Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Love from mr sammy comedien abakunzi bumwobo tumenyane
Samy mpinambazawe za WhatsApp duhore twiyagira ndagukunda kweri ukina neza.
Niho turi
Turabemera
Turihano komera
Iy introduced ni kubwa sana
Abari barindiranye igishika ikigice tumenyane😋😋😋
Nahora ngenda ntavuze iyimpeta yamadudu iransekeje pe!🤣🤣🤣🤣🤣💞💞💞💞
Abari baciteze uyumusi tumenyane dukunde ivyacu💖💖💖💖🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Vraiment ubuhoho birarenze muraryoheye cane ,mukomeze ndabakunda cane
Enock yigize umunyabwenge rero Blaise agira amwereke kwaru umunya mutwe courage Blaise ndagukunda niwubahwe pe
Yoo berze biranse ko yihangana arakuye impeta
Blaise ndagukunze cane gose ukuntu uriko uvyitwaramo kabisa. Tumenyane cane pour le support
Aha ndabona batazakoroha kabisa1
Muranteye agahinda kweli Blaise kuberiki ukinumukino wurugamba utarubwiye umukunzi wawe najewe nobabara kuko twebwe abagore dufise umutima woroshe. Ariko komeza muduhanure turabakunda caane
Yes yes Samy!!urumunyamitwe ndakwemeye we nice gumirizaho
Munaweza kbs Burundi yetu imekuwa juu sana
Yamaze kuhagera ya saiso nkunda yooooo 💃💃💃🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndabakunze sana muhezagigwe
Yooo madudu n ntiyambura😂😂😂😂bayimwambits yayishaka naho hoza uwundi yari gutega kuko yayishaka
Ndashaka kubona umwana wamadudu
Ma dudu ngo yisha kira impeta bayimwambitse kwizina ryumugabo wiwe
Courage muragerageza gusa Belyse ntate agakiza kuko intambara zobanyishi gusumb ubwamber
Yes yes Samy!!urumunyamitwe ndakwemeye we nice gumirizaho turakwemeye cane
Kugira umugore nka madudu mukhama ningorane
Komeza turabakunda
I really can’t with yah 😂😂😂made my evening
Sammy non iyo mpet y Madudu ifatiy kuk babweng bar bensh kwel 🤣🤣🤣murasekej p
Wow nice you are the best of in the world wow nice
Sammy urigitangaza na madudu enoce yagutumye umwambike impeta harahiye noneho 😂😂😂😂😂
Number one
Ewe madudu shaa ngo wambitswe impeta nizina rya enock
Samy mubwizukuri belyse
Madudu Uri ikijuju kuko impeta siyo yubaka hubaka urukundo
Waoooo ndabafana cane gose courage mr sammy ubikoraneza cane harimwo impanuro 🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯💗💗💗💗🙏🙏🙏🙏
Biri ihane birahera
Umusi ko mwagize iminotz mike
Ndumiwe koko! Madudu arishakira impeta kuruta umugabo
Ndakwemey Sammy
Ash muraz gukin kabx!!!😂😂😂😂😂
Mumbabarir izo ntebe zamaze gucafura vraiment murab mugikorereko bazihanagur cank mugur izind kuko birabonek ko zicafuye hama courage mubikorwa vyanyu ubu mwabaye aba injenie mugukina big up Rukund tv for life 💪
Hhhh ariko nawe uratwenza nukuri erega siwabo none nimba nyeneho atagomba kuzihindura bace bagira gute wewe kurikira inyigisho ibindi ububyihoreye
@@benignenishimwe8051 Mumbwirire
Mwongeriminota 💌💌💌
😂😂😂😂jewe nabonye kwarimitwe bakinye na madudu kugira Blaise aronke uko uko Belyse bazomuha divorce 😂😂😂😂kugira Enock nawe ashavure aceyemera kumwambika madudu😂😂😂
Namber 2 à inyuma tumenyane✌️✌️
Sammy ndakwemey pe mushush umutw Enock nkukw naw awugushush icumuntu abiba nic azimbur
Madudu kura iyompeta enoke nawe naw gwan kumugabo abafan baw ntimundute shasi hama bantumwaraboze ifatir nneivyin tebe bibarab kwik?? Mwemurabe film bindi muberek barundi murangoy pe rukundo tv 💕💕💕💕💕💕🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️
Bemeze
Number one 🤛🤛💞💕💚💙madudu anburiyompetaa
Shaa musigaye muteba cane gose
Tuguma tubakurikirana
impeta ikomej itezibibazo
Ewe madudu ngo wambaye impeta uranyeguye
Iyi film ndayikund can kand murashoboye
T
Madudu yishakir impet
Senge agatwengo karamwishi
Mwubahw kbx
Eheeeee🤠🤠🤠🤠
😂😂😂😂😂Madudu nakarofa ngosimbamburimpeta yishakira impeta
Madudu Uri kijuju pe
Respect
Madudu n'akarofa kabisa
Braise urinkwezi yamarere😂😂😂😂
Madudu biramurenze
Wawooo murakoze no kudushirirako
Belyse yarihanye kwel
Madudu yishakira impeta gusa ntakindi
Biraheze
Madudu ni rofa💯💯💯
Narinacerewe abokwamwarabu tumenyane
Sammy ndakwemeye uraciyubwenge cane mukomeshe Ennock nawe abone ivyo yagukoreye kwaramakosa nawe ahakure icirwa Hama mureke kuza muradutevya kuduha
Igeze aho ibishe
Murabiryosha ariko saison zirashisha.Ba mugira film zinini.
Birafmuye
Madudu weeee ibijambo vyawe bitagira ibitekerezo wew wakwishakira Impeta😂😂😂
Mbaye mubahafi
Number 40!
Abagore bibijuju nka madudy bakwiye kubaho🤔
Samy ,turabirindiriy uko bizogend
Madudu kurayo iyo mpeta
Muradusondetse♥️♥️♥️♥️💞
Madudu kura iyo mpeta kunezayawe
Komere
Komuyitevya cane bemunyarutsa
Nurudubi
Ndabakunz cn
Samwella. Arihehe???turamushaka.
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Nic gusa unomusi mwatwivye iminota
Mdud nibakurek nibashanir blaise
Uwi 10 nanj unomusi mbaye mubambere kabsa
Madudu Arwaye Impeta😂😂
Number4
Madudu akunda impeta cane ariko siyoyubaka
Ndayirambiwe
Yihoze ntuzongere kuyiraba siko
Ukovyogenda kose Blaise na Belyse ntibaze bongere futandukana oyape! Ikindi Mutama Sammy nimutwongere iminota turabasavye🙏
Jewe nshak bavane kubera Jew samwella nubu ntaramvamwo
Ndagutagutahura cane Dorine ariko urukundo gukuri rugukoresha amakosa mabi cane ariko ataruko urimubi Belyse kuri Blaise we yokora ibibi vyishi kandi turetse amaranga mutima Belyse mumwumve ubu yarahindutse kandi wihangane twese Samuella twaramukunda ariko ntakundi koyagiye
Nimumureke madudu kuko yayichaka iciza nuko yambay impeta
Dodo uratwikakweri
Sammy uraciyubweng kabsa ndabkunda cne muduh iyikurikira vub
Madudu urikijuju nukuri blez bakine sha dakwemeye nukur baras kuguh divoros non bakorerek nukur
Nn ga madudu hubaka impeta iyiiiiiiii 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ewe Madudu nawe urikijuju.ukemer ukambikwa impeta numugabo ataruwawe?
V.D
Yooo mbaye uwi 1200😂😂ariko ntaribi
Samy ufise ubwenge bwish vrm🤣
Kabis 🥰🥰🥰🥰💋💋💋❤❤❤🙏🙏🙏👍
Mutwongere iminota

V
.
D
Yooo mbaye uwi 1200😂😂ariko ntaribi
Samy ufise ubwenge bwish vrm🤣
Kabis 🥰🥰🥰🥰💋💋💋❤❤❤🙏🙏🙏👍
Mutwongere iminota