Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Batakaza ubwizigigwa mubihugu bibanyi kabisa mana yaje garukirigihugu cu 🇧🇮 turagowe mana 😢😢😢😢😮😮
Imanza idukorere igitangaza igitoro congere kuboneka nka kéra kuko abantu bararushe,nyakubahwa mukuru wigihugu koresha stratégie buyoya yakoresheje igihe twari muri embargo,kuko abantu bararushe
🤣🤣🤣🤣ni kagame yagitwaye wampeyinka !
Wampayinka, turagowe 😢😢 abeneburundi bazoduheruka ngo turabantu kumbe twaraguzwe😢😢
WA MPAYINKA URUMUTI WAMENYO BASI😂😂😂😂
Akabi gatwengwa nkakeza wampayinka 😊😊😊😊😊
None kino gihugi nigihonomu cank? Babe bashiramwo ubwenge
Mana yanje Mana yanjeNone nta muntu numwe yoba yarafashe amasanamu igihe baba bariko barabaha ivyo bibanza vyose bitandukanye? Abatware bafata ingingo hanyuma munyuma hakabura uwazifashe mana yanje mana yanje
Nakamuna wampayinka barashika kwa président naho bumve datawe😂😂
Ibibera muburundi nakamaramaza 😢
Abantu mwese mwidoga muribamwe bokwa kagame,
We mwarimu,je mbona Iburindi bwose bukwiye kuba zone neutre. Ngira ni Bunyoni yagiywaye. Murabaza umwe yavuga ngo ibitoro yavyifatiye mu ntoke.
Nn bagab prezid kwatacabivugak?
Tubayeh nab kwl nkumwana winyon
Gihonomu
Hari uwagifashe mu ntoki
Igihugu kitagira uwugitwara nukwo, kirangwamwo akajagari, uburyarya nkabimwe birangwa mumashamba igikoko kirya ikindi, Aho akaruta akandi kakamira.Uwotwita Umukuru w'igihugu atinya gukora kuri commissaire communal yokwubahuka commissaire principal ????Burya kohatazwi uwatanze itegeko ryukwambura abanyagihugu Aho uwazanye imodoka bomurondera ntiyovuga Aho yagipakururiye mbendareka kuvuga abamubwiye kugipakira ???
Turi babahe biyake wampayinka ngohabaye umugabo mugihugu ciwe hateyinzara hanyuma abwirumugorati jewe ndagiyegucingero umugoratigenda nayahandi twogwamubana wamugabutanka aragenda ageze munzira ahura nagakwavu kamubaza iyagiye arakishurati ngiye gucingero kukwinzara iraturembeje katizana icokigeyo witaje nkwereke aterekahasi wampayinka gwarukwavu rufata umurizo rurakunkumura maze cakigeyo kiruzura arikorera asubira imuhira ashitse umugore aramubazati kowihuse atimpuye nurukwavu gwafashumurizo rurakunkumura gwuzuza kino kigeyo ngabobarariye wampayinka barahaze wamugabo abonye bigiye guhera abwirumugore atindagiye urumugore arati kuzogumugenda wongerugaruka birarusha atiniwitwaze imbugita maze uryamurizo uhezuwuce hamuwuzane gutyonatwe tuzoza turikunkumurira kugeza inzara niyahera wamugabutanka nguwaragiye bahura nagwarukwavu rutimugenzi zanankwereke wamugabo aratega ngugworurakunkumuye bugingo cakigeyo cuzuye nguyowamugabo arusimbiyeko rutinibiki wamugabowe atoya nguwaruciye wamurizo arikorera aragenda ashitse imuhira ahereza wamurizo wurukwavu umugorewiwe ngabobaratwenze baradya birahera wamugore ahitana wamurizo wurukwavu ngwakunkumure biranka wampayinka umugabo ajako nawene bimuta kuwamazi umugabati urabona kowampenze wamugabo ahitana cakigeyo(igitebo) nguwaragiye maze asanga gwarukwavu gwibereye hahandi atimuenzi mbabarira nagwotuti imbabazi naziguhaye kera rutirero hezusubizeko umurizowanje wmugabo ngwarawumadika gwarukwavu ngoruca ruriyirukira rugeze nkahariya rumubwirarutu nagukoreye ineza nawe ntiwabibona ucunyishura ikibi rero nuhezugende iyowarugiye nonenatwe nikotumeze abanyekongo badufashe ducetubambura utwabo
😀😀😀😀😀😀iyi ni bonus yose😀😀😀
Baracivye bagikoreshe ntaco bafise nabo
😂😂😂
Wavuga ntibunva ariko vyose biri kwiherezo kugira ukuri gutangure gukora
Batakaza ubwizigigwa mubihugu bibanyi kabisa mana yaje garukirigihugu cu 🇧🇮 turagowe mana 😢😢😢😢😮😮
Imanza idukorere igitangaza igitoro congere kuboneka nka kéra kuko abantu bararushe,nyakubahwa mukuru wigihugu koresha stratégie buyoya yakoresheje igihe twari muri embargo,kuko abantu bararushe
🤣🤣🤣🤣ni kagame yagitwaye wampeyinka !
Wampayinka, turagowe 😢😢 abeneburundi bazoduheruka ngo turabantu kumbe twaraguzwe😢😢
WA MPAYINKA URUMUTI WAMENYO BASI😂😂😂😂
Akabi gatwengwa nkakeza wampayinka 😊😊😊😊😊
None kino gihugi nigihonomu cank? Babe bashiramwo ubwenge
Mana yanje Mana yanje
None nta muntu numwe yoba yarafashe amasanamu igihe baba bariko barabaha ivyo bibanza vyose bitandukanye?
Abatware bafata ingingo hanyuma munyuma hakabura uwazifashe mana yanje mana yanje
Nakamuna wampayinka barashika kwa président naho bumve datawe😂😂
Ibibera muburundi nakamaramaza 😢
Abantu mwese mwidoga muribamwe bokwa kagame,
We mwarimu,je mbona Iburindi bwose bukwiye kuba zone neutre. Ngira ni Bunyoni yagiywaye. Murabaza umwe yavuga ngo ibitoro yavyifatiye mu ntoke.
Nn bagab prezid kwatacabivugak?
Tubayeh nab kwl nkumwana winyon
Gihonomu
Hari uwagifashe mu ntoki
Igihugu kitagira uwugitwara nukwo, kirangwamwo akajagari, uburyarya nkabimwe birangwa mumashamba igikoko kirya ikindi, Aho akaruta akandi kakamira.
Uwotwita Umukuru w'igihugu atinya gukora kuri commissaire communal yokwubahuka commissaire principal ????
Burya kohatazwi uwatanze itegeko ryukwambura abanyagihugu Aho uwazanye imodoka bomurondera ntiyovuga Aho yagipakururiye mbendareka kuvuga abamubwiye kugipakira ???