Ir David asiguye ivyaya nyubakwa ya Diaspora uko bizogenda vyose.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 22 вер 2024
  • Umuhinga (Ingénieur) ajejwe kwubakisha ya nyubakwa ya Diaspora arerekana neza uko iyo nyubakwa y'ubuserukizi bw'abarundi baba mu mahanga izoba imeze. Iyo nyubakwa izoba igizwe n'ibice bitandatu harimwo uburaro, ahabikwa imiduga (Musi y'inyubakwa), amazu y'idandarizo n'ibindi.

КОМЕНТАРІ • 10

  • @Burundian-k3q
    @Burundian-k3q 4 дні тому

    Mukomere cane gose, ntimunyiganyige 🎉🎉🎉
    By Jeremiah Burundian man ❤️

  • @ClaireInamahoro
    @ClaireInamahoro 4 дні тому

    Wow, great idea to join and support

  • @kwestmotivationtv9831
    @kwestmotivationtv9831 4 дні тому

    🎉🎉🎉🎉 Kabisa Ades Designs

  • @GyslaineMugisha
    @GyslaineMugisha 2 дні тому

    Tera imbr boss.

  • @LéonidasNahishakiye
    @LéonidasNahishakiye 4 дні тому

    Turumvumugambi

  • @LéonidasNahishakiye
    @LéonidasNahishakiye 4 дні тому +2

    Ikibazo. ? None. Kubazobabatanzuburyo. Niyuzurabazoronka. Inyungu. iyihemumwimbuwiyonzu

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 3 дні тому

    Muze mwibuke kuhashira ama guichets electrónics en devise et en fancs burundais kuburyo nuwuhari ashobora kuba retirant vyoroshe amahera yipfuza

  • @onanikubwimana479
    @onanikubwimana479 4 дні тому

    izoba iri Bujumbura majahe!?