Salut les gens WoW je trop aime ce film 👌 le histoire et les acteurs sont doués mais j’ai vu une petite faut comme à 13:24 il y avait un enfant qui tousse et les gens rient donc il faut faire attention aux petits détails je vous aime 😊et courage fighting 💪🏽🫶🏽.
Shalom Shalom, twese turumwe bantu b'Imana, film Y'UMWAMIKAZI LESSIA ikakwigisha uyisangize abandi. Muhezagirwe❤🙏
Kweli cane wa sandy turabikora❤️❤️
Urumuti wamenyo Sandy😂😂😂😂imbavu zanje urazishura😂😂😂😂
Ntubesh
Iyo film urantwengej Sandy
Ukonukuri peee, iranyigishije inkuye ahantu ingeza ahandi mukomez kugira ihishurigwa mwarahezagiwe
Love from mr sammycomedien big up uburundi buriko buratera imbere pee abakunz ba kirezi n'a bukeyeneza mumpe like
Twahageze vrema
Gusa namwe munyaruke muduhe kirezi mwayitebeje
Sammy nawurashoboy vyukur abana b'uburundi turabaraba tukabishimira🙏🙏🙏🙏
Kur munyarutse muduh bukeye kez na kirezi❤❤❤❤
Sammy turinyum yawe
Hahahha Lessia mumuhe amashurwe kabisa numu Actrice arenz😂
Barakoze birakomera kbs ururimi honyene umengo nirwo yonse
@@vanessa-vavandikumwenayo2757😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉
😂😂😂😂😂
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮📢
Abari barindiranye igishika Umwamikazi lessia tumenyane🤟🤟nama like ngaha👇👇love from mimi🇧🇮🇴🇲 courage sandy Nduwimana kure canee niho nkwipfurije❤️❤️❤️🔥🔥🔥
Miche naw ntutangwa😊 kbxa
❤
Iyi film irigisha canee kl courage vrt burya Imana ntaho itokura umuntu knd ntanaho itomushikana
Love from GOGO LOVE OFFICIAL.turabakunda cane,abakunzi ba Sandy mumpe Ama likes please
Gogo ndagukunda❤❤❤❤
Gogo nkubaz kankindi yarahez?
Natwe turabakunda cane
Uwumvise ko Happy yaririmvye neza ampe like, anyway good story
😂🎉❤
Lessia hejuru cane🙌 ndumva ururimi arududura umengo yararwonse ikwafe nayo niyibisazi😁😁😁
Guys Courage kbs💪💪💪
😂😂😂😂😂😂
nonebugworuhara nigwavre?
Naracitsw kweri umamikazi turumwepee❤❤❤❤❤
Abumvise ijambo Riva yavuzengo umuganga wibipupe😂😂😂❤🎉🎉
Hajewe nasanzaye😂😂😂❤❤❤❤ nukuri😅😅😅😅
Jewe nahwerey n'agatwengo😄😄😄
Nanj numvise rirwa mugutwe😂😂😂
Wow!big up san Sandy/Lessia😅U did a great job🤝twese turumwe kabisa kuk twavuy ku mana Imwe🙏☝
Abakinyi ba film ndundi mwubakwe muratwigisha. ❤❤🎉🎉🎉
😂😂😂Iyi film izonkuramwo umutima muze muratunyarukiriza izindi ziri inyuma irarenze 😘😘
LESSIA umwamikazi wacu . Ndakubze ukuntu wakinye iyi Film, Nukuri ukuniko abantu bameze.komera cane gose my dear sister ❤❤❤❤
Salut les gens WoW je trop aime ce film 👌 le histoire et les acteurs sont doués mais j’ai vu une petite faut comme à 13:24 il y avait un enfant qui tousse et les gens rient donc il faut faire attention aux petits détails je vous aime 😊et courage fighting 💪🏽🫶🏽.
Ninziza cane irigisha pe
Lessia urakaze😂😂😂😂😂 Congratulations bantu banje
Courage kabisa ❤❤❤
No 27:40 in
Nkaba ndahashits mumwany isase umwamikaz Lessia hejuru🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Mwubakwe
Firme nziza cane firme yigisha Daa😭😭bibi kugaya umuntu utazi ico azovamwo kuko twese dufise ivyimana yaduteguriye yooo iyifirme iranyigishije gukunda burimuntu wese so courage bantu banje imana ibakomeze ibongere ubwenge bwinshi bwo kwigisha umuntu wese amenye kandi atahure Ndabakunda ndane❤❤❤❤❤
Twahagerey kabix hama courage mubirimwo neza from mimi ❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Buca bamwita umuganga wibipupe 😂😂
Ng,umutima wamunsutseko river uranyeguye
Courage vrement Sandy
Nukuri Sandy Urantwengeje cane😂😂😂ukokuntu uvuga kkkkk nicogipara kirakubereye nukuri hhhhhh
Iyi film ndayimaze 😂😂😂😂kweri muraryohereje umunsi umuntu nyene ntiyigera ahinduka ahubwo amateka yiwe niyo ahinduka❤❤❤,courage🙏🙏
Number 5 mumponge like
Nukur jew iyi film numuriro murashoboye🇧🇮🇸🇦🔥🔥
Félicitations Sandy lov u❤❤❤ ukin neza
Basha naje ndahageze kare pee mumpe twatunu ❤❤❤ courage
Courage dadae😂😂😂 bibaho binyibikije uwindi mugaga uvyo mukina kweli niyvo ❤❤❤🎉🎉🎉
Ndabasuhunjye nn mbazenyine sandy ntamusatsi afite😱🥰🥰😂😂😂😂😂 gusanyine ababonyeko atawagira tumenyane from 🇬🇦🇧🇮♥️♥️♥️♥️
Numusatsi canke numushatsi ?
@@MerryMerry-g1j 🤣🤣🤣🤣🤣 Ariko Murasetsa
Tunyayasa walah🤣🔥🔥
Ak kntu knkuyeho😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
waaoooh mbeg film nziz we🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Vyiza cane . Imana igume ibahezagira.🥰🥰🥰
Umwamikazi Lessia 👊👊
Courrage Sandy❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Umuganga wibipupe🤣🤣🤣🤣courage
Sandy ubuho rero ntiwaje uvyoroheje. Courage
courage Sandy😘,uhezagigwe kubw'icigwa uduhaye"TWESE TUR'UMWE"
Yes ,that film is wonderful ,I wish you to make th other films like as this , thank you very much, because we and you we are one in the God's love.
Gusa river film zosee akina ara derangea vy hatariii mur film xoo❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Sandy hejuru cane mubikize neza❤❤❤
Lessia urumuteguzi pe ndakwemera cyane
Abakinye mwese mwabikoze neza Félicitation
Wao courage mwamikazi❤
Murashoboe courage
Film nziza cane irimwo impanuro nyinshi mwubahwe courage
Filme twariturindirany igishik cinsh umwamikazi LESSIA hejuru can gus ntimuzoce muyicia hagati
Courage Sandy wacu
Yemwe nyina w umwami yitwa *UMUGABEKAZI* ariko nakunze iyi film !!!!🎉🎉🎉🎉
Burundian got talents 🇧🇮 Big up sanaa Sandy 🔥🔥🔥🔥🔥love from Ikete videoz
Shaaa muranyemej kbx knd mwubahwe sana mukinye film ikenewe mumibereho yamisiyose
Courage m'y sister 💋♥️
Courage Sandy!!urashoboy pee!!
Courage sandi uzigukina uvug nkabatwa iman ikuj imber
Imana ntaho itokura umuntu kndi ntaho itomushikana courage ndabakunda ❤
Riva ndamukunda nukur❤
Courage sando
❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂nahora ndayirengagiza reka nyirebe
Lessia🎉🎉🎉
Sandy na Riva abakinyi banje forever
Nkunz iyi films caneee nukuruuu ❤❤
Woooooow am very happy for this movie
Give your life to god the fine and near
Mwubahwe, ibikorwa mukora birarenze 🥰👌👌😍hejuru cane🥰
Acwiiiii from Rwanda ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
I Love you 🥰😘 sandy
Vyiz goooosr
Fantastic Film
Sandy muraz gukin kwl! ❤❤❤❤❤turabakund caneeee!
Wooh ibe inyigisho Kur bamwe bacibaz k har amoko umuntu nuwundi twes tur bamwe merci Sandy muhzagigw
❤️❤️❤️❤️❤️❤️ ndabakunda can
Courage murashoboye
Murashoboye🙌❤
Courage🥰🇧🇮hejuru CNE🇧🇮
Amen 🙏🏻 😊❤
burundian Movies courage.
Vyukuri abarundi biwacu felicitations murashoboye Happy riva wabikozeneza wubahwe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯💯✅✅✅✅✅✍👌🤝👍🙏
Sandys from Burundian and habari yako sandy
Nc flm courage san 🇧🇮
Courage mwabikoze neza cane
Umwamikazi resiya weeeee
J'aime
Courage sando❤❤❤❤🎉🎉
Egoo vrt hejuru cane❤
Courage vrmt knd mubikir nez cn🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Mwubahwe❤
❤egooo n
Ahubwo.nciye numva ndaguku.ze kybwiy film courage.natwe kurinyuma hm umugang wibipupe yarik aprofuta ko mamawe yomwemera
IMANA igeibaha umugisha
River aranyish😂😂😂waros usob kigitnda ndamanyutse nukuri😂
Incwiiii mbaga igikobwakizaweeeee uuuuuu❤❤❤❤
Hahiyeeeeeeeeeeeee, Love from IHURIRO TV
Courage cane Sandy❤❤❤
Courage bagenzi
Wow!courage
Sandy ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
😂😂😂😂😂 muranyish lessia we urashoboy nukuri
kuvyukuri iyo reresi ishigikirwe cane na Reta ibahe agashimwe kabisa
Hamwe ni reresi yamimi mileyii ibibero vyumuvyeyii babahe🎉🎉🎉🎉🎉 nukuri barashoboy
Lessia ❤❤❤❤🎉🎉🎉
courage umwamikaziResia
Amen yes abandanye abahezagira
ERIC WA SAINT FAMILLE PRIMAIRE 😂😂😂MYAKA MINGI SANA
Umwamikazi hejuru gose👌👌👌👌
Kbs ntaranayimara mbay ndacumitako like na commenti ibind nimunyuma