Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Muranyishe munyibukije vyishi sha mwebwe mwirambire pe murashoboye ciye nikumburira iwacu burundi 🇧🇮
Ahanisaw
Yo mana ndamanyutse nogutwenga courage asha nugutwika twimanukira iyi flm kwirenze terimbere turabashigikiye knd turabakunda
Wewe camamare mwakoze neza
Ntaco fise novuga kubantu mutaryama iyoooo
Ndimurukundo n'Ihuriro tv
Nic vrema
Mwarakibaye pe
Ihiriro nobahanura ko izo song mwogira izinanga imiduri song ndundi
Komera bantubaje camamare ukomenze kukazikanyu jojo ubintu namavuta walahi
Pol San jojo
Hhhhhhhh nukul caurag san murantwenkeje kwel
😂😂😂😂ati agasuguru
Hahye
Courage
😀😀😀😀😀😀Jojo wambaye impeta 2
jojo famba ubutaha Muzabibemwo neza kurushaha muzatubere inyigisho mwiyi film ndabakunda cn
Courrage
Famba.ichapo😆😆😆😆nigunira
amisi sine yacu ninziza ariko. mwerekana ahantuhamwe umwanya mure mure nukuraba izikurikira muzoze murahindura stori
Next ni samedi muzotahura ✌✌
Ndabemera bakunzi banjee ndaba misinze cane keve famba JoJo camamare nabandibosee akazikezaa bavandimwe
Munyaruts ikind gice numv umunoh kbx
Famba ararongoye p😂😂😂😂😂
Murabamakara nimuburubey😅😅😅😅😅🇸🇦🇧🇮
Up coming mugabo gato karakura
Iryo shurwe ry'umugeni ahand worikura nihe ataraho nyene! Ni mugende muri abambere mw'isi yose
Kubakunzi bose mwari murindiriye CINEMA #URUGO ngiyi Season 1 Episode 1...........izoba isohoka kumunsi wagatatu, hamwe nokumunsi wa Gatandatu mugitondo kundwi...ico tubasaba nka ba FANS, n'ukugira #Subscribe, share, and comment...kugira CINEMA #URUGO ishobore gushika kure ahasoboka murakoze!.
Gusa na Mario murakwiy kuza muyinyarutsa kabisa
Nagomba mbasabe imbereko commanda avamwihuriro hariho serie yarimwo akina akundanye numukobwa atabona nimbabishoboka muzoyibandanye
Mario ndo tunataka sana!heshimiwa zenu RUKUNDO TV
None jojo iryo nishugwe
Hama Mario??? Nayo gabasha😢😢😢
Yeeeeeee biyato bya bwana harusi na kofeya 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂mariage iratesa
Abangeni tibaberewe 🙈🙈🙈
😅famb araryosha ibint❤🤩
Sinzo gushimbere no 😂😂😂😂sinzogushi nyuma what it's so fanny 😂😂😂
Jojo urarubony niwihangan nikozubakw
Nari narabuze umwanya wokuyiraba.ariko ndatwenzepe 😂😂😂😂 asha murabambere 👍🔥
Tuyirindiranyigishika nije mbuwambere #satb_vevo
Yaaagaaaaa bit
@@ferdinandniyizonkiza3707 yaga
Mur series zikurikira muzogabanye induru
Vyizacan
Murakoze cane
Iryo shurwe mbona umenga. Nirengarenga zabwejuye. Jojo 😄😄😄🤣🤣🤣
Nukuri murambonera camamare ivyo birato vyiwe birakaze
Famba nagasuguru kiyemera
Doré inkofero ya fambaaa 😳🤣🤣
😁😂😂
Iy karaoké n original 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂
Ubugen, bwiz, famb, najj, samb
Wowu biraryoshe kabisa uyomutezi zomurondera arabizi chane ❤️❤️❤️❤️❤️❤️🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Noneho muradutwitse kweli 😂😂😂😂 ngo fone isona uzahit'umwataka ubwo rero muhatwike
Urugo ni 🔥
Famb ndagufan uramp nim yaw tuzahire
Jew ndayiciriye hagati kubera indambiye mumpe résumé abayiravye
iki Nico nkundira ihuriro tv bagumizako very nice
Courage turabakunda gusa ntimusubire kuza muradukorera amakosa
Twari tuyirindiranye igishika kbs
Shaa nta serie izoza isumba marioo😢😢😢😢😢bisigura ko Mario ya heze iyi mbona arurwamo gusa😭😭😭😭😢😢😢
Mario ijako Mardi hamwe na Vendredi
Nakavuyo😝🙈😂😂😂😂
@@kumusitv oh wow wow 🔥😢🙏🙏🙏mbarikiwe Sanaa kwahyo kesho tunaipata Mario inshallah
Twari tubarindiranye igishika disi mukomere turabakunda
Ndunva iyofirime nzoyikinamwo kuko irimwo ibintu vyambayeho
Wallah muratwish🤣🤣🤣🤣🤣🙄🙄🙄
Mwakiny flm yibikop twakin tukiraban
Fmba uranyish iy bukar yaw 😃😃😃so courag vrmt turabkund
😂iyiyo ije itwika komera komera tubari inyuma
Ntanguy kuryoherw ntarayimara mukama courage naho nzoba ndumw nzogumana na ihuriro TV from omani
Murumuti wamenyo pee
Utanguye kumuhonda atanumwaka mumaranye😲🇧🇮🇴🇲
GUSA MUBANDANYE KUTUNEEREA
Salle de reception, aba dephin naba dephine, eka nakaroruhore nukuri, ndabakunze pe! Mwari mwabiteguye neza cane!
Oooh vzr kbs tyuko pamja ila jitaidi muwe munatuwekea part2 kwasku kma itawezekna ok
Hiriho abichavu rininga cha
Estime izondirimbo ukuntu uziririmba umengo naho wazanditse
Jojowe agumaarimwo kurongogwa🤠🤠🤠🤠
Ukwo nugukundabagabo. Ingorane ya ihuriro nimwe itanguza flm ikayicira hagati itanguye kuryoha iga gukorana mufatane munda
🍹🍹🍹🍹
Murabichoboy pee
Courage kabisa
👍👍👍😏
Iraryoshe
Jendaje nvuye Saudis 🇸🇦 sanze mwahantanze
Muramvuny imbavu 🤣🤣🤣
NC❤❤❤
Mariage ikaze
Mba Nahageze Courage Mwatatsi🤣🤣
Hhhh mana jewe muranyishe ewe gasuguru j muranyica mukuri ntuzomuce inyuma Canke imbere nn uzomucahe hhhh muratwika
Nirunguru none
Imbavu ziranyiche mbonye iyo babika impeta
Bikore none famba
#Urugo irarenze
Col
😃😂😃😂😃
Kabisa
🤣🤣🤣😂😂😭💕👌👌Nturayirindiriye igic 2
Muranyishe kl ndamanyutse
Murashoboye ihuriro tv iramara iyi firm
Ndimurukundi ni juriti tv ndabakunda Kubi ubugeni burarenzeeeeeeeeweeeee mana yanje
Urariye neza
Ihuriro tv murakije umuriro🔥🔥🔥🔥🔥 Filme nziza caane courage👌👌👌👌👌👈👌👌👌
Bip up best movie so courage❣️
Nic move guys amazing 🥰🥰
Gusa marriage yany ir endesorde vrmt
Film yuburofa😃😃nyimba ari comédie ntama film yaray ngah
Kina gwawe turabe wanjugawe urafise ubwenge bwokwandika ayomajambo rofa ntuzosubire iwivu gusa
Jew ndabazaneza jojo muriko murab ivyo wakinye murikumw numugabo waw muvyifatamw gut!???? 🤣🤣🤣🤣🤣Hm courage vrt mutunyarukiriz mutibagira mario izi film 2 muzikorereko murashoboy ppp
Love from GITEGA FILM
Nice film
🥰🥰😂😂