Thanks tout vert Michel for thé clarity ans truth container un this vidéo. Please go on with tout research and share with thé public news about thé dezth of Général Kararuza and Mr Manirumva for instance
Mbega mu Rwanda mwarabuze amakuru muhavuga ko tuzi ari n'a menshi. Vuga Rwigema, muvuge, Karegeya, muvuge Rutabana. Ivyanyu ko muvyicarako mukavuga ivyabandi?
Yari inkozi y'ikibi yo ku rwego rwi hejuru. Yishe Abatutsi batagira ingano. Cane cane abana b'abakobwa b'Abatutsikazi. Yarabasambanya ku nguvu, agaca abiica, kandi nabi
Ariko aho LEONARD NYANGOMA atumvikaniye n'igisirikari ca FDD,Gen ADOLPH afatanije na HUSSEIN RADJAB bafashije JB NDAYIKENGURUKIYE gukura Leonard NYANGOMA Ku burongozi bwa CNDD,bukeye na JB NDAYIKENGURUKIYE na we agwa mu mutego wo gukunda amahera na we Gen ADOLPHE afatanije na HUSSEIN RADJAB baramuhirika Gen ADOLPHE aba ari we ayobora FDD(ishami rya gisirikari rya CNDD)naho RADJAB aba SECRETAIRE GENERAL w'Umugambwe CNDD FDD
KILIBA ONDES N'AHANTU YITWA UKO MURI CONGO ONDES GISIGURA OFFICE NATIONAL DE DÉVELOPPEMENT DU SUCRE, HARIHO IHINGURIRO RY'ISUKARI KILIBA RERO SI IKIBIRA, SI ISHAMBA NKA KURYA KWA NYUNGWE MU RWANDA
Adolphe nshimirimana ntabwo yize Secondaire. Yavuye mu mwaka wa kane primaire ahita aba umwana wo mumuhanda ( mayibobo = umutimbayi) . Nibwo wa mu frère wo mugatenga yamutoraguye amujyana kwiga acrobaties mu gatenga. Igisirikare cyiburundi cya Ex FaB nticyigeze gitsindwa ahubwo habaye amatora yamashyaka FRODEBU iratsinda. FRODEBU yari iyobowe na Ndadaye.
Nico gituma Kiliziya gatulika itigeze ikurikirana Adolf Hitler Nshimirimana ku bwicanyi yakoreye barya bakecuru b'abazungukazi, kandi bitwa ko bari "ababikira"... nukuvuga abakozi ba Kiliziya gatulika
Hussein RADJAB yaje muri CNDD atumweho na JB NDAYIKENGURUKIYE (wari umuyobozi mukuru w'inyeshamba za FDD yari ishami rya gisirikari rya CNDD yashinzwe na LEONARD NYANGOMA) avuye mu ki gronome i GUHANGA,si we washinze CNDD FDD
Palloti ni catholique wamugabo we kiriziya ya Gikondo se siyaba pallotti siho dusengera se igengwa na Diossese ya Kigali aba palloti.abaselesiane ni aba Catholique buzuye no mubabikira bibamo ama congrégation atantukanye aliko bose nibamwe aho yasengeraga rero sirindi torero
Nibo babona ikibi akorera Abatutsi n'Abatutsikazi, birabarengera. Bahitamwo "kumwiyahurirako". Ni nabo bari bazi gahunda ziwe zo ku munsi wa mungu mu gatondo. Baca baramwivugana. Abatutsi babona kuruhuka iyo nterahamwe y'umumenja.... naho nubu interahamwe z'Abamenja zicuzuye mu nzego z'abahutu. Iyivuyemwo iba ivuyemwo. Izisigaye zikaba ziramenya ko zitazogumaho
Mbega inkuru j pierre rwose utugejejeho zikomeye😮 wagirango wwaraziteguye kbsa tukurabire❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Thanks tout vert Michel for thé clarity ans truth container un this vidéo. Please go on with tout research and share with thé public news about thé dezth of Général Kararuza and Mr Manirumva for instance
Gusa muratunze urusaku gusumvya abagore kl,mbega komutavuga ba Kirito mihigo
Pierre NKURUNZIZA niwe wamwishe agiriwe inama na Neva kuko yashakaga kuzabusigira umuntu yizeye utamufinga cg amunyage, rero Adolphe Bose baramutinyaga cyane.
Wewarabibonye
@@AudaceNdayisenga-c7x
Mbariza izombwebwe nibande babizi ko atanumwe mwaba yari munzego
Ok
Imihimbiri yinterahamwe....Ese ntantare mugira murwanda mwovugako mukarekana nivyiburundi mwabaswamwe
Niatali
😊
Ntihagire uwubishidikanya, urya mumenja yishwe n'Abasirikari b'Abatutsi, muri barya nyene bamurinda. Kuko bari bakirimwo
Mbega mu Rwanda mwarabuze amakuru muhavuga ko tuzi ari n'a menshi. Vuga Rwigema, muvuge, Karegeya, muvuge Rutabana. Ivyanyu ko muvyicarako mukavuga ivyabandi?
Hari icyo tuvuze tubeshya?
Umviriza Général Nshimirimana yaramaze gutabura urutonde rwagouvernement kabiriAti umugore wiwe ahabge intebe zibiri uryamusi bgagira gatatu🎉🎉😂🎉🎉 32:38
Yichiwe kukirimba yarashwe na mugenziwe ahawe itegeko na pres
Murasubira musesangure kuko hariho iyindi version ivugako aho muvuze atariho yarasiwe.Kwaho muvuze yabaye masque yari yarasiwe ahandi
Iyi nkuru niyo kogeza umwicanyi yamaze abantu
Muswere banyokoo
Nuko
interahamwe mwahuye muvuga Adolphe iriya mayibobo ngo intare😂😂😂
😂😂
Nagira nkosore gato Adolphe agitaha i Burundi ntiyashikiye muri Q Kavumu yashikiye muri Q Gikizi kwabavyara biwe bitwa ba MUVAYO ikindi naco si Hussen Radjabu yatanguje FDD uwo muhari watanguriye mu Kamenge umukuru w'ibiro bikuru vya gisirikare yitwa MISIGARO Donatien yohoze ar'umukuru w'ikambi mu Rumonge imbere yurwimo rwomu 1972 niho munyuma NYANGOMA yashinga CNDD ac'afata FDD iba ishami rya gisirikare agena Jean Bosco NDAYIKENGURUKIYE kuba umukuru w'ibiro bikuru vya gisirikare nawe ac'aba umukuru wa CNDD-FDD
Yari inkozi y'ikibi yo ku rwego rwi hejuru. Yishe Abatutsi batagira ingano. Cane cane abana b'abakobwa b'Abatutsikazi. Yarabasambanya ku nguvu, agaca abiica, kandi nabi
Ngayo amakuru yongereje ayo mwatugejejeho. Kandi mwarayacukumbuye pe ! Mukomereze aho nyene. Mushike no ku mumenja "PITA". Ingene yishwe abanje kuburirwa irengero...
Sha ntamukuru mufite
Ariko aho LEONARD NYANGOMA atumvikaniye n'igisirikari ca FDD,Gen ADOLPH afatanije na HUSSEIN RADJAB bafashije JB NDAYIKENGURUKIYE gukura Leonard NYANGOMA Ku burongozi bwa CNDD,bukeye na JB NDAYIKENGURUKIYE na we agwa mu mutego wo gukunda amahera na we Gen ADOLPHE afatanije na HUSSEIN RADJAB baramuhirika Gen ADOLPHE aba ari we ayobora FDD(ishami rya gisirikari rya CNDD)naho RADJAB aba SECRETAIRE GENERAL w'Umugambwe CNDD FDD
Aho kivuga Kagame wanyu, muvuga ubitabaraba. Dictator Kagame
Kwisi nukonyn uwakoz iciza nikibi bazooka bos
Ibya babikira murabeshya siwe wabishe . Igihugu kivuye mu ntambara biragoye kumenya ukora amabi
Ntabwo muri update kabisa
Uburundi ntibugira indege!!?
Bwarayiguze
Oya ntayo pe!
Uyo muntu avuga ko yishwe n'abatutsi yarabunzwe n'amacakubiri😢😢😢 ariko nta soni?
Umugambi wokumwica wateguriw mugwanda nimurek kutubesh yishwe nabatutsi
Wa muhimbiri we mwaramwiyiciye namwe murabizi
Adolph yari umu congolais
Amakuru
Murabasazi abatutsi murantwenza cane ahomurajwe ishinga nuko hatwara abahutu muranguha ntamututsi agitwara uburundi
KILIBA ONDES N'AHANTU YITWA UKO MURI CONGO ONDES GISIGURA OFFICE NATIONAL DE DÉVELOPPEMENT DU SUCRE, HARIHO IHINGURIRO RY'ISUKARI
KILIBA RERO SI IKIBIRA, SI ISHAMBA NKA KURYA KWA NYUNGWE MU RWANDA
Umugore wa neva nakasamutwe nkuwo mudari yawambaraga gute?
Aba journalist babanyarwanda jewe baranshisha ahokugusesangura neza amakuru yiwabo yuwishe #Havyarimana nuwamwishe barikwishuka muvyuburundi bashaka nokubiturusha !!! Hoshiiii puuu muragahambirwa nimwite kuvyiwanyu
@@modrikenlybruno5295 uwishe habyara ntawe dukeneye kumenya ntacyo atubwiye !!!
Uwatanguje FDD ni LÉONARD NYANGOMA,si Radjabu..
Nibyo
Nyango iwabo ndanahazi I songa mu Bururi hafi y'i Bururi
Ego
Ubwonu bubeshi
izonkumi nizahe
Adolphe nshimirimana ntabwo yize Secondaire.
Yavuye mu mwaka wa kane primaire ahita aba umwana wo mumuhanda ( mayibobo = umutimbayi) .
Nibwo wa mu frère wo mugatenga yamutoraguye amujyana kwiga acrobaties mu gatenga.
Igisirikare cyiburundi cya Ex FaB nticyigeze gitsindwa ahubwo habaye amatora yamashyaka FRODEBU iratsinda.
FRODEBU yari iyobowe na Ndadaye.
Urakoze kunyunganizi uduhaye.
Nico gituma Kiliziya gatulika itigeze ikurikirana Adolf Hitler Nshimirimana ku bwicanyi yakoreye barya bakecuru b'abazungukazi, kandi bitwa ko bari "ababikira"... nukuvuga abakozi ba Kiliziya gatulika
Umengo barakorana
Aho wavuze kibira onde sibyo ahubwo nahitwa kiliba ondese
Iy'iyicwa ry'uriya mumenja naryo, nta butegetsi bw'Abahutu bwamwishe. Kuko urya mumenja niwe yari akingiye ku rwego rwo hejuru inzego z'Abahutu. Amaze kwicwa inzego z'Abahutu zaciye zihungabana, kugeza n'ubu
Bitoreza muri Kiriba ondes i Buvira muri Congo
Hussein RADJAB yaje muri CNDD atumweho na JB NDAYIKENGURUKIYE (wari umuyobozi mukuru w'inyeshamba za FDD yari ishami rya gisirikari rya CNDD yashinzwe na LEONARD NYANGOMA) avuye mu ki gronome i GUHANGA,si we washinze CNDD FDD
Muri Kiliba Ondes niho batwara abana b'Abatutsi kuja kuba tortura no kubasambanya ku nguvu no kubica nabi
Uwomu Congomani yigize Umurundi bamwishe gato ahubwo bomusanga nomumva bakamusubira
Wamuhinbriw kizito yishwe bande wenbwaw kutakivuga?
Ko yize amashule abanza n'amashule y'imyuga mu rwanda. Gushika kuri A3. Mu nyuma akinjira igisirikari ca Mobutu
Fdd yatangujwe na Rajabu murabasazi
Muravuga ivyomutazi.muravugako jbosco yakuwe kubutegetsi atigeze avigwa igihe yatwara?husen radjabu yatwaye umugambwe ryari.nimusubiremwo iyinkuru mureke kubesha abantu
Murahendwa harya yariyaramaze gupfa yiciwe ahoyakora kwarukubeshi gihugu barabahenda yariyarishwe kera
none abanyarwanda mwovuga ivya barundi gut?kko ntavyomuzi reka guteranya bantu ikindi vuga ivyomurwanda iwanyu.
Nonese ubu murashaka kubwira ko Neva muri background nakyo yabikozeho
Ubwicanyi bwakozwe na opposition
Abarundi murabagome muragakizwa
sha mwebw muri bibwa muvuga amakur mutazipe
Zana ayawe rero,ataraho, funga mudomo and keep listening.
Umuporoti mukirundi bisigura protestant
Hottokiet
Mwagize neza kuvuga ko uyo mumenja yari yahungiye mu Rwanda rwa Kayibanda-Parmehutu mu mwaka w'72
Adolphe yabaye mubicanyi bakoze genocide y'abatutsi mu Burundi kuva 1993 cndd-fdd ikiri mwishamba. Ese we wadutse ute ? Kirofa mshenzi
Palloti ni catholique wamugabo we kiriziya ya Gikondo se siyaba pallotti siho dusengera se igengwa na Diossese ya Kigali aba palloti.abaselesiane ni aba Catholique buzuye no mubabikira bibamo ama congrégation atantukanye aliko bose nibamwe aho yasengeraga rero sirindi torero
Reka ububeshi Ku cumweru Nkurunziza nta biro yajamwo
Umudereva niweyarimuzima nabaryabandi ariko jenerare yariyara mazekwicwa
Ntimugafate imihimbiri yose ngo muyigire ibitangaza..
Urumusazi!muburundi harabaye ihonyabwoko gusumba mu Rwanda ?😅😅
Ubwo se nu butwari? Cg kari akagwi gashinzwe kwica abatutsi bari batuye mu kamenge na handi hose
Mugabo igitangaje nukonawe yamusanze iyari mwitonderiyisi
Mwirambire sinzomwibagira namukunda gupfa
Oya ntabatavugarumwe na leta bari kumushobora uwo muhanda bari kuwuronka gt? Ngo bawukontorore nkuko
Nibo babona ikibi akorera Abatutsi n'Abatutsikazi, birabarengera. Bahitamwo "kumwiyahurirako". Ni nabo bari bazi gahunda ziwe zo ku munsi wa mungu mu gatondo. Baca baramwivugana. Abatutsi babona kuruhuka iyo nterahamwe y'umumenja.... naho nubu interahamwe z'Abamenja zicuzuye mu nzego z'abahutu. Iyivuyemwo iba ivuyemwo. Izisigaye zikaba ziramenya ko zitazogumaho
Ayo ma details yari azwi na bake.
Barya bakecuru b'abaTaliyanokazi bazize ko batanze ayo makuru mu mahanga. Kiliziya gatulika yari kumwe n'uwo mumenja Adolf Hitler Nshimirimana, iramenya ko abo bakecuru batanze amakuru, ica itanga itegeko ryo kubica, kandi nabi, nka kurya nyene bica Abana b'Abatutsikazi
Adorphe nta bwicanyi yakoze . Yari umusirikare w umwuga
Nkurunziza yariyara murangije haryabaribatwaye ikiziga
Amakulu meza