @mr_ingabire
    @mr_ingabire 3 роки тому

    Une légende vivante kabisa... h’gusa jewe nashaka kumenya amahera bahembwa abakinyi ba Ninde!

  • @lordlareine3757
    @lordlareine3757 3 роки тому

    😂😂ewe Mukhaama 😂😂😍😍❤️

  • @billylovebillybillylovebil8895
    @billylovebillybillylovebil8895 3 роки тому

    Uyu mu mama ndamu kunda sana kuva ngiri muto nara mukunda ndavye ninde😘😘😍

  • @amenahalshahrani112
    @amenahalshahrani112 3 роки тому

    Love you 🇧🇮🇧🇮🇧🇮😘😘

  • @ihorimberedondivinkedar4058
    @ihorimberedondivinkedar4058 3 роки тому

    Yirambire🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @munyankindiinnocentpierre
    @munyankindiinnocentpierre 3 місяці тому

    Uyu mukinnyi ,,Mukama w'ikigongwe,, aracyabaho?? Bishoboka mwampa number ye, ndakwemera we na Kireko.

  • @ghyslaineakimana7178
    @ghyslaineakimana7178 3 роки тому

    Adrienne 💕

  • @eilinli7846
    @eilinli7846 3 роки тому

    Mukama😂turagukunda cn kweri

  • @benihibera128
    @benihibera128 3 роки тому +2

    Uyu muvyeyi baribakwiye kumushigikira akazosaza neza yakoze vyishi nanjewe dibuka tukirabana ukuntu tutaryama kuwamumgu turindiye ninde ndamukuda

  • @zabibuilovemycountryofburu9156
    @zabibuilovemycountryofburu9156 3 роки тому

    😍😍😍😍😍😍😍😍

  • @jodassinnishimwe5608
    @jodassinnishimwe5608 3 роки тому +1

    Imana imukize

  • @user-ym1er7rv1w
    @user-ym1er7rv1w 3 роки тому

    😍😍😍😍😍😍😍😍😍

  • @m.mabeba1972
    @m.mabeba1972 3 роки тому +1

    i should send all my money to my mom

  • @ndegezndechez1734
    @ndegezndechez1734 3 роки тому +1

    Yooo umu maman nkunda cane

  • @mukamugenzifrancine4995
    @mukamugenzifrancine4995 3 роки тому

    😘😘😘

  • @AMI-ip1lx
    @AMI-ip1lx 3 роки тому +1

    Ngunda Ijwi yiwe Afite ryiza

  • @venantiekabahizi8837
    @venantiekabahizi8837 3 роки тому

    yooo basha uwomukinyi nukuri Imana ikomeze kumuzigaaaaama ninde iradufasha cane

  • @Nsavyimana
    @Nsavyimana 5 місяців тому

    RIP Adrienne!

  • @london7369
    @london7369 3 роки тому

    Yooo, arafise Lumicash ou Ecocash ?

  • @baranos5549
    @baranos5549 3 роки тому

    Nyokuru wacu avuzwe nukuri🤝🤝

  • @mariemwiza6155
    @mariemwiza6155 3 роки тому

    Nabona Numéro yiwe gute???

  • @cizasharif4685
    @cizasharif4685 3 роки тому

    Reaction ziwe😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @estherkellymanishimwe7871
    @estherkellymanishimwe7871 Рік тому

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @joselynetwagiramungu8094
    @joselynetwagiramungu8094 3 роки тому

    Ilambire mama wacu imana ikube hafi .

  • @R.E121
    @R.E121 3 роки тому

    Nanjye ndagukunda mupfaso

  • @jajajay4110
    @jajajay4110 3 роки тому

    Byiza can

  • @nyiranzabahimanafrotine7986
    @nyiranzabahimanafrotine7986 3 роки тому

    Ndagukunda cnee mukama wikigongwe

  • @michelhabimana
    @michelhabimana 3 роки тому

    Ngo "Gucerema" mukama!!

  • @Darcy641
    @Darcy641 5 місяців тому

    Rip 😢😢😭🇧🇮☑️

  • @emmanuelnduwimana763
    @emmanuelnduwimana763 3 роки тому

    singikunda ninde kubera atakirimwo,naho nabandi babiryosha uwo kweri yari number one

  • @picho8156
    @picho8156 3 роки тому

    😘😍😘😍😘😘😍😍😍😍😘😘😍

  • @brownimranan2349
    @brownimranan2349 3 роки тому +1

    ikintu kimbabaza,nuko leta ataco iriko irakora kwanba bakwiye nuburwaye bafise

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 3 роки тому

    👏👏👏❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @alicefaraja7712
    @alicefaraja7712 3 роки тому

    Turagukunda

  • @armelnzeyimana1609
    @armelnzeyimana1609 3 роки тому

    Avuga neeza n'urupfasoni rwinshi! Yoooh!bikira mariya mawe!

  • @amen.murakoze129
    @amen.murakoze129 2 місяці тому

    Yoo.yakudagukwega

  • @SarahMugisha-bh8yu
    @SarahMugisha-bh8yu 5 місяців тому

    Iruhukire amahoro

  • @chadrackirakoze8904
    @chadrackirakoze8904 3 роки тому

    Yoooh mwakozecan kumuzana kandi turaasavyenareta imufash azokire nimbavyokund

  • @kingbyaro6016
    @kingbyaro6016 3 роки тому

    Ndimuri Canada 🇨🇦 ndi burka mama atarapfa yaramukunda uyu muvyeyi daaa 😞😞😞😞

  • @annenahumuremyi4656
    @annenahumuremyi4656 3 роки тому

    Ndababaye cane kubona atagikina Uzi igikino arimwo ingene wasanga kiryashe cane

  • @landryingabire1516
    @landryingabire1516 3 роки тому

    Araciye ubwenge,yishura neza

  • @mukeragabilodiana9391
    @mukeragabilodiana9391 3 роки тому

    Uyumusaza nuwamateka ndamukunda

  • @benieaxellakana6251
    @benieaxellakana6251 3 роки тому

    Umukinyi wa mbere nemera wo muri Ninde?

  • @MeRy-qk6bp
    @MeRy-qk6bp 3 роки тому

    Niwirambire muvyeyi wacu turagukunda

  • @butoyibenjaminegrace6504
    @butoyibenjaminegrace6504 3 роки тому

    🤣🤣🤣🤣🤣

  • @minabuelysee8
    @minabuelysee8 3 роки тому

    Ndamukunz uyo muvyeyi

  • @mukeshimanaaline1782
    @mukeshimanaaline1782 3 роки тому

    7
    T

  • @blackberryberryblack9093
    @blackberryberryblack9093 3 роки тому

    Abiwacu i gitega

  • @muhimpunduchantal2312
    @muhimpunduchantal2312 3 роки тому

    Uwo mupfasoni arakwiye kwitabwaho kuko yaraduteramishij aradutwenza wumva umunezero udusanzwe ninde igire itangure, ariko rero uwomu journaliste nabandanye imyemenyerezo siheza, ijwi, façon abazamwo ibibazo, ......

  • @aishambogo8947
    @aishambogo8947 3 роки тому

    Iyab uburundi ni inch kam zingine uyu mumama aba yageze Kure kuko yakiny ninde nyish arik reb nabuzim bwiza afis vrmnt mmmmmmmm

  • @emilienneniyonzima5826
    @emilienneniyonzima5826 3 роки тому

    0

  • @kiza_0ter.spill3r58
    @kiza_0ter.spill3r58 3 роки тому

    Numumyeyi mwiza twakunze