Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mbaye uwambere mumperayike rukundo tv
Tubifurije imigisha mwese mutanguranye natwe
Karegey baramwihakanye abahungu bibagira vuba
Iyi rero ndabona igiye kumara mbega muzoza murayiduha kangahe mundwi😊😊😊
Hhhhhhhh ndabina itwika mukomere beza bigihugu ciza handy tuyaga🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤸♀️🤸♀️🤸♀️🤸♀️🤸♀️🤸♀️🤸♀️
Turabakunda mwebwe mudahengeshanya kudushigikira. Rukundo TV iriho kubwanyu. Love from Gogo love official
Iyiyonifinare. Mukuryoha
gogo ngukunda runini. .antuka timuyose
Natwe turabemera sana
Nanje ndabakunda cane
Love from mr sammycomedien
mbakunda runini
Saw😂😂😂😂😂
Ndabakunda cyane muzane nakandi gakurikiye
Mpe like kubontanj nibajeko mbaye n1 numu second sincerewe kbs
Ndabakund kanin 💕
Kueli shn Rukundo tv mukaduha ikindi gisasu gishasha🔥🔥🔥🔥🔥
Yooo iratesa vrt🥰🥰🥰 Ciza na Kanyana nice muraberew kd Kanyana yavyibushe vrt❤
Ndabakunda can❤❤
Mwubahw bana b'igihugu🇧🇮🇧🇮
Ndakund TV Burundi kuku film her muzany iyind 🎉🎉❤❤❤❤
Niyo inyuma ya kanyana ije neza kbs wow 🤣😂😄🏃🇧🇮🇿🇲🙏♥️🤦
ndabikundira Courage kwli ❤❤❤❤🥰🥰🥰
Ndabona turarons'iyizosubirira kanyana murabe muze muratunyarukiriza
Nukr mwubahwe cane nibazeko izotesa kwl ndabakunda mwese ❤❤❤❤
Pole bandyatuyaga arahemutse bura kudakunda Sammy kabix umwanka ngo numurozi mpole
Ndabipfuriza iterambere kandi courage sn brother Sammy
Courage ndabon igic cak 2 kizoba gitesa
Muje neza kabisa izoryoha mushishikare ntimuze muduteberez iya 2
Mbaye uwakabiri p
Turabakunda kd cane,kuk ntimutwicisha irungu na gato.Rukundo tv 🧡🧡🧡🧡🥰
Mwubahwee
Ndabakunda cyane💞💞💞 ndizera izaryohe nkakanyana🇬🇦
Ewee bandya tuyag uratanzisomo kwl ark ndasab uzogir ingarukambii yukwicuz hm mutunyarukiriz iyind episod kand ntimuzogabany iminot ahubw muzemwongerez turabakund tugakund nibikorw vyany courag kl
Kanyana yarirenze rekana mayo
Egooko
Courage caaaane MWese murashoboye vrt ntimutwicisha irungu kwel
Yayayaya hagiye gusha hatokombere, ndabateye intege muze mutunyarukiriza
Bandyatuyaga, abahungu niguhemuka nivyovyanyu kweli ariko mwibukeko IMANA izobibabaza
😂😂😂😂
Uwomukobwa arakunda Ciza,urukundo nyakuri
Ako kanyuma niko kabi kl ewe bandya tuyaga uranyegahuye kl guhinduka umukunzi😅😅😅😅😅izina niryo muntu gs courage❤❤❤
Wao nice movie
Mwubahwe kabisa jewe ndbikundira ariko muyiduhe kugihe kweli
Banya tuyaga arahemutse kl igisagara nikibi kbx courage❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Mwubahwe ndabakunda cane
Courage numurir pe
Mubirimwo neza xanaa courage.
Ndabona izonryohera
Ndabikundira kabx🔥🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏🙏🙏
🤎🖤🧡💚🤍❤️Kikubwa Duwa bro Wangu 💛POPOTE TUNAISHI 🙏
Bandyatuyaga igisagara nikibi ndabibona!!!!binwa nawe ngubushuhe nibwinshi komerezaho 😂😂😂❤❤❤
Courage ndabakunda cneee♥️
Ndabakunda cyane
nawapenda sana wakubwa zangu
Rukundo tiv yubahwe kwr nanje ndayifan
Waoooh courage bantu banje ndabakunda kk ntimutwicish irungu 😍🥳🥰
Courage gusa Niko muzamuratunyoteza raba muyiduh vuba
Turakunda ibikorwa byanyu hano Kigali muturaza twicaye turaba flm zanyu nukuri dukunda uburyo ikirundi kivurwa peeeee❤ we love you so much carry on God bless your work
Mmmmmmh film iryosh weeee courage mubirimw neza ❤️❤️❤️❤️❤️
Manawe guhuma ukuze birababaje canke guhuma birababaje kbx😭😭😊
😂😂😂😂hewe binwa sha ukwegera mu bitoki😂😂
Courage🥰🥰🥰🥰
Ahaaaa icakabiri turagishaka
Nukuri iyi Film iryohejwe naba ba ninde nukuri courage gukorana nabo 🔥🔥🔥🔥🔥
Shaaa vrm ubu ni bon, ivyuma bimeze neza amasanamu ni meza cane, courage.
Ndabakunda❤❤❤ mukomeze
mwabikoze neza cn
Yooooooo pole bwana samyy
Ngoniyubake gakobwa
Mubitangiye neza
Nibaz KO iyiyo ij ibic bigacik nkiy kanyana n bukeyeneza ndabizey vrt so courage
Iryo jipo rya Anit riranyica😂😂😂😂😂
Yaritayemwo vyabisusu😅😅
Anita mukobwa mwiza, uwokubona muri bukeyeneza !!!
Much love from Mabayi cibitoke
Ndabakunda cane mukina neza ❤️❤️❤️❤️
Turabakunda cyane nyikurikirana ndi mu Rwanda❤
Mwayiryoheje❤
Kwirenze ababibony ni mump twatuntu❤❤
Mwubahwe ndabakunda ❤❤❤
Waaao iyi ninpak mwisho pe
Ywwritubakumbuye ngendabanka uranyishe kwer
❤❤❤❤❤❤❤❤❤ dabakunda cane
Think you Cne gose murazi gukina Cne mwarakoze kwiyumvir sujet nziz cane ndabakunda
Iyi film iratwika nukuri🤣🤣🤣Sammy wubahwe
Courage banu bacu turinyuma yanyu mubikora nez muhezagirwe❤❤
Nifirm nzizaa kabisaa
Waoooo ndabakunda mwese ❤❤❤❤
Ciza urahemukiye uwagukunda yagufashije vyinshi
Ko umenga kanyana arimwo muga ntakundany na sammy kl urazi ukuntu baberany turabakunda vrmt
Komeza iraryoshe kwer
Waoooo❤❤❤❤❤❤❤
Ewe banryaw gsa ndabakund❤❤
Mukomerezaho Mr sammy na team yawe kuko mubikora neza inyigisho nziza cane ❤❤❤❤❤❤
Ndabona izotesa vrma knd irimwo inyigishooo
Naza nabona ciza abegwa 😂
❤❤❤gahungu nagakobga 🥰🥰🇧🇮🇦🇪👌👌
Samy courage cane❤❤
Vyiza
Nibandya tuyaga kweli
Ndabona twaronse igisasu gishasha kweli muduhe tuhaturire😂😂😂😂
Ndabakunda cane Rukundo TV nta film zanyu zoncika ndazi irigisha n'a Kanyana
Mr Sammy Respect big bro 🙏 unaweza continue hadi final utamu umesha Korea😂
Love from Belyse Afr Fam tv
manawe ndababaye banrya tuyaga urumugome urahemukiye umukobwa yakwitwararitse nihatari abantu barahinduka
Mwirambir ndabakunda
Keep up thé good work
Ew abahemu Bamah p 😳😳ciza uramuhemukiy Anitha 🔥abant twibagir ningog🥰🥰
iyofirme irigisha
Nimutunyarukirize
Mwubahwe naw kanyan arikukirungo
Bandyatuyaga arahemutse nukur ndababayebkwer

Ako kanyuma niko kabi kl ewe bandya tuyaga uranyegahuye kl guhinduka umukunzi😅😅😅😅😅izina niryo muntu gs courage
❤❤❤
Wao nice movie
Mwubahwe kabisa jewe ndbikundira ariko muyiduhe kugihe kweli
Banya tuyaga arahemutse kl igisagara nikibi kbx courage❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Mwubahwe ndabakunda cane
Courage numurir pe
Mubirimwo neza xanaa courage.
Ndabona izonryohera
Ndabikundira kabx🔥🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏🙏🙏
🤎🖤🧡💚🤍❤️
Kikubwa Duwa bro Wangu 💛
POPOTE TUNAISHI 🙏