Ibijanye n'imyaka ibiri ya gisirikare uku niko muri CNDD FDD bagisigura

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 жов 2024
  • #indundinews : Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD FDD #Revérien_Ndikuriyo arahumuriza aba nya #Gatumba KO ata mugambi uhari wo kubaraba
    twara amatongo.
  • Розваги

КОМЕНТАРІ • 7

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012 5 місяців тому +1

    Twese tuzoshira, ivyobihangange nibande

  • @RwasamanziEmmy-yl4bh
    @RwasamanziEmmy-yl4bh 5 місяців тому

    Mubaze muri congo karemi hoho haruzuye gusumba

  • @cidemike6264
    @cidemike6264 5 місяців тому

    Abantu Bose baraho muriyo nama basa nabasonje…….
    Ntanumwe azi uko etera mbere riza mugihugu…..
    Izo bwa fdd ntizibahende mugihe ABA POLICE BAKI CAMBARA IMPUZU ZIBAROKA. Baka genda ba saba amafaraga muba nyagihugu ntaco tuzanvamwo ….
    Kura inzara aba police naba soda hama baronke ama tegeko mashasha ata numwe ashobora kurenga aho niho tuzo kwemera kwi terambere riri munzira 😊

  • @samsonbushasha7298
    @samsonbushasha7298 5 місяців тому

    Ndakunda iy'indongozi!

  • @InnocentSindabikeka
    @InnocentSindabikeka 5 місяців тому

    Ntagihangange 6gi6hari kwisi kiretse Imana