Umushikiranganji wa mbere atanze iminsi 3 ntarengwa imiliyaridi 26

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 жов 2024
  • Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
    Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
    Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
    Page Facebook: www.facebook.c....
    Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
    Instagram: / ihuriromedi.... .
    UA-cam: www.youtube.co....
    Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
    Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
    Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
    Lumicash: 61320806
    Whatsapp : +257 61320806
    Lumicash : +257 61320806
    This is Answer Media Online
    ************************************************************************
    IHURIRO TV turafise Maison de Production ikora amasanamu meza cane .
    Nimba naho ufise ivyo ushaka kumenyekanisha Urudandazwa rwawe twandikire canke uduhamagare (call) kuri iyi nomero yacu : +257 61320806*************************

КОМЕНТАРІ • 17

  • @MiburoJean
    @MiburoJean 5 місяців тому +2

    Mwumbawe❤

  • @sylvestrendayambaje8116
    @sylvestrendayambaje8116 5 місяців тому +1

    Harico Ntatahura , Ibigori Bisigaye Birimwa Bikagurishwa Kurya Vyakogwa Kw'Ikawa ??

  • @miaoffici
    @miaoffici 5 місяців тому +1

    Batayampaye ndamuvwira mutama

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 5 місяців тому +2

    Mutama yahora hehe?
    Kuva Bunyoni afashe ntiyasubiye kuvuga.

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 5 місяців тому +1

    None ibigori vyahindutse igiterwa njabukamazi

  • @edisonimasazi3498
    @edisonimasazi3498 5 місяців тому

    Tubura abashingantahe bavuga rikijana mugihugu nkamwe,ubundibwo twoteye Imbere,igurwa ryumwimbu ryaragenze nabi kuburyo bimenywa na Ministre,narishe muntara

  • @irakozebelyse2432
    @irakozebelyse2432 5 місяців тому +2

    Kubumviriza mwebwe nihamwe umuntu abataye umwanya

  • @stivennishimwe491
    @stivennishimwe491 5 місяців тому

    Ikibazo nibaza umuceri nibiraya komutabifatira ingingo nkiyomwafashe Nigeria muntara uvukamwoho twabuze ayoducira nayotumira twebwe abarimyi ayomahera muvugayashinzwe jewe ntamuntu ndabona arayagurisha

  • @AdamAmos-rr6fg
    @AdamAmos-rr6fg 5 місяців тому +2

    😂😂😂😂banyakubahwa

  • @FurahaMeckson
    @FurahaMeckson 5 місяців тому

    ❤❤❤

  • @Samson-hu2ix
    @Samson-hu2ix 5 місяців тому

    Mwebwe muyaduha mutevye nkubu mazukwezi kwose ntamahera ndabona

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 5 місяців тому

    Ooooook

  • @pickfordjustin3432
    @pickfordjustin3432 5 місяців тому

    Uyu aracavuga nka patiri🤣🤣🤣🤣

  • @ndikumanathegenendikumanat5868
    @ndikumanathegenendikumanat5868 5 місяців тому

    muta nubu ntakivamwo nkanje nsindigera ngurirwa ni kilo

  • @IsaieManishimwe-hl3qg
    @IsaieManishimwe-hl3qg 5 місяців тому

    Nagahomera bunwa mutama