UMWOBO WURUKUNDO SAISON 3 IGICE CA 19

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 30 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 272

  • @pkfj1udhg476
    @pkfj1udhg476 3 роки тому

    We madudu uranyumije ngo ewe yesu we samwel pole sana imana izogucira inzira baze barabe irya miti iri mwisutiye bazoca bamenya ukuri

  • @angeliquecongera1597
    @angeliquecongera1597 3 роки тому

    Samwela genda Imana yagukuye mwakiriya kinogo niyo yanagukijije niryo shano urikwagirizwa kandi ariwewe ryari ryatezwe nubundi bitebe bitebuke izokurenganura. Ubwo butungane burabe belyse arafise mumabere agashashi karimwo ibimwiyiciye.

  • @Luckness-u1n
    @Luckness-u1n 4 місяці тому

    Blaise urumugabo wimbwa kbx Na samuella Kuri belyse ntiwigera umwumvira uragowe uzokubaka nke 😋😋😋😋😋

  • @benjoymugaboniher2809
    @benjoymugaboniher2809 3 роки тому

    murakoz ariko divin wew urumwicany wibuk numus wanyum kugir afe ivyomwayaz madudu wew komer umukwirikiran samwela

  • @janeburu6538
    @janeburu6538 3 роки тому

    Yooo mwabonye ko muruhiye kumubeshera samwera birambabaje uhoraho akurenganure vuba muzane ikindi gice

  • @ElianeTuyizere-uu3pf
    @ElianeTuyizere-uu3pf 11 місяців тому

    Arik kuberik belyse afis inzig!!! Niy izomwic!❤❤❤❤

  • @cocozoe2809
    @cocozoe2809 3 роки тому +15

    Nember one uwabibony avyerekane ndabakund cn rukund tv song mbere😍

  • @manariyodesire5757
    @manariyodesire5757 3 роки тому

    Madudu na enoc bari mukuri ariko aboba police bakwiye gukugwa mugihugu amatohoza yabo ntashoboka aho ntimwunva neza ko samuella yahatse. Imana niyo yamuburiye

  • @خلودالغامدي-ل7ث
    @خلودالغامدي-ل7ث 3 роки тому

    Ikinyomanigicindukurikuko
    Kugiributoniyo
    Nyituranok
    Guhoaramugahindugaugisawenyene
    Samwr.wizerende.wizerende.komwisinawikwirigir💔💞💞💘

  • @nduwimanajosephine3836
    @nduwimanajosephine3836 3 роки тому +5

    Nibandondere jew mvugukuri kuk narabibonye ukuntu Belyse yashizemwo isumu 😀😀😀😀

  • @akimanajoselyine8319
    @akimanajoselyine8319 3 роки тому

    Yoooooo maskin Samuel la arazize ubusa ndarize kweli kabisa akarenganyo nkako kabaho mukibano ndababwire lmana ntiyibagira abayo kabisa nagende belyse ingero yicaha nurupfu kabisa hagiye gusha noneho ngo samuella apfungwe uwo guherayo .mbegaho belyse yamwicisha kovatamufunze uwoguherayo? Akarenganyo muburundi bwacu nuko vyifashe mumvugiye ibintu pe

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 3 роки тому

    Samuella imana izoguhorer nibakore mwisutiya barabe irya sumu

  • @emmantabwe1788
    @emmantabwe1788 3 роки тому +1

    Aha ndabona igiye kurangira mukecuru afyuye bayi

  • @aishaciara85
    @aishaciara85 3 роки тому +3

    Samuella Imana yagukuye muri kirya kinogo cambere iracari kumwe nawe. Murindire amatohoza avuye kwa muganga nawe azobabwira icishe Belyse naho babisanze

  • @nsengumuremyisylvester4950
    @nsengumuremyisylvester4950 3 роки тому +2

    sammy twubahane rero shaaaa,umviriza samuella ntazire ubusa.amajambo nyakwigendera yavuze muyigekooooo.knd mukufuba mumusake kk isum yasigay yarayibitse.plz samuella ntapfungwe ivyo mukora vyose

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 3 роки тому +9

    Madudu yesu we yesu😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂samuella azorenganurwa ntabwoba 😘😘😘😘😘

    • @قناةالكويس
      @قناةالكويس 3 роки тому +2

      Ooooh my good samuella😭😭😭😭imana niyo mutabazi

    • @kanzayirelysette1250
      @kanzayirelysette1250 3 роки тому +2

      Plz madudu uzamfashe urenganure Samuella Sammy afungwe turabakunda mushyireho ikurikira vuba Samuella arenganuwe

  • @mukanoheriesperance9840
    @mukanoheriesperance9840 2 роки тому

    Ako gatwakazi ngo ni muramukazi wabo arabizi navugishe ukuri

  • @rinkaoman9682
    @rinkaoman9682 3 роки тому

    Umwobo urabaye umwobo birangiye inkozi yikibi ariyo ihaguye

  • @uwaseyvette4810
    @uwaseyvette4810 2 роки тому

    Stivine Mur film nyinshi ukina usa n'umugore w'inshinzi nizere k nomubuzima busanzwe atariko umeze!

  • @janetmurora8804
    @janetmurora8804 3 роки тому

    Ubutugane bwuburundi nuko bukemura ikibazo.Gufuga umutu kandi anatwite mwiza uwomwana azafuka arikuvara iki.kandi samwera narikuregana. Samwera imana irabibona kuregana.

  • @bitangimanapascasie912
    @bitangimanapascasie912 3 роки тому

    Samuella ararenganwa kuko musazawe mubizi kuva kera kari belyse yashatse kwica samuella IMANA irakinga ahubwo abo bantu bakora amatohoza ntavyo bashoboye kuko mugukora amatohoza bahera hasi gushika hejuru

  • @cesariekaneza4458
    @cesariekaneza4458 3 роки тому

    Imana izokurenganura sha samue,urucira mukaso rugatwara nyoko

  • @deboratuyizere7355
    @deboratuyizere7355 3 роки тому +11

    Samwera ararenganyepe😭😭🙆

  • @uwanyirigirachakira3632
    @uwanyirigirachakira3632 3 роки тому

    Bagabo nka bureze muribicucu cyane ikindi Divina ndushyi wananiwe nurushako Ukuri urakuzi nkuko madudu yabikubwiye warukwiye ,kwigiraho 😏🙆

  • @girukwishakavenantie497
    @girukwishakavenantie497 3 роки тому +16

    Murakoze cane, ariko Divine wibuke ko Belyse yari yakubwiye ko agombe amwice samuella kandi atazomuhuasha ukanamuhanura ngo nabihebe akakwankira nawe ucumubwira ngwazabikorane ubwenge, ivyo uvyibuke neza, burya nawe uri indyadya muri basazawe ntuvuga ukuri wagumye ukingira ububi bwabonetse muri belyse, ariko ikinyoma ntaho cigeze kitsinda ukuri, Samuella wihangane ukuri IMANA izokugaragaza kandi Divine azomaramara !

    • @nsengumuremyisylvester4950
      @nsengumuremyisylvester4950 3 роки тому +3

      dvne yaravyibutse neza.knd uwomugirako amatohoza yobivuga.ukur kunesha ikinyoma.samuella wam wizera imana

    • @kanzayirelysette1250
      @kanzayirelysette1250 3 роки тому +2

      Vrment mukine neza satani iri muri Divine na Sammy itsindwe, Sammy urumugabo mubi cyane uteranya abagore bawe ,Samuella wamuzaniyiki ukunda Denise, hamakandi wibagiwe ko uwo baido ari umwana 2, yamushatse kenshi amugira kipofu, arakuramo inda, aramwicisha Samuella Iamana iramurokora , ubutaha wowe Sammy uzakine neza ube umugabo usubiza amaso nubwenge kugihe umenye ko Samuella yahohotewe kenshi na mwese. Divine urumugome mubi

  • @كوببلنةىلوة
    @كوببلنةىلوة 3 роки тому +2

    Courage turikumwe samwela ihangane uzovayo nubwo urenganwa ukuri kuzoja ahabona

  • @ndayishimiyeconsolatte7508
    @ndayishimiyeconsolatte7508 3 роки тому

    Mugs blessé ndakugaye kweri kuberako ukuri kwasamwella urakuzi nibibi vya belyse ubizi ntiwiyumvireko bitazokugaruka umuntu azi kubaka ni samwella kandi Aru aha wibuke I ih yagusuzuguye belyse nihatari

  • @iteritekanananadege8177
    @iteritekanananadege8177 3 роки тому +2

    😭😭😭Samuella wanje disi nkubu azizwiki koko😪😪madudu umubehafi shahu🙆‍♂️🙆‍♂️

  • @chadracknduwimanz8809
    @chadracknduwimanz8809 3 роки тому

    Ham Sammy nukuri Samuel muramurenganye kuko belse yagomba yice Samuel

  • @estellandayishimiye1581
    @estellandayishimiye1581 3 роки тому

    Akataretse kana gasema

  • @benignenishimwe8051
    @benignenishimwe8051 3 роки тому +10

    Nibaja kwoza umurambo bazoca basanga ya sumu muri soutien ya Belyse, igikuru nuko Shangazi wa Blaise arihazoba ari hama Samuella ace afungurwa,ikindi cyakunda nuko mu salon haba hari camera

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 3 роки тому +7

    Urucira mukaso rugatwaranyoko

  • @marcelinehabandi315
    @marcelinehabandi315 3 роки тому +1

    Oya belyse ntiyarakwiye gupfa kuko niwe yarakwiye kuvuga ukuri

  • @mutamatv7128
    @mutamatv7128 3 роки тому +5

    Naho mutubesheye. Turofungurwa
    Rer mwihangane nubu turikumwe na samwel kimwe nuko isumu mwaduteguriye twayisivyee. Rer twagiye mugas ariko turovayo vuba kand ndabona nabofure ko ashigikiyee❤️❤️❤️🏋🏾🏋🏾🏋🏾🏋🏾🏋🏾🏋🏾

  • @gakunzidavid3298
    @gakunzidavid3298 2 роки тому

    Ewan belyse niyigir nasatan ntazomwakir kuk karakagome😥😖😓

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 3 роки тому

    Samuella muzokwama mumuhora gutekereza kwiwe Stivine wibukeko Belyse yariyakubwiyeko ashaka gukora ikibi kandi atazomuhusha

  • @eugeniebazubagira4054
    @eugeniebazubagira4054 3 роки тому +3

    Ihangane Samwella Imana yagufashije ukava murupfu ukongera kubona ntaho yagiye gose ndizeye neza ko uzorenganugwa, kdi abo muri urwo rugo batajya batekereza kububi bwa Belyse nabo ndabagaya, hama nawe tivine urambabaje kuko niwowe uzi ukuri ariko ntugukozwa kubera umutima mubi ufise ico noguhanura gerageza ube umuntu mwiza ntukifuze ko abandi basenya nkuko wasenye.

  • @emelyneizonderera8808
    @emelyneizonderera8808 3 роки тому

    Nimutunyarukirize yoooo sammuella pore

  • @niniasta5213
    @niniasta5213 2 роки тому

    Yooooo bashe nukuri naje ndarize

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 3 роки тому +2

    Baido muzomubwireko nyina yarumwicanyi😂😂icakoze Styvine agira umutima mubi kutavuga ivyomwavuganye na Belyse ukamuhanura areke ntiyumve icakoze Samuella❤yaje yarabize sibimwe vyakera

  • @yvettegahimbare4439
    @yvettegahimbare4439 2 роки тому

    madudu, wendakwemera sana,

  • @annabellaakimanamurengeran9927
    @annabellaakimanamurengeran9927 3 роки тому

    Murabe muriyo soutien

  • @mini.1267
    @mini.1267 3 роки тому +2

    Samuel arambabaj nkr😭😭😢 arik humur mwiza Imana yagukuy mwakiry kinog igasubir gutum knd ubon niy izokurwanir nomur vyos rek amatohoz akor kk Sitive aru mwana mub nkr knd haric abizik🤔🤔🤔 madudu kuk bakuzivy ni mwihangan me courage murashoboy kbx🙏

  • @ابومنيف-غ3غ
    @ابومنيف-غ3غ 3 роки тому +2

    Belyse mpore urucira umukate rugahitana ivoka😂😭
    samuella naw wihangane ukuri kuzoja ahabona umunsi umwe

  • @shimirimanamarie5295
    @shimirimanamarie5295 3 роки тому +1

    Naho Belyse yapfuy Sammy aratwenza peee ukuntu araba samuella 😂😂😂

  • @mutesiadelphine9743
    @mutesiadelphine9743 3 роки тому +3

    Urucira mukaso rugahitano nyoko
    None kuberiki Samwelaaa atavyaraa

  • @aliqueen9367
    @aliqueen9367 3 роки тому +1

    Numugire muyikine ihere yamaz kunshish misiyos samuella muramuboner nihere bas muduhe iyind nshasha

  • @amnahasd9746
    @amnahasd9746 3 роки тому

    Nimumbandanye iramyoshe cane samwera ihangane

  • @خلفانوائل
    @خلفانوائل 3 роки тому

    Imana irahari richa

  • @bigirimanaerick7687
    @bigirimanaerick7687 3 роки тому +7

    None ivyo yari ashize mundya za samwella ivyasigaye ntiyabishize mu soutien ntibabibonye🤣🤣

  • @dianenkurunziza3799
    @dianenkurunziza3799 3 роки тому +2

    Yoooooo Samuel 🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️

  • @ZaZa-yf9kk
    @ZaZa-yf9kk 3 роки тому

    Barakurenganij sha samuella

  • @كاملهوو
    @كاملهوو 3 роки тому

    Bayiodo yirabira uwuriko ararira ewemana nihatar kweri

  • @happyjeanclaude3679
    @happyjeanclaude3679 3 роки тому +3

    Birababaje kweli🥺samwela ihangane ukurikuzomenyekana.

  • @ndayishimiyejonas3927
    @ndayishimiyejonas3927 3 роки тому

    Yooooo samwela wihangan Imana irakubon ahubwo bwira ahu ufungiwe nzokuzanire nagatumbura kuko mugasho ndahazi narahahonyoye

  • @aishadjumaphones8877
    @aishadjumaphones8877 3 роки тому +1

    Stevini kuva ndakubona muruiyi cinema sinigera ndqgukunda

  • @rindaklelia7986
    @rindaklelia7986 3 роки тому

    Tuyirindiranye igishika igicegikurikira

  • @جوزفينامحمد
    @جوزفينامحمد 3 роки тому

    Mwirambire ndabikundira disi

  • @claireclara8458
    @claireclara8458 3 роки тому

    Nibarab mwisindiriya yiwe hariy ukuri.niyo yashize umutiiiii wamwishe

  • @salhaaa4996
    @salhaaa4996 3 роки тому +2

    Samwella arareganwa pee 😢😢😢

  • @behonest7
    @behonest7 3 роки тому +1

    Divine None kuvuga ngo urazi ko Samuella ariwe yishe belyse, kowabimenye ntubivuge. Gusa belyse yarakwiue gukina canke akarabuka kugira azane ukuri ahabona kuvyabaue

  • @belysehagabimana1760
    @belysehagabimana1760 3 роки тому +8

    STivine ukuri arakuzi kukonarabonyeko bitamutunguye

    • @كاملهوو
      @كاملهوو 3 роки тому +1

      Stivine yarabizi kuko yaramuhantuye aranka

  • @fanny4338
    @fanny4338 3 роки тому +1

    Imanimuramire samwella ♥️♥️♥️♥️♥️♥️

    • @iranzimwamini3061
      @iranzimwamini3061 2 роки тому

      Samuel yarigorewe🙆🙆belyse ninkozi yikibi niwe yiyish araga puuu

  • @سلمىبوروندي-و7ذ
    @سلمىبوروندي-و7ذ 3 роки тому

    Madudu mubayiryosha ufata akabanza kambere

  • @divinekezakimana4820
    @divinekezakimana4820 3 роки тому +1

    Reka mbanze ndamutse abari bayikumbuye,ibindi ndabivuga hanyuma

  • @fatmata9916
    @fatmata9916 3 роки тому

    Bisaba belyise aze ahembuke avuge ukuri kwivyo yakoze

  • @franseenborand7542
    @franseenborand7542 3 роки тому

    Samwera vamugacerere ubereke ukovyagenze Bose bamaramare guhora sumuti vuga

  • @stitore2388
    @stitore2388 3 роки тому +1

    Courage mwubahwe kuko mwavyerestwe nibamukureyo mugasho samwella urambabajepe🙆‍♀️🙆‍♀️😭😭 nibazeko iyikurikira uzataha

  • @agripineniyonkuru3981
    @agripineniyonkuru3981 3 роки тому

    Mugire vuba mumurenganure samuella wacu

  • @cesariekaneza4458
    @cesariekaneza4458 3 роки тому

    Belyse ikibi yakoze Nico camukozeko ,gusa murigisha cane ,vuba ikindi gice tukironke ,samuella yarenganuwe

  • @salimamanirakizaimanaibahe3433
    @salimamanirakizaimanaibahe3433 3 роки тому

    Divine ndamwanse

  • @nadiaishimwe9436
    @nadiaishimwe9436 3 роки тому +3

    Kbc tumenyan abaza nyuma

  • @emmanuelhatungimana
    @emmanuelhatungimana 3 роки тому +2

    Blaise urumugabo ariko wiyumvira nkumwana! Ntuzi kubona kure ntakuntu waruzi agahiza la Bélyse kuri samwela ngubone ubwicanyi muri samwela!😢

  • @fafaomani9983
    @fafaomani9983 3 роки тому +7

    Bazorabe Belize harya mwisutiye nibamusangamwo uryamuti bazocababona kariwe yagira yice samwella

  • @janeburu6538
    @janeburu6538 3 роки тому

    Waoooo murakaza Bantu banje gusa imbere Yuko ndaba ntimube mwamubesheye samwera kariwe yishe berize nkaburya âtmuntu wundi yabibona

  • @lilianeirakoze723
    @lilianeirakoze723 3 роки тому

    Ewe samuell pole sana kweri

  • @didi-dr1di
    @didi-dr1di 3 роки тому +1

    Madudu ngo bahahamvye umutwe wumusazi numurizo🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ndagukunda Madudu ntiwovyumva.vuba ndaguhabwe 🇧🇮🇧🇮🇸🇦

  • @fonsenabornda7335
    @fonsenabornda7335 3 роки тому

    Uruciya mukaso rugahitana nyoko kbs barawuciye

  • @ndihokubwayonadine3375
    @ndihokubwayonadine3375 3 роки тому

    Samuella koyabagorewe ngaho muramuzanye

  • @inamahoroinnocente3659
    @inamahoroinnocente3659 3 роки тому

    Samwela wihangane Imana iriho ngwireganure abarenganwa

  • @edgdggc4298
    @edgdggc4298 3 роки тому

    K mutamwumviriza Madudu none.Muriyi Firme Samuella muramubonera

  • @خلفانوائل
    @خلفانوائل 3 роки тому

    Wwe urazi ukuri wkiwe

  • @bettybayishemeze8168
    @bettybayishemeze8168 3 роки тому

    Urucira mukaso rugatwara nyoko belyse yari azi ngo arakonesereye samwella.knd ukuri kuzoja ahabona

  • @girukwishakavenantie497
    @girukwishakavenantie497 3 роки тому

    Barambwira aho sha Samuella afungiwe nzomugemurire ivyo kufungura, mu gasho inzara yaho izura amara, narahaciye ndahazi

  • @fanfan9656
    @fanfan9656 3 роки тому

    Samwe ukomezusenga uwiteka niwenyishu yavyose sitivine ubinyoma bimarumusi mtibimarumwaka ahowakarenganirije samwera niwigumenyeko urucirumukate rugatwarivoka

  • @mutoniwarda8970
    @mutoniwarda8970 3 роки тому

    Madudu uvuga ukuri ukakuzira

  • @dorineirakoze3608
    @dorineirakoze3608 3 роки тому +4

    Yooo nukur please 🙏🙏ndagusavye mana utabare samuella kuko ariko ararenganwa😭😭😭Blaise igihe samwella banyuruza kandi waramenye ko ari belyse yamwishe ntiwigeze ukubagura belyse kunko ugize samwella Blaise urambabaje kugwego rwohejur gushikah nibagira kwar film😭😭😭

    • @didi-dr1di
      @didi-dr1di 3 роки тому +1

      🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣pole sana wanje

  • @estellandayishimiye1581
    @estellandayishimiye1581 3 роки тому

    Samwela warigorewe disi

  • @joselyneuwitonze5983
    @joselyneuwitonze5983 2 роки тому

    Samuella ararenganywa,mbega ubutungane bwa feke.

  • @خلفانوائل
    @خلفانوائل 3 роки тому

    Karakarozi kahangeze cha

  • @yvettentaconayigize571
    @yvettentaconayigize571 3 роки тому

    Urucira mukaso rugatwara ntoko.knd ukora inabi ikaguherekeza

  • @Koki-xd2co
    @Koki-xd2co 3 роки тому

    Ninde yabonye stivine yagomvye gutweng aca arifuk kumunwa 😀😀😀😀😀😀😀

  • @nyngb5
    @nyngb5 3 роки тому

    Nice one, mukina neza cane.

  • @drfenaann7863
    @drfenaann7863 3 роки тому

    Sammy nukuri muramurenganije

  • @marynoella1752
    @marynoella1752 3 роки тому

    Mbe stivine kuzukuri waretse kubesha ukavugisha ukuri

  • @جوزفينامحمد
    @جوزفينامحمد 3 роки тому

    Turakenye ikigurikira

  • @ناصرالكلباني-ض8ط
    @ناصرالكلباني-ض8ط 3 роки тому

    Sitivine nasubze ubwenge kugihe yibuke ivyo belyse yariyamubariye

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 3 роки тому

    Mmmmmh Blaise nawe siwe madudu ariko avugukuri ukamuzibisha nahuvugango samdela uramukunda wapi wakunda Belize kuko Belize ivyoyakirera samwela waramushigikira ariko samwela yakoragato ukamutatira cane noneho IMana izomutetera samwela Blaise urumugabo mubi uhengamira ingalbimwe kandi sivyiza iyabari samwela yapfuye Belize abafise amahoro ntuburikuvuga je birambabaje kandukuri kugaragara

  • @GggGg-uh5ir
    @GggGg-uh5ir 3 роки тому

    Gusa ingero yicaha nurupfu

  • @ndayishimiyeconsolatte7508
    @ndayishimiyeconsolatte7508 3 роки тому

    Nukuri nihatari kweri ntacoroshe samwella yirirwa arenganwa Basha nihatari mbega koyagiye akagaruka nyene Blese ntaco yabivuzeko bavugako yapfuye ntanubwo yashavuye nkuko ashavuye muri samwella oya nukuri ntamukunda samwella ndavye homyene ukuntu yahatse kumwica ntagirire nimpuhwe umwa a ari Munda nihatari kweri