Sindiyekamwe inoti yayizinze,ewe Roza amabi yose yakuzuyemwo,wahenze Paul ngo yirukane Jina uri mu migambi yo kumunyaga urukomba mazi???? Uwavuze ko harico musana na shetani ntiyabeshe,uwuramvye azobona!!!!!! Ese ingene wasa neza ariko umutima wawe wirabura!!🙈
Roza ubuhoho akoze pharmacie vrema !abanezerewe ningene rose akosoye Paul tumenyane!bagabo ntimukigure abagore ngomwibagire abomwavyaye
Love from Alpha TV Burundi CEO KUBE DRAMA
Wewe Paul koma musosi abana bose warirukany urakomye urahuye na rosa mtoto wa mujini 😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃👌👌👌👌👌👌👌👌
Rose akora ibijanye nigihe bana
Ryambare niwe waryiyambitse
Warikwegeye nguronsumugore
Roze nukuri uri umugome utebe wibe nyene izuba riva.warufise ubugome bwose ark ntiwari bwibe ngowongere uroge
Warubizii
Barakubeche
Nivyiza kubona rosa akosoye Paul! Abagabo bameze uko niyo mpembo courage❤❤❤❤
Much love from👏👏👏🙏🤣🤣🤣😂😂
Huuummmm...
urya uwawe ukinovora intuntu..
Paul,uzoca umugani pe
😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀icokirundi kirakaze
Paul koma musosi naw uhakuw na Ndiho nayahand azi k yaguhejej
Uwambere 🔥💥🥰❤️ war'ubizi iratwika🔥🔥🔥💥
War'ubizi hejuru cane ✨🔥🔥🔥🔥
Paul ndabona ugombukome🤣🤣Rosa twika twika 🤣🤣🤣
Ewe kirundi ca Commissionnaire 😁😁😁😆😆😅🤣 ndatwenze ndamanyuts
😂 😂 😂 Nawe wavyunvs 🙈🙈🙈
Ararezze
Mr congolais 🤣🤣🤣🔥🔥🔥wubahwe mwana mboka
Urinyuvira cane
Arazuye
Rose rek mvugenti courage kurubwo bugome bwawe Imana ikomez kugutegurir impembo igukwiriye Paul nawe ukomez gupakirwa ibiyayuramutwe ngo bigabanya stress ukibagira n'agakiza kawe abantu nkamwe sinzico mubera kw'isi ariko ndaguy ndagarutse mwaje kw'isi kugira mubere isomo abandi boshak kumera nkamwe ariko la fois prochaine muzokosore amasanamu harukunt ataboneka neza hamwe hamwe mukomeze turabakunda cane
Turakunda KO ubikurikiranira hafi
Urakoze cane . turagukunda
Yagutaye
Manaweee nagira nijew mbaye uwambere non nsanze harabaraye bamba 😂😂😂👌👌👌❤❤❤❤❤❤
Ewe roza uri umumesha nukuri
Nomaaaa saaana🔥🔥🔥🔥
Yanyicikanye
Ihere vuba numva imbabaje. Abagome kuriyi si babaho
Yoo Rosa uragakoz muga imisi yigisuma ni40 jour
Iyo ni impembo yo kwirukana umwana wawe
Umuti waragufache
Poul nezerewe nukuntu rose agukoze mumaso kuko wew wew ntubona😄😄😄😄😄
Kuraje.. Murakina.. Neza.. Cane. Murigisha...
Ww ndakwizera cane😂
Uridaya nonene
Ark ibibintu rose arimw
Bizohr Ryari 😂🌹🙈
Muraberewe .cane
Abagore binzoka nkaroza mwubahwe😭😭😭
Loza urahatwitse
Mbega abagore b'iburara n'ibara paul yibaza ngo afise umugore azomurabira ivyiwe none birangiye amwivye
❤❤❤❤❤❤
Nimugacho
Wastapu nigoeane
Rosaa iyonzi nyimba aruko atri iyawe uragavye vrt utwo duhera kl
Courage tubarinyuma
Urumusuma
Ugiye kudepoza
Number one❤️❤️❤️
Ego cha zuranezewga
Abagore bibisuma nka Rosa ni benshi muragabe bagabo 😭😭😭
Sindiyekamwe inoti yayizinze,ewe Roza amabi yose yakuzuyemwo,wahenze Paul ngo yirukane Jina uri mu migambi yo kumunyaga urukomba mazi????
Uwavuze ko harico musana na shetani ntiyabeshe,uwuramvye azobona!!!!!!
Ese ingene wasa neza ariko umutima wawe wirabura!!🙈
good
Urinzoka Rosa
Uyumusi mbay uwamber nyen!
Paul koma wizeye Rosa gusumba abo wavyaye
Rosa weweeee nkomubuzima busanzwe sinziko narusuferi yokwakira kurubwo bugome bwawe
👌👌👌👌👌👌
👌👌👌👌👌👌
😘😘😘😘😘
👌👌👌👌👌👌
👌👌👌👌👌👌👌
👌👌👌👌👌
Polo koma koma koma wongere ukome,umutw wita rose arakuberey rose nyene
Azonhidunka
Igice ca 20 turagikeney
Nacerew ndabakund
Ewe Roza nawe uratwenze i parcelle avec maison en étage Ya 40 millions bakaguha 35 ubwo ntumubeshe uzoronka ibiranga parcelle kweli
Manaw rosa arakora ikib akacemer ndabakunda
Rose yahinduts gaga vrt urabiryosha
Poro koma, rose urakoze umuti vrema
Nibaze ko Rosa azohereza muri gereza
Uwumus ndazinduts kabisa
Igic ca 20 vuba bwango
Mukin nez biraberey tubibon ivyo mukin nibibah
Koma
Urumujura cha mubi wewe
Commissionnaire yirambire kweri!!😀😀😀.
Paul nawe ngira azoca akanura abone,arahuye na Sindiyekamwe kweri!!!!
Jinaaaaàa,Papa wawe baramugaruye akenge,wavyumvise????