Baransananikiye Justin (Ochestre National) - Mpaye Umukenyezi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 вер 2024
  • MPAYE UMUKENYEZI
    (Abandi baza baritabira ngo : Uwo Muvyeyi.)
    1. Ngire mpaye uyo mukenyezi: (uwo muvyeyi.)
    Ari we munyakigo: (uwo muvyeyi)
    Ndamusubize agateka: (uwo muvyeyi)
    Kanatsinda arabikwiye: (uwo muvyeyi)
    REFRAIN:
    Ni we asenya akavoma:(uwo muvyeyi)
    Ni icarire c’ibibondo:(uwo muvyeyi)
    Kanatsinda ni imbumbarugo:(uwo muvyeyi)
    Kuva kera na rindi:(uwo muvyeyi)
    2. Uyo Mukenyezi mubona…..Yamanye umwete…
    Ntiyigeze atangwa…..Kuba intwari mu majambere…
    R/ …..
    3. Erega ubu si nka kera…..Aho yama mu ruhimbi…
    Umukenyezi araseruka…..Agaserukana ijambo…
    R/
    Araserukana ingingo
    Zo gukomeza imigambi
    Ashigikiye ubutunzi
    Amagara hamwe n’indero.
    4. Ni we arereye Uburundi…..Ni we bumwe mu miryango…
    Ni we cishinzo…..C’ababanyi biwe…
    R/
    Ni we asenya akavoma
    Ni icarire c’ibibondo
    Kanatsinda ni imbumbarugo
    Kuva kera na rindi.
    5. Murirabire namwe…..Uruhara rw’Umukenyezi…
    Mu kwitangira Igihugu…..Aho hose aronse uburyo…
    R/
    Araserukana ingingo
    Zo gukomeza imigambi
    Ashigikiye ubutunzi
    Amagara hamwe n’indero.
    Ni we asenya akavoma
    Ni icarire c’ibibondo
    Kanatsinda ni imbumbarugo
    Kuva kera na rindi.

КОМЕНТАРІ • 25

  • @user-wb2gd6xz5k
    @user-wb2gd6xz5k 7 місяців тому +1

    Ndayumviriza nkincuro10 kumusi... 2024❤

  • @markoviskyhernandez9706
    @markoviskyhernandez9706 Рік тому +2

    Indirimbo zanyu namye nzikunda kuva kera nkiri ikibondo!! Mwarakoze cyane mubyeyi kuturirimbira iyi ndirimbo itagira iyo bingana!!

  • @jeanuwankundiye7284
    @jeanuwankundiye7284 5 років тому +2

    Egome mama wanje wanvyaye urumuvyeyi urintore muntore nsinzopfa ndakwibagiye uzokwama uruwambere mumutima wanje.I Love you my mom. Umwaaaaaaaah

  • @markoviskyhernandez9706
    @markoviskyhernandez9706 Рік тому +1

    Agaho k'abarundi ka cyera 😍😍🥰🥰♥️♥️!!

  • @CyriaqueKubwimana-lr5nd
    @CyriaqueKubwimana-lr5nd Місяць тому

    Indirimbo nkunda caneeee ❤❤❤

  • @samurainganji9999
    @samurainganji9999 Рік тому +1

    Umuvyeyi🙏 this song 🤔🔥🔥🔥

  • @fideleyamuremye1881
    @fideleyamuremye1881 4 роки тому +3

    Merci bcq kw,iyi ndirimbo mwaririmvye muvyeyi Justin.Nzoza isonga i Gitega kubaraba mukandirimbire

  • @amedeenkeshimana6055
    @amedeenkeshimana6055 5 років тому +3

    Probablement la meilleure chanson burundaise après l'hymne national. Je ne me lasse jamais de l'écouter. Elle a un équivalent en anglais "mother how are you today", une merveille pour moi.

    • @ericremezo9638
      @ericremezo9638 Рік тому

      Vs avez totalement raison,elle est la meilleure❤

  • @MrPhronesiswisdomful
    @MrPhronesiswisdomful  7 років тому +9

    MPAYE UMUKENYEZI (Abandi baza baritabira ngo : Uwo Muvyeyi.)
    1. Ngire mpaye uyo mukenyezi: (uwo muvyeyi.)
    Ari we munyakigo: (uwo muvyeyi)
    Ndamusubize agateka: (uwo muvyeyi)
    Kanatsinda arabikwiye: (uwo muvyeyi)
    REFRAIN:
    Ni we asenya akavoma:(uwo muvyeyi)
    Ni icarire c’ibibondo:(uwo muvyeyi)
    Kanatsinda ni imbumbarugo:(uwo muvyeyi)
    Kuva kera na rindi:(uwo muvyeyi)
    2. Uyo Mukenyezi mubona…..Yamanye umwete…
    Ntiyigeze atangwa…..Kuba intwari mu majambere…
    R/ …..
    3. Erega ubu si nka kera…..Aho yama mu ruhimbi…
    Umukenyezi araseruka…..Agaserukana ijambo…
    R/
    Araserukana ingingo
    Zo gukomeza imigambi
    Ashigikiye ubutunzi
    Amagara hamwe n’indero.
    4. Ni we arereye Uburundi…..Ni we bumwe mu miryango…
    Ni we cishinzo…..C’ababanyi biwe…
    R/
    Ni we asenya akavoma
    Ni icarire c’ibibondo
    Kanatsinda ni imbumbarugo
    Kuva kera na rindi.
    5. Murirabire namwe…..Uruhara rw’Umukenyezi…
    Mu kwitangira Igihugu…..Aho hose aronse uburyo…
    R/
    Araserukana ingingo
    Zo gukomeza imigambi
    Ashigikiye ubutunzi
    Amagara hamwe n’indero.
    Ni we asenya akavoma
    Ni icarire c’ibibondo
    Kanatsinda ni imbumbarugo
    Kuva kera na rindi.

  • @Nathan44Nathan75-ti7we
    @Nathan44Nathan75-ti7we 3 місяці тому

    Indirimbo yakanovera.❤❤

  • @ericmu127
    @ericmu127 3 роки тому +3

    Qui écoute 2021?

  • @bahamakapa3420
    @bahamakapa3420 4 роки тому +2

    Monseigneur votre musique est riche de fond et de sens.bien,ntawuzokwibagira votre telant.Iman'ibahezagire from Itaba Gitega

  • @deomunyarentwenzenibutse527
    @deomunyarentwenzenibutse527 3 роки тому +1

    Hezagirwa mukozi w'IMANA wakoze vyishi kandi vyiza jewe iyondirimbo narinzi ko ari iya canjo

  • @ingabirechrisdany9923
    @ingabirechrisdany9923 3 роки тому +1

    Izi ndirimbo zifise akanovera kadahera.

  • @endorphines389
    @endorphines389 6 років тому +3

    Super musique!
    Merci bcp de partager!!!

  • @arnaulddolfi9329
    @arnaulddolfi9329 6 років тому +2

    Naho Ntakubonye ,indirimbo zawe ni igitangaza ! Imana iguhe uburuhukiro budahera !

    • @kinyonijeanclaude1279
      @kinyonijeanclaude1279 6 років тому +1

      Uburuhukiro bwahe kandi akiri muzima? Aba i Gitega uragenda umuramutse

    • @MrPhronesiswisdomful
      @MrPhronesiswisdomful  6 років тому +2

      Irankunda Arnauld, Mgr Baransananikiye aracariho. Ni muzima. Arafise n'ishure kaminuza ryigisha ibijanye n'umuziki. Iryo shure rikorera i Gitega.

    • @isabellenahimana6570
      @isabellenahimana6570 Рік тому +1

      Nshaka ifoto y'uwo muririmvyi kuko ndibuka niga muri primaire mu kanyosha Aho bita kwa Makasi c'était en 1989 sinibuka neza.uwoMuririmvyi abanyeshure yaradutumiye tuja kumusanga Ku Musaga irya primaire iri iruhande ya zone akatubwira ngo twitabire ng'uuvyeyi.rero sinzi ko yariwe .mwomenyera yapfuye ryari ?

  • @anifanisha701
    @anifanisha701 3 місяці тому

    2024😊

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 Рік тому +1

    💃💃💃💃💃💃👏👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌🥰🥰🥰

  • @AbdikarimAhmedali-yk3vk
    @AbdikarimAhmedali-yk3vk 11 місяців тому

    1983

  • @aim1397
    @aim1397 Рік тому

    Who can share original lyrcs❤