Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mbe uwomukoz komutamuhay ivyokurya😎😎😎IMNA ibafash
Hey fans ,Turashima ko mudasiba kudukebura hano muri commentaires,Ntaco tutokora ngo munezerwee.Uyu munsi ababkirisu tumenyane..Abitwaza bibiriya nka Roza ndabatahije...Imana yumve amasengesho yacu,iduge ivyo twifuza.Nivyo nawe ndakwifuriza.❤️❤️❤️
Rosa urumuti wamenyo🥰ati alcool 🤣🤣🤣🤣
Couragee
Rosa!! Ngaho ukuri kur mukuja ahabona!❤❤❤❤
Rose nibaz kuhinyuka😁😂😁😎
Wow mbayew5 uyumus nimuntang😁
Mbaye uwambere 🔥🔥💥✌🏾✌🏾🥰🥰🥰❤️❤️ war'ubizi amamara🥰🥰
Inyigisho zanyu nizo kandi zirubaka. Gerageza mwongereze iminota mukine au moins pendant 45 minutes ou 1 h
Pasteur wubahwe
Sha murambabaje narinzi ko mwayo masengesho muza kumaramaza loza
Rose urahatsw
Hi. Why you can't put a lot of movies😍😍😍😍😍😍
Asha rose arihafi guhinyuka kwl 🤣🤣🤣ukuntu yiruhukije reo birantwengeje🤣🤣🤣🤣🤣
Reka tubihe akanya
Jina❤️💚💜
Scène yambere ibishe. Simbona ikintu na kimw mudukiniye ngaha kweli! Muduteshej time
Mpore ariko nibaza ko mutakurikiye inkuru.
Courage
😂😂😂😂Roza yariyirutse ikinyoma kimara umusi ntikimara umwaka mbegaroza nubu ndacaseka😂😂
Rosa arahatswe
Nember 2
Twizereko Rose agiye guhinduka vyukuri kuko muri yesu ntibarunguruka yofatigwayo akihana
Uwabonye koroza yagira yiruke nandemere twatuntu
Twar tubanyotew muze muratunyarukiriza
Icokibazo twaragihejeje
Mbeg kwiruhutsa rose nukur 🤣🤣🤣🤣
Mana weee 😂😂😂 Arik Rose. Yaragiyehe??😂😂😂😂😂Sha uzafatw
Farta 👍👍👍👍👍
Number one
Bigiye guhererahehe
Ewe Rose wari wirutse uzohinyuka pe🤣🤣🤣
Imana ihabwe icubahiro
Rosa ivyaw bigiye gushigwa ahabona kwer😝😭😭
Mwubahwe Cne mwabikoz neza
Mukomere biraryoche
Warawtowe cha numuvyenye
Ngo rosa ngo uwugihima atihimye agusurira muryamanye ariko ww aho bukera turabimenya ivyawe
Nimwirambire
😂😂😂Ese sha Rosa ibyawe Bizotind bejahabon wew rindir😃😃
Ego cha amena
😂 😂 Rose alcool yaravuy mumubrAhubw'igy kwongerekn 😂😂🙈🙈🙈
Hareruya cane
Roza yinjiye muri mpwemu kweri twobazeko agiye guhinduka
Yakinjiwgi
Basha uyumuns abo natanz muzah mumbaz uko film yagenz mbabwire
Ego cha
Rose kuwiyagiriza nibiki,nuko phone izimye warikumaramara
Ewe wa telefone ucuyuzima uragakoze😏😏🙄🙄roza ahatswe kugwara akomunda
Mbaye uwa 2 muri commentaires
ATI nukuri kwamungu roza arariduduye ngo Imana yaramugiriye neza ALCOOL 🥃 IRAKWIYE MUMUBKRI🤣🤣🤣🤣🤣
Rosa arahatswe!
Hareruya
Rosa unyumvira abur alcool cank yararenz😄😄😄😄bandany
Tuvyizeko yihanye vyukuri kuko muribukako nawe ahora yigaya ukuntu ahora atuka abagenziwe
Muranyica
Number 7
Cuorang 🥰🥰
I terefone yakuzimanye turahomvye ukuri
👏👏👏🔥🔥🔥🔥🥰🥰
Rose uzotind uhinyuk sha nuk terefon ya mam joyce umurir wahez sha ubugaragay ark rek turindir bizoj ahabon
Www watahuye cane
Bavuga ngumwana w'umunoho avyibuh umunwa 👄 roza ukuntu yakir imihezagiro yihuse birabonek k ataniy azoshikamwo 🤣🤣afis umunoho wayo 🤣🤣🤣
Murachuche komutavungicha none
Hhhh rose aranyish kwl yaratay isahani
Kudakura wabasuzuguye
👌👌👌👌👌
👌👌👌👌👌👌
Murabecha cane
MurEze
Murashoboy
Urabecha
Mubirimwoneza imanibahezagire
Ewe Roza sha🤣🤣🤣🤣
Rosa yagira yiruke abonye kwivyiwe bigira bije ahabona.ariko ntagiye guhinduka kweri ko vyanse ko yihanira ngaho
Cha
Mubamber ndimwo
Hello🇧🇮❤️❤️❤️
Umunyakibi yiruka atawumwirutseko mbega roza warugiyehe?
Nichapo nayo
Nikibazo
Kokomo atakuye ichapo
Bite turababona
Alcool ubu ni full
🙌👍😘
Rose yujujwe🤣🤣🤣
Nanje nahigereye kweri
🎋
😏💖💗
None uwo Mwana atunze ko atamuvuze izina au moins . Jina nawe ko aguma afukafuka Rose ?
Ngo iyo paul ataronka rose ngo ntazi iyo abageze nabana biwe kandi ariwe yangaje Kevin ????? Huuuuum
Hareruye
Mbe uwomukoz komutamuhay ivyokurya😎😎😎IMNA ibafash
Hey fans ,
Turashima ko mudasiba kudukebura hano muri commentaires,
Ntaco tutokora ngo munezerwee.
Uyu munsi ababkirisu tumenyane..
Abitwaza bibiriya nka Roza ndabatahije...
Imana yumve amasengesho yacu,iduge ivyo twifuza.
Nivyo nawe ndakwifuriza.
❤️❤️❤️
Rosa urumuti wamenyo🥰ati alcool 🤣🤣🤣🤣
Couragee
Rosa!! Ngaho ukuri kur mukuja ahabona!❤❤❤❤
Rose nibaz kuhinyuka😁😂😁😎
Wow mbayew5 uyumus nimuntang😁
Mbaye uwambere 🔥🔥💥✌🏾✌🏾🥰🥰🥰❤️❤️ war'ubizi amamara🥰🥰
Inyigisho zanyu nizo kandi zirubaka. Gerageza mwongereze iminota mukine au moins pendant 45 minutes ou 1 h
Pasteur wubahwe
Sha murambabaje narinzi ko mwayo masengesho muza kumaramaza loza
Rose urahatsw
Hi. Why you can't put a lot of movies😍😍😍😍😍😍
Asha rose arihafi guhinyuka kwl 🤣🤣🤣ukuntu yiruhukije reo birantwengeje🤣🤣🤣🤣🤣
Reka tubihe akanya
Jina❤️💚💜
Scène yambere ibishe. Simbona ikintu na kimw mudukiniye ngaha kweli! Muduteshej time
Mpore ariko nibaza ko mutakurikiye inkuru.
Courage
😂😂😂😂Roza yariyirutse ikinyoma kimara umusi ntikimara umwaka mbegaroza nubu ndacaseka😂😂
Rosa arahatswe
Nember 2
Twizereko Rose agiye guhinduka vyukuri kuko muri yesu ntibarunguruka yofatigwayo akihana
Uwabonye koroza yagira yiruke nandemere twatuntu
Twar tubanyotew muze muratunyarukiriza
Icokibazo twaragihejeje
Mbeg kwiruhutsa rose nukur 🤣🤣🤣🤣
Mana weee 😂😂😂 Arik Rose. Yaragiyehe??😂😂😂😂😂Sha uzafatw
Farta 👍👍👍👍👍
Number one
Bigiye guhererahehe
Ewe Rose wari wirutse uzohinyuka pe🤣🤣🤣
Imana ihabwe icubahiro
Rosa ivyaw bigiye gushigwa ahabona kwer
😝😭😭
Mwubahwe Cne mwabikoz neza
Mukomere biraryoche
Warawtowe cha numuvyenye
Ngo rosa ngo uwugihima atihimye agusurira muryamanye ariko ww aho bukera turabimenya ivyawe
Nimwirambire
😂😂😂Ese sha Rosa ibyawe Bizotind bejahabon wew rindir😃😃
Ego cha amena
😂 😂 Rose alcool yaravuy mumubr
Ahubw'igy kwongerekn 😂😂🙈🙈🙈