NDANKA kwitwa UMUZUNGU😏/Avuga IKIRUNDI neza//BARANYIRUKANYE Muhira kubera ibiyayuramutwe😒

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 2 лют 2025

КОМЕНТАРІ • 407

  • @Umuhoza199
    @Umuhoza199 4 місяці тому +14

    Mbega umuzungu Uzi ikirundi cyuzuye weeee!!! She’s so cute, humble, a pure Christian 🥰 I love all of her❣️Samantha I’m happy to hear your testimony all glory to God always 🙌🏼🙌🏼🙌🏼God’s plan never fails or lost a way 👏🏼👏🏼👏🏼👏🏼 may God keep bless this lady❣️komeza uhamirize gukora kw’Imana 💙🖤💜🩶🤍💝💖❤️❣️💚🤎🩷 sending love from Rwanda 🇷🇼 🇷🇼

  • @rizakamikazi8508
    @rizakamikazi8508 4 місяці тому +7

    Samantha❤,love you so much!komeza umuhamagaro, you are so kind!ndifuza kuzakubona n'umugabo wawe,n'abana ,mutubwire ku ijambo ry'Imana,❤❤❤

  • @InesAkimana-ht9kj
    @InesAkimana-ht9kj 3 місяці тому +2

    ndaryohewe cane uzi nokuvuga ikirundi kandi ndashima ukuntu uvuga imana cane imana niyubahwe abanyamuramvya bazi kuvuga ikirundi cishi kuko naje navukuye mubukeye iyo turiko turavugana nabandi bavuga konzi ikirurundi cishi sinzi igituma tuvuga ikirundi kigoye urakwiye ubwenegihugu kuko uvuga ikirundi ciza samantha imana ikwongererezimigisha myishi ndagukunda nawe munyamakuru uraberewe cane imana ibahezagire biranejereje cane kuko ukunda yezu kuko yezu akora ibikomeye❤❤❤

  • @nikkinikki3896
    @nikkinikki3896 4 місяці тому +8

    What a lovely, godly person. Samantha i like how you talk about God.

  • @anesieniyikiza5013
    @anesieniyikiza5013 4 місяці тому +4

    Waaaaooowww Kirundi oooyyyyeeeeyyyyy mutubarize kwajekuba i Burundi 🇧🇮 buruntu.❤❤❤❤❤

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 4 місяці тому +4

    Inkuru ya Samanta iraryoshe yaramaze kuba umurundi yuzuye❤❤❤🎉🎉🎉

  • @shadunseng5690
    @shadunseng5690 4 місяці тому +2

    Woooow,uyu murundikazi wa Amarika Imana imuhe umugisha cane turamukunze cane

  • @niyomukizainnocent7440
    @niyomukizainnocent7440 4 місяці тому +46

    Waricishije bugufi uriga uramenya neza ikirundi,Ngufashe kugusabira l'ETA y'UBURUNDi ikumpere ubwenegihugu❤

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 4 місяці тому +3

      Azabugure nkabandi. Niwabo turabugura ntavyubntu kandi utegerezwa kuba wujuje ibisabwa namategeko

    • @lazzR1935
      @lazzR1935 4 місяці тому +4

      Abugure gute,umugore wumunyamahanga yubatse numundi ni automatic kuronka ubwenegihugu, nayo umunyamahanga arongoye umurundikazi nawe bitwara imyaka itano bubakiye kumategeko, nayo umwana avutse kubanyamahanga babiri ariko akavukira kubutaka bw'uburundi aronka ubwenegihugu direct abavyeyi biwe bagiye kumwandikisha bameza yuko umwana azoba umurundi aho bariha amafranga make ayokwiyindikisha nkuko amategeko abigenga, nayo umwana avutse kumuvyeyi umwe w'umurundi canke umurundikazi yandikwa kubuntu nkumwana avutse kubarundi bompi. Yaba yavukiye hanze canke mugihugu bisaba ivyangombwa vyimeza umuvyeyi umwe gusa yokwa muganga carte de naissance iriko izina ryuwo murundi canke murundikazi.ayo niyo mategeko nayo kuwu kenew ubwenegihugu bwuburundi nkumwimukira bisaba kuba mubutaka 10ans ufise visa de residence atakannge ariko werekana impamvu amategeko yerekana kuba urumugwiza tunga afise imitungo inzo canke ivyunguza iterambere ry'igihugu cacu atavyamanyanga afisemwo mugihugu cacu vyotuma bikubuza dossier yawe guhita mubushikiranganji bubijijwe ikindi nyamukuru nukuba avyishakira wenyene abisaba arariha amatagisi asabwa murivyo.​@@nirenganira8433

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 4 місяці тому

      @@lazzR1935 urakoze ndumva nivyiza

    • @barigirajeanpaul6740
      @barigirajeanpaul6740 4 місяці тому

      Yamenye ikirundi munyaka ingahe ? Canke yavukiye muburundi

    • @baricbaric4550
      @baricbaric4550 4 місяці тому

      @@nirenganira8433 hhhh uranyishe 😆

  • @mizeromurielle8908
    @mizeromurielle8908 4 місяці тому +5

    SAMANTHA , YESU aguhezagire cane...kandi abarundi bibatere gukunda igihugu cabo🎉❤

  • @AXELLAassia
    @AXELLAassia 4 місяці тому +1

    We journaliste bukeye sintara ni commune irimuntara y muramvya wow❤samanthaaaaa mubukeye ni hom kbx

  • @nikkinikki3896
    @nikkinikki3896 4 місяці тому +13

    Samantha speaks waaay better KIRUNDI than most people in Bujumbura . Most people born in Bujumbura don' t have rich Kirundi vocabulary like Samantha, most
    can' t finish a sentence without mixing with French or Swahili or even some English now.
    Kudos to Samantha❤

  • @jeanneumutesi9617
    @jeanneumutesi9617 4 місяці тому +8

    Ivyo avuze Nivyo iyo myaka avuze yarimubihe bibi abana biburaya baragora cane abaravye nabi baja mwibarabara Imana ninziza cane you are welcome in Burundi Dear Samantha ❤❤❤

    • @renildevenerand9473
      @renildevenerand9473 4 місяці тому +2

      Oya nuko bafise imico yokwirukana abana ba 18ans ngo baje kwibana kandi baba bagikeneye kuregwa

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 4 місяці тому +28

    😂😂😂 yoooh aravuga nkabanyamuramvya nyene😂😂😂

  • @jacquelinebavakure5936
    @jacquelinebavakure5936 4 місяці тому +8

    Hahaha birabereye!
    Uyu munyamakuru ari smart ❤

  • @EuphrasieCiza
    @EuphrasieCiza 3 місяці тому +1

    Wao I love you so much

  • @RebeccaScovia
    @RebeccaScovia 4 місяці тому

    Uyu munyamakuru uri umwana mwiza nukuri ndagukunze pe,ufite umucyo mwiza Yesu aguhe umugisha ❤️❤️❤️🙏🙏🙏from Uganda 🇺🇬

  • @uwamaliya
    @uwamaliya 4 місяці тому +4

    Ndagukunze Samanta cyane

  • @nshimirimanaolive4965
    @nshimirimanaolive4965 4 місяці тому +6

    Une grande soeur burundaise ❤❤❤❤❤

  • @GorethGoreth-lp6kl
    @GorethGoreth-lp6kl 4 місяці тому +7

    Samanta ndamukunze caane ikirundi akivuga nkuwakivukiyemwo❤❤❤

  • @beatricemisago1964
    @beatricemisago1964 4 місяці тому

    Imana ninziza 🙏 Biraryoshe kubona umunyamahanga avuga ururimi rwi kirundi neza. Ikirushije ikindi naco nukwokuntu azi Imana 🙏🙏👏👏

  • @flashlightstudio5399
    @flashlightstudio5399 4 місяці тому +8

    Igihe Yesu yaharira mariya bamufashe asambana, Mariya yamwogesheje amavuta amuhanaguza umushatsi intumwa za Yesu zirababara ngo yononye amavuta yagaciro maze Yesu arabishura ati:”…. Uwahariwe vyinshi ashima vyinshi” Samantha afişe intahe yogushinga kubera ko Imana yamukuye kure

  • @irakozeemmanuella9522
    @irakozeemmanuella9522 4 місяці тому

    Nukuri biraryoshe sha namukunze❤❤ courage n'abandi barundi n'abarundikazi Imana ibahagurutse kubw'igihugu cacu

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 4 місяці тому +18

    Samantha hejuru cane , umurundikazi akwijije conditions, merci Franic amashurwe yaw vraiment💐💐

  • @kushfirefamilyteam7799
    @kushfirefamilyteam7799 3 місяці тому

    Ruguru barakundana kuruta mugisagara ❤ ivyo biragaragara ariko umuzungu sikirundi ni giswahil kandi mpora mbona abazungu batabikunze nokwibaza ko abazungu Bose batunze amahera .

  • @birindwajerome4194
    @birindwajerome4194 4 місяці тому +6

    Arusha ikirundi Mr Champagne😊

  • @Jeandon-s7u
    @Jeandon-s7u 4 місяці тому +4

    Bravo Samantha! Imana iguhezagire cane. Uvuga ikirundi ciza

  • @Alclo25
    @Alclo25 3 місяці тому

    Bubanza tumenyane ndi uw'i Bubanza.ikiganiro giheze ntashaka.Maman Gakobwa,muhezagigwe caaaaaane.

  • @nikkinikki3896
    @nikkinikki3896 4 місяці тому +12

    Samantha muzomugarure hano atwigishe ijambo ry' Imana. Afite byinshi yadusangiza tukamwigiraho.

    • @muslimmuslim512
      @muslimmuslim512 4 місяці тому

      Karumuzungu wobura kuvuga ko umukeneye akwigishe mbe ivyo yokwigisha utazi nibiki?

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360 4 місяці тому +11

    🎉🎉🎉🎉

  • @bitishoriziki5585
    @bitishoriziki5585 3 місяці тому

    Wow this is nice ❤❤❤🎉🎉

  • @karenndayizeye9777
    @karenndayizeye9777 4 місяці тому +10

    Uri umuntu w'Imana. Nakunze ingene wuzuye Imana muvyiyumviro vyawe no mu kanwa kawe. God bless you so much.

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 4 місяці тому +25

    Uyumupfasoni Samantha muzomfashe akorane ikiganiro na Kelly Townaire😅😅😅, boducanga mukirundi ndabarahiye😂😂

    • @ChachaChany
      @ChachaChany 4 місяці тому

      🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

    • @mariechantalkwizera7319
      @mariechantalkwizera7319 4 місяці тому +1

      😂😂😂😂😂😂 urantwengeje narik niyumvira umunt bavug cokimwe

    • @ninalitzagateka2201
      @ninalitzagateka2201 4 місяці тому +1

      😂😂😂😂😂ndasavye nnj ico kiganirooo

    • @nizigiyimanayves9485
      @nizigiyimanayves9485 4 місяці тому

      Oya ndakubwiye uwomusi ikirundi cotabagurwa atacamita😆😆😆​@@mariechantalkwizera7319

    • @kattofahion4209
      @kattofahion4209 4 місяці тому +1

      Twocaduparangana bahuye 😂😂😂😂😂😂

  • @majwegerifabrice9187
    @majwegerifabrice9187 4 місяці тому +3

    Umurundikazi wacu Samantha 🇧🇮❣️

  • @bitishoriziki5585
    @bitishoriziki5585 3 місяці тому

    Inkuru nziza chane 👌🏼💪🏼🥰

  • @Vibetv257
    @Vibetv257 4 місяці тому +3

    Ikirundi on the map 🇧🇮🇧🇮🔥

  • @bitishoriziki5585
    @bitishoriziki5585 3 місяці тому

    I love you so much my sister friend Samantha 💋 🎉 God bless you and all 🙏🏼 and your husband 🙏🏼

  • @nikkinikki3896
    @nikkinikki3896 4 місяці тому +9

    Samantha is right: Burundians are friendly and have a great sense of hospitality, but they are very reserved & introverted people, thus making it not easy to have a deeper connection with them. Burundians are loving people but i guess they don' t know how to make friendship with foreigners. Samantha is a very flexible, adaptable person with a great people skills. I really enjoyed her interview.❤

  • @queenvero8386
    @queenvero8386 4 місяці тому

    Wow she speaks more kiriku than me 😅I love it

  • @democritenzoisaba9117
    @democritenzoisaba9117 4 місяці тому +2

    African TV well done for exchanging this conversation .

  • @niyomwungeregloria9095
    @niyomwungeregloria9095 4 місяці тому

    Karibu cane
    Mukozi I'mana Samantha iwacu mu
    Burundi nibace baguha ubwene gihugu bwigihugu c'u Burundi kuko urabukwiye
    Imana iguhe umugisha

  • @billyngabirano
    @billyngabirano 4 місяці тому +3

    Ahubw nymb yavukiy imuramvy wallah🤭😂😂😂😂😂 waouuh ic mbonac akwiy ubwenegihugu🎉 Respect to you Franic👊💪

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 4 місяці тому

      Kumenya ururimi se bitanga bwebegihugu?

    • @raissafabien4285
      @raissafabien4285 4 місяці тому

      ​@@nirenganira8433mbariza😂😂izo nyamweru uyizisanziwabo uzibwirasi bagira kubene gafyiri😢😢😢

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 4 місяці тому

      @@raissafabien4285 ntibabazi reka babiyegereze bazomenya ikibazana iwacu. Mbere jewe ndumuyobozi ntazonyamaswa noha ubwenegihugu

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 4 місяці тому

      @@raissafabien4285 agasuzuguro bifisekonyen kararenze bitabanje kuraba nico gikoba cabo gisa nicingurube

    • @RebeccaScovia
      @RebeccaScovia 4 місяці тому

      We kumutuka sasa​@@nirenganira8433

  • @jeanlucnathan5211
    @jeanlucnathan5211 3 місяці тому +1

    Vision mukirundi ni yerekwa

  • @leonehodari6738
    @leonehodari6738 4 місяці тому +3

    Uri mwiza imbere n’inhuma Samantha!💐💐

  • @RUKWIYEDicar
    @RUKWIYEDicar 4 місяці тому +2

    Thanks you and be bless mamy

  • @Jajakanjaniri
    @Jajakanjaniri 4 місяці тому +2

    Yoooooo Aguma Atwenga Disi😊😊😂😂😂❤❤❤

  • @RumengeJohn
    @RumengeJohn 3 місяці тому

    Murakoze cane demayi

  • @KevinNiyonkuru-wu3vn
    @KevinNiyonkuru-wu3vn 4 місяці тому +12

    First commantenter ❤❤❤ ndamukiriza muzungu

  • @IRAKOZELionel-t8n
    @IRAKOZELionel-t8n 4 місяці тому

    Woooow eh eh eh eh Imana irakora ,uwizera Imana ntazoteterwa

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 4 місяці тому +2

    Samantha we love you and your family 🇧🇮🇨🇦❤️

  • @AudaceBenimana
    @AudaceBenimana 4 місяці тому

    It's amazing!!!ikiganiro kiraryoshe

  • @nanananette031
    @nanananette031 4 місяці тому +2

    Wow wow ndaryohew nokumva ikirundi ciweeee

  • @nsengiyumvasamuel7139
    @nsengiyumvasamuel7139 4 місяці тому

    Imana iguhezagire cane Samantha uri isoko y'umugisha during benshi,num journalists yavyifashemwo neza Imana imuhezagire

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 4 місяці тому +1

    Samantha ndamukunz can❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @Plat84Genuine7
    @Plat84Genuine7 4 місяці тому +1

    🔥🥰🔥🥰🔥

  • @RumengeJohn
    @RumengeJohn 3 місяці тому

    Ndumuvandimwe wanyu muri YESU

  • @LéaKABAGABIRWA
    @LéaKABAGABIRWA 9 днів тому +1

    😂😂😂

  • @NahimanaAbel
    @NahimanaAbel 4 місяці тому

    Avuze ukuri kumigenzo y'abarundi kandi bishitse kure❤❤❤

  • @igabanezasablinciel4218
    @igabanezasablinciel4218 4 місяці тому

    Mbkn mwes mukuru wanjy mwakunze 😂😂uwo munyamakur naw mukugum amubazaguz kwl atanagafant yaha,e mukuru wanjy ❤❤

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 3 місяці тому

    Imana ibahezagire caaane

  • @JeanBaptisteBasumingera
    @JeanBaptisteBasumingera 4 місяці тому +3

    😂😂😂😂😂 courage Sha Samantha gusa urantwengeje

  • @Irene_-xh9gx
    @Irene_-xh9gx 3 місяці тому

    ❤❤❤ ikirundi ca Samantha kiratesa❤

  • @Thesons-e9p
    @Thesons-e9p 4 місяці тому +2

    She is so beautiful 😍😍🇧🇮

  • @Vanessa-t4u9u
    @Vanessa-t4u9u 4 місяці тому +1

    Yooo ingo tuyage basi😂😂😂😂

  • @Luckyonek-p7u
    @Luckyonek-p7u 4 місяці тому +2

    Imana ikurinde cane mama nu mufasha wawe nukuri uranryoheye

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y 4 місяці тому +2

    😂😂😂😂😂😂😂😂karanyishe uko kavuga😂😂😂gusa karatesa❤❤❤

  • @agnesabimana6959
    @agnesabimana6959 4 місяці тому +1

    Urakoze Imana ihabwe icubahiro ❤

  • @IbrahimKwizera-z2h
    @IbrahimKwizera-z2h 4 місяці тому

    Samantha welcome to my motherland 🇧🇮,we all love you

  • @clarakenguruka4553
    @clarakenguruka4553 4 місяці тому

    Murakoze cane kuntege muduteye❤️

  • @ArakazaAlexis
    @ArakazaAlexis 4 місяці тому

    Waaaaaah ndatangaye cane Umuntu nka Samantha ufise umugenzi yitwa Audrey ndamuzi neza abantu beza cane bravo Audrey kuko umutima wawe mwiza weretse Samatha

  • @YusufuNdimurwanko-mu8ry
    @YusufuNdimurwanko-mu8ry 13 днів тому

    Ndagukunze

  • @RebeccaScovia
    @RebeccaScovia 4 місяці тому

    Samantha azi kuvuga neza ikirundi nukuri ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇺🇬🇺🇬🇺🇬

  • @francoisciza9904
    @francoisciza9904 4 місяці тому

    Mwari kurangiza umusavye akadusengera... gusa ndamushimye gose yaronse umuhamagaro mwiza kuba Imana yahitiyemwo umuryango kuza mu Burundi bwacu. Imana ibahe kuharonkera amahirwe na rirya baciye mubuzima bubi muri kahise.

  • @JojoJojo-iq9fn
    @JojoJojo-iq9fn 3 місяці тому

    Ndamukunda cane uwo mumama

  • @innocentmugabe8071
    @innocentmugabe8071 4 місяці тому

    Amen IMANA ninziza ishimwe

  • @bizjon5543
    @bizjon5543 4 місяці тому

    Nukuri yesu aguhezagire cyane Kandi abakorera imana bacariho pe yesu abakomeze

  • @alanthereal1365
    @alanthereal1365 4 місяці тому

    Ndakunda cane Uyu mupfasoni
    Akunda UBURUNDI, Akunda Abarundi…, Akunda Sport 🎉❤

  • @JospatKarishaga
    @JospatKarishaga 4 місяці тому

    Umukazana wacu turamuhaye Kaze mu gihuguciza c'uburundi kandi ndumva ko yakiriye agakiza, Yesu ashishikare kukuzigama akurinde ipfuhe ry, abadayimoni.

  • @Noboardy
    @Noboardy 4 місяці тому

    Erega Twese Twaremwe n,Imana.Nonese Ntanyamweru Zisa n,Abazungu?Kandi ari Bo Basa n,Abazungu!!

  • @arnaudthibautarakaza2492
    @arnaudthibautarakaza2492 4 місяці тому

    🎉❤

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 4 місяці тому

    She's sincere. Now burudians must gave here place to help more withoult complexe. Congratulations samantha👍

  • @michaelzulu5084
    @michaelzulu5084 4 місяці тому

    I love Samantha so much ♥♥♥♥♥♥♥

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 4 місяці тому

    Samantha komera komera, uri umurundikazi kabisa. Bravo 👍

  • @BeatriceNdayishimiye-w1w
    @BeatriceNdayishimiye-w1w 4 місяці тому

    IMANA iguhezagire cane urumuntu w'IMANA kweri

  • @GisèleNikwigize
    @GisèleNikwigize 3 місяці тому

    Samantha sha ndagukunze❤❤

  • @jeandedieuuwizeye8271
    @jeandedieuuwizeye8271 4 місяці тому +1

    Amen Amen Amen

  • @NduwimanaElianne
    @NduwimanaElianne 3 місяці тому

    Yomenga noguma ndamwunviriza❤

  • @JanatMugisha
    @JanatMugisha 2 місяці тому

    Mbega ikirundi we😂😂

  • @NuhuTroy
    @NuhuTroy 4 місяці тому +3

    🎉🎉🎉

  • @Akagera22
    @Akagera22 4 місяці тому

    from rwanda ❤

  • @CharlotteNzeyimana-b6o
    @CharlotteNzeyimana-b6o 4 місяці тому

    Very smart

  • @EvaGlow-r3e
    @EvaGlow-r3e 4 місяці тому

    Yooooo hewe avuga ikirundi neza no kunsumvya😳😳😲😲❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @KarimNshimiye
    @KarimNshimiye 3 місяці тому

    Avuga ikirundi kabisa ewana ngo tse nawe ngokira😅😅😅😅😅😅😅

  • @nyiramafarangaadidja898
    @nyiramafarangaadidja898 Місяць тому

    Mbega byiza

  • @FgxcCcxx
    @FgxcCcxx 4 місяці тому +1

    😂❤❤❤❤❤😂😂😂uzogaruk mukiganir turagukund abarund

  • @icitegetseesperance8595
    @icitegetseesperance8595 4 місяці тому +3

    ATI kuvuga kwisanzura😂😂😂🎉🎉🎉

  • @AriellaUwizera
    @AriellaUwizera 4 місяці тому +1

    Wauuuh❤❤

  • @pascalnsabimana3810
    @pascalnsabimana3810 3 місяці тому

    Imana imuhe umugisha nn umuntu yoshaka kumuramutsa yomusagahehe ? Abona akanya ryari?

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 4 місяці тому +1

    Yo ikiganiro 👍 big up Samantha ❤

  • @Speedmomentz
    @Speedmomentz 4 місяці тому

    Ooooohhhh ❤❤❤

  • @fulgenceneema661
    @fulgenceneema661 4 місяці тому +2

    ❤❤🎉🎉Amina