IVYA NDIKURIYO🚨NININAHAZWE ADUHAYE AMAKURU MASHASHA/INDEGE YIHUTA IMUVANYE KENYA/MUMUSENGERE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 30 січ 2025

КОМЕНТАРІ • 40

  • @christinenzeyimana2186
    @christinenzeyimana2186 14 годин тому +5

    La sagesse parle. Merci beaucoup @Pacifique Nininahazwe

  • @EmmanuellaKwizera
    @EmmanuellaKwizera 6 годин тому +4

    Urazi icarico agaciro k'umuntu vrmt.Imana ikuzigam iyaba nabandi bogufatiyeko akarorero.

  • @BukuruEtienne-v7e
    @BukuruEtienne-v7e 10 годин тому +7

    Irambire cane bwana Pacifique uravuze ikintu kizima

  • @FerdinandBigirimana-g6i
    @FerdinandBigirimana-g6i 5 годин тому +3

    Jewe narumiwe nigute umuntu asabira uwundi ngo napfe Kandi nawe azopfa?😢vyiza ntitwocira urubanza umucamanza mukuru n'lmana ntugacire urubanza mugenzawe utazi ivyawe ejo

  • @KamikaziAlice-y8o
    @KamikaziAlice-y8o 14 годин тому +4

    Uri intore wamugabo we!! Uvuga nkicabwenge pe! 👍

  • @jeanmariehakizimana6655
    @jeanmariehakizimana6655 14 годин тому +7

    Utubwiye amakuru neza

  • @GiseleUwera-m6g
    @GiseleUwera-m6g 14 годин тому +5

    Uyu Ndikuriyo niwe yakunda kuvuga ngo: mumugambwe Cndd fdd kirapanze. Uko nukuri gipanze neza

  • @PatientNtahitambonera
    @PatientNtahitambonera 10 годин тому +1

    Ndagukeje kumvugo ukoresha nice

  • @EricNininahazwe-f6g
    @EricNininahazwe-f6g 3 години тому

    Oya shaa somo yanje mfasha tumwipfurize gupfa kuko nawene arica. Ingero yagereyeko abandi je nipfuzako nawene koyoyigererwako kubera na kaburimbi yasavye umutwe wiwe akawurihira n'amahera yari guhanwa ukundi atarinze kumucisha umutwe. Napfe aragapfa😅😅

  • @JeanclaudeSindihebura-f5e
    @JeanclaudeSindihebura-f5e 6 годин тому +1

    Ivya ndikuriyo namayobera.niyemere apfe kuko ashigikiye evaliste.kandi ariwe ariko arabamara.

    • @KanzageEmelyne
      @KanzageEmelyne 5 годин тому

      Hama.niyapfa wew naw ntuzomusangayo muzemurek.gucirimanza abantu kuk umucamanza nimana yonyene

  • @yvettekaneza4385
    @yvettekaneza4385 13 годин тому +1

    Umugabo wiyubashe w,ijunja nijambo tuzokura he president ameze nkiyi Ntwari

  • @JayMohongo
    @JayMohongo 5 годин тому +1

    Uraduhumurije nyakubahwa ,twari twacitse ivutu twatinye nogu comment kuri page yawe

  • @VenusteNzisabira
    @VenusteNzisabira 13 годин тому +1

    Rappelez vs cette mot:En politique on ne tu pas on n'élimine les obsacre!

  • @OjaxMaster
    @OjaxMaster 10 годин тому

    hongera sasa kuanzia sasa wew nitakuheshim!

    • @ValerieMivuba
      @ValerieMivuba 10 годин тому

      Urimfura Muhungu uvuga ukuri ,utavugira umuvumbi kumuvumba💪👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻

  • @nkurunzizaabdillahi2955
    @nkurunzizaabdillahi2955 5 годин тому +1

    Haaa isigaye utinya nki ntama ko intama ariyo utinya gushika bayibage.

  • @NIRIKESHAAnneLyse
    @NIRIKESHAAnneLyse 13 годин тому

    Uvuze neeza nukuri 🎉🎉

  • @AlfaAxade
    @AlfaAxade 9 годин тому +1

    igihugu kirapanze egokweli kirapanze kwisumu 😊😊😊😊

  • @janvierniyibaruta1857
    @janvierniyibaruta1857 Годину тому

    Mwirinde uruhendo!!

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere 4 години тому +1

    Nonegasha kobakuba uko amara yandikuriye jyifashe ww pacifique urumuganga amujejwe ???????????

  • @JimmyNimpagaritse
    @JimmyNimpagaritse 13 годин тому +2

    Ukuri kwose kuri muri ubwo bwenge bwa Pacifique. Wubahwe cane ❤❤

  • @HamenyimaJeanclaude-ob8nd
    @HamenyimaJeanclaude-ob8nd 3 години тому

    Non kobavugako yaj makamba

  • @nshimirimanaclaudine9368
    @nshimirimanaclaudine9368 13 годин тому +1

    Ndagukunze nukuri

  • @LiyemaLali
    @LiyemaLali 13 годин тому

    Pacifique you are great man❤

  • @BoscoNdayishimiye-w3h
    @BoscoNdayishimiye-w3h 13 годин тому

    Ari kirogorogo nahone aba kwegeye uburogorogo igihugu

  • @ElissaNduwimana-v3u
    @ElissaNduwimana-v3u 10 годин тому

    😬😬😬😬😬😬🏃🏃🏃🏃

  • @ProsperNzeyimana-u8q
    @ProsperNzeyimana-u8q 8 годин тому

    Vuga wirenganire Mutama.

  • @DenisGahimbare-ne8hh
    @DenisGahimbare-ne8hh 13 годин тому

    Ijambo ryishi hano!!! Coup de chapeau vmt

  • @LéonieNyandwi-z1p
    @LéonieNyandwi-z1p 10 годин тому

    🤭🤭🤭😬😬😬

  • @Ruth-x8n
    @Ruth-x8n 10 годин тому

    Wubahwe

  • @JamesNyandwi
    @JamesNyandwi 8 годин тому +1

    Hahaha

  • @JuvantNshimirimana
    @JuvantNshimirimana 13 годин тому +2

    Oya sha nugeze ngaho. Ntavyo uriko uratubwira.

  • @GeremieHacimana
    @GeremieHacimana 8 годин тому

    Non apfuy mwoc mufata igihug mbe murazi igihe ciw muribesh

    • @Rubuka264
      @Rubuka264 8 годин тому

      Abicanyi boba bagabanutse. Igihugu nyene naho hoguma aba DD hazotinda haze uwuzi gutunganya Igihugu, akitaho ubuzima bw’abo arongoye, atabica, atabangaza, atabasahura, atabicisha ubukene. Kuko nawe uvuga ndazi ko ukenye. Ariko kuko babakoropye mu mutwe, mwumva ko mukenye kubera abandi.