IMISA Y'UMUNSI MUKURU W'UMUVUNYI II
Вставка
- Опубліковано 10 лют 2025
- Ng'uku iko igice kigira kabiri (Ihereza) c'inkuka ya misa y'ukwibuka umuvunyi Anna Mariya mweranda w'i Paradès cagenze kumwe n'imirwi y'abaririmbiramana babatumire twafashanije muriyo nkuka ya misa: chorale #Saint #Jean-Paul de Mukungu na chorale Sainte #Therèse de l'enfant #Jésus
Tukaba tubashimiye vy'imva mutima, duhereye ku ma comités nyobozi y'iyo mirwi yose, eka n'abaririmbiramana bayo muri rusangi, tutibagiye n'aba kristu bose, eka n'abasaserdoti badufashije kugira ngo amasabamana agende neza, turabashimiye cane, Umukama abahezagire, murakoze.
Imana ibahezagire ibihe vyose
❤
Good vibes 🎉🎉
Imana ibabungabunge ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Amina
Mwubahwekabisa kk mugze kuntambwe ishimshije
Dushimire Imana