Le tourisme est un phénomène social, culturel et économique qui suppose des mouvements de personnes vers des pays ou des lieux situés en dehors de leur environnement habituel intervenant pour des motifs personnels ou pour affaires et motifs professionnels.
Il faut reconstruire l'aéroport de Bujumbura. Avoir un sens des affaires chez les dirigeants burundais. Donner les cartes d'identité électroniques pour maîtriser en informatique l'immigration de la population que ça soit interne ou externe. On ne peut pas laisser les autres entrer et sortir quand on ne maîtrise pas la population interne. Informatiser le système administratif. Implication de la jeunesse trilingue( français, anglais et swahili )et ouverte vers le monde.
For real tugarukire tourism Kandi abatwara kino gisata kijemwo abantu babitahura, igisagata ça Bujumbura Nico gushika ubu Ari ishusho but😅 ja kwa ntare video bashira kuri reseau socio usanga amashurwe yarunye canke umengo ni mundimo bagomba batere ibigori 😅😅😂 ja muma Barbara turetse mugihe ci imvura usanga amazi yarenze abantu nkukwo umengo ntaba ingenieur boshobora kubona ingene imyuzura yogabanuka mugukora imiserege myiza yotwara amazi muci ho ukamengo igisagara kiri muri desert sahara amashurwe yarumye ntuwogira ni soni ngo ayakure😅 ni muri mpanda yamashurwe tujanira abapfuye 😅😅 Aho ni buja gusa 🤣 ja source du nil careau piiiiii😅😅 man uburundi duhinduke naravye abantu Bose bavuze imbere ya nyene icubahiro bose baduha histoire za lac tanganyika mais ntabikorwa bakoza ntana vision zabo bavuga hinduka tugire creativity vraiment abarundi tureke kwigira I ibijuju kuko uburundi bwose ntabwo Ari Cartier canke commune . Canke president afate Les jeunes ba develope ico gisata one love❤
Long live H. E we love you so much , Imana ikudutungire ❤️ from 🇲🇼 Malawi
Love from rwandais 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Barundi bavandimwe mukomereze aho , much love from Rwanda
Hosy merci beaucoup kukigoro wagize ndakiravye coseeee kiranryoheye sebarundi niyirambire araciyubwenge❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
🤣🤣🤣🤣
Mudukorer namabarabara nyakubahwa 🙏gitega karera 3🙏
Na Bujumbura 😢
Imana izabikora😂😂
@@rodriguerwaka987 Amiin 🤲🏻
Wooooa son Excellance imbere cyane ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥💪💪💪💪
Merci siren vibes kuduha ikiganiro kiryoshe
Ivyo bizehe bishaje nibabikure bashire aba Jeune bize hanze kubutegetsi bazane iterambere nayo ivyo bizehe naho bite mbera umengo ntibabona uko ibindi bihugu biteye imbere 😢😢😢 nibaruhuke babise abakibasha bafise ni bintu bigezweho mu mutwe nahubundi ubundi igihugu kiracononekaye gutera imbere biracari Kure pe. Turakeneye abategetsi bakiri jeunes bagifise mu mutwe hakimeze neza abo batama baje kuruhuka ❤☺️
Son excellence hejuru 👏👏👏👏 turakwemera mutama
SON EXCELLENCE JTM BCP VRT💕💕NTASHOBORA KUVUGA GWAHEZE UDATWENZE PE
Urintwari madame siren vibes 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
i love never ndayishimiye i love my country burundi no matter what people say ❤❤❤🎉🎉🎉
Ikirundi umbwambere tugeragez duh agaciro ikirundi cacu kuko igifaransa nicabakoroni
🙏president wacu nivyo kabisa dukorere isuku igihugu cacu
Ivyavuye muriyonama tuzobirabira ubwambere kukibuga c indege uko abantu bahinduye ninyifato yokwakira abashitsi binjiye mugihugu. Muzohere hariya mukomeza kndi muzoze murabahindura kndi babe bambara neza kndi babe atabantu bakeye nukuri mukwakira abantu! Murakoze!
Komera PEREZIDA NEVA... Imana ikutuzigamireee
Speech yawe irasekeje kbs
Le tourisme est un phénomène social, culturel et économique qui suppose des mouvements de personnes vers des pays ou des lieux situés en dehors de leur environnement habituel intervenant pour des motifs personnels ou pour affaires et motifs professionnels.
Et alors ??? A qui enseignez-vous votre définition ?
Hama next time uzodufashe kuri screen uzoze utwandikira amazina yabobantu bashikiriza ijambo kugira tubamenye twebwe turihanze y,igihugu ntitumenya utuyu ajejwiki merci
Uwariye utumaramasenge ,umwembe,ivoka,umucungwe,mandarine,....légumes utoharura(bige kureka engrais chimiques)niwe azi ivy'i Burundi
Son excellence turasavye Dative Uwimana
Umugene gutwara Office du Tourisme niwe abishoboye
Jacques Bigirimana ntitubona ico yakoze muri tourisme
We gusa numunyepolitique
Ni ukuri isuku y'umujyi CK Igisagara ni ingenzi. I Kigali twarabimenye !
Babwire sha Se'Barundi
Yewe Ngiye nakumva impamvu equipe yanyu yanze kwambara Visit Rwanda nishyari mufite pe
Neva ntiyavuga ikintu cyose adashyizemo kudya, ubanza Neva afite Icyo apfana ni Mpyisi
I love never his best president of Burundi
Veuillez demander à la Regideso de paver devant sa clôture en face de la Brarudi comme les autres l'ont fait a partir du Rond point Chanic
Ikiganiro.cya.NEVA.nibiryogusa ntumubazibindi
Nukuri peuh akunda ibiryo peuh
Muzeh nukuri uvuzukuri ibisagara biracafuy uwokugeza mukirundo santre tweho twibazako atawutwara ivyisuku ahari biratey nisoni
Nyakubabwa ararijije benshi mumitima mukuducira umugani wumwana yariye ikiremve acirasheko
Niharambe uburundi nabarundi
Hariho rero abiyicariye barya inguvu z,igihugu batanazi ico bakora kandi batanagukunda
Mutama wirambire nasokuru yasizavuzeko ngwokuvanakera intumva zamyeho
Hosy komera mubikorwa ariko wew uronka akanya kokuvana nanyene incubahiro kubizanye nisuku ivyavuga nukuri gusa nafate ahabantu akazi ishirahmwe ribizenzwe akazi hama kiramuhana uri mugisaga urihe fr 500 kukwezi aho hazovamwo ivyose ariko bitakonzwe murizonzirq ntakigenda
Turakwemera president.umugambwe wawe uzutware imyaka4000 mwaradupanze neza sinkabo basazi bakagome batagira democratie batereyindero rimwe
Ndabaramukije jewe nunvirije ivyo Nyenicubahiro avuze kubijanye n,isuku jewe nd,umuntu yatanguje umugambi wo gusukura Igisagara ariko ngeze kuri Mairie ya ya Bujumbura umuntu yitwa Muhamed yaciye atwambura banderole twakoresha aratwirukana avugako turiko duhungabanya umutekano
Tout commence par l'éducation. Nukwigisha abana guhera kumashuri babikurane.
President Yubawe 🙌🙌
les plages inaccessibles comme celles de Nyabugete faute de la Route du Large prolongée et asphaltée
Wubahwe Muze wetu president wacu w 'uburundi 🙏🙏🙏🙏
Uburundi bwacu nibwiza ahubwo bwabuze ababwitaho biteye isoni kubona umuntu adashobora kubona ibarabara ritagira ibinogo ubucafu buruzuye erega ningenzi ntazotuzobona igihugu kidasukuye kuko akeza karigura nukuri ababijejwe bisubireko kugira natwe duterimbere
salam mzee
Babwire ukuri 👍
Burundi hejuruuu,
Uvuze ukuri kweli👍
Inda zizoz barazigwaye mutama maze imyaka ibiri ndondera umutagankuba ngaho imakamba nubu namahera ndaraze narayibagiye
Il faut reconstruire l'aéroport de Bujumbura. Avoir un sens des affaires chez les dirigeants burundais.
Donner les cartes d'identité électroniques pour maîtriser en informatique l'immigration de la population que ça soit interne ou externe.
On ne peut pas laisser les autres entrer et sortir quand on ne maîtrise pas la population interne.
Informatiser le système administratif.
Implication de la jeunesse trilingue( français, anglais et swahili )et ouverte vers le monde.
No bn j in be in be kuj be j in be in jjjjn ,...,,.
.n be back home b c vc vbjn vbjnvvv. Be bv hj bbh he hnpb .
.n.
umukuru wigisagara afise accent zinza de français
Yize kandi akurira muri DRCongo
Is colonial victim 😢😢
Uvuzukuri isuku irakenewe mwikig'ihugu hararugera mwayamasoko apanaa
Mister Sendagara oyee
Wagitanderowe
Oya wowe, twarakubonye ntiwatubonye
None uno munsi Nyakubahwa arongoye Igihugu nuwutwara Igisagara bati uwutazokora isuku imbere y,irembo ryiwe amande mwunva gute?
Sindumva speech ze hatarimwo ibiryo nibyo kunywa
Wari wamara kangahe utarya, utanywa? Ibyo dukora byose ni ho bizenguruka.
Icambe mwokwiga neza, kukibuga cindenge hari amanyanga meshi, nukuri ivyambabayeko nagahomera bunwa. Nukuri ingenzi ziragoye uko ingenzi zohurumbi muburundi. Nturekuriwe kubaza, nturekuriwe kwisigura sha nukuri haragoye cane.
Neva wacu ❤❤
❤❤❤
Ikintu ca mbere cateye imbere mu Burundi ni comédie nuko nayo mbona itaduteza imbere.
Umunsi twaronse intumbero nyayo (vision) ijanye na action, ibikorwa nivyo bizokwivugira.
Turashize😂commentaires nkiyo zituma twicwa n"agatwengo😂😂
Ingunguru zamagaga yurukwavu?
Cyakoza cyo president Neva yahushije impano ya komedi ibi ntabwo kagame yabivuga.
Nonese iki kigabo sicyo kirikurya Ruswa ya Tshisekedi kumaraso yabana niburundi cyuruza isazi nimisiba Kabundi umuheto Umutwa puuuu
Gukunda ivyacu
Hosie baguhe RTNB
Eira❤
😂😂😂😂😂😂😂😂 mana dusenga turasavye utubabarire😂😂😂
Le burundi et très très pauvre ce vraiment triste pour les burundais 🤦🏽♂️
Akaranga kari ruguru mumisozi njewe navukiye muri towan ivyo binu babaze ababono
No kwijiti sororezo hariho
Jewe ndafise Umurima nkihectar 10 I don’t think he meant to say that
Ubaka amabarabaraa aja kuma cites touristique
Izi analogy nibiki zimaze iki
For real tugarukire tourism Kandi abatwara kino gisata kijemwo abantu babitahura, igisagata ça Bujumbura Nico gushika ubu Ari ishusho but😅 ja kwa ntare video bashira kuri reseau socio usanga amashurwe yarunye canke umengo ni mundimo bagomba batere ibigori 😅😅😂 ja muma Barbara turetse mugihe ci imvura usanga amazi yarenze abantu nkukwo umengo ntaba ingenieur boshobora kubona ingene imyuzura yogabanuka mugukora imiserege myiza yotwara amazi muci ho ukamengo igisagara kiri muri desert sahara amashurwe yarumye ntuwogira ni soni ngo ayakure😅 ni muri mpanda yamashurwe tujanira abapfuye 😅😅 Aho ni buja gusa 🤣 ja source du nil careau piiiiii😅😅 man uburundi duhinduke naravye abantu Bose bavuze imbere ya nyene icubahiro bose baduha histoire za lac tanganyika mais ntabikorwa bakoza ntana vision zabo bavuga hinduka tugire creativity vraiment abarundi tureke kwigira I ibijuju kuko uburundi bwose ntabwo Ari Cartier canke commune . Canke president afate Les jeunes ba develope ico gisata one love❤
Hhhhhhhhh abapresident baragwira kbsa,nkuyu kwelii ibintu avuga yumva bizagezahe igihugu,ngo ifiriti yiteke 😂😂😂😂
Cirirwa gihuragura
Ikibazo cawe ntabwenge uvyumvirizana, muvukanyi shira mwumbwenge uramva ico ari ko arigisha
@@mosescharles1921 Genda nawe uri igicucu nkawe,nkubwo kuva yanjyaho mubona haraho mugera abantu baba abambere mubukene koko waragiza ngaravugana ubwenge,toka kure wakimbwa weee
Izo ni cash za Tchisekedi wariye zigutera umwijuto ukaba utangiye kuvuga ko uri muri Jardin d'Eden.
Nari ngize ngo ugiye kuvuga ko ari cash zawe, none ni iza Tchisekedi!
Intete pls
☆ Eka ni Jardin d'Eden nyene😂☆
Visit Burundi
Ubwato bwa nowa ngo bimeze bite?😮mana yanjye
Zamuvuga ikirundi twunva kuko sitwese tuzi indimi nvamahanga
Umukuru wigisagara niwe arikinebwe
Uzoz urazan ibiganiro nkibi hosy
I gisagara kiracafuye gifise abagitwara ni gusinzira gusa
😂😂😂😂😂
Kandi azobatanze akazi kuribenshi bicaye mumazu atoco bakora bashinge amashiramwe ahingura nintabire kuko uwomwanda kurundi ruhande ninyungu kugihingu mugihe bitunganinzwe neza
Ivyobigabo vyosi vyicaye imbere ya Perezida ubwo mumbonera havuzi nicisobako !!!! Ariko ivyacuga uravye ukuri avuga ukuri kutavangiye, abategetsi babatundi ntanakumwe barimwo kiretse kwicara imbere ya Primus na Amstel gusa. Ndahora nca aharaho kuri srickel i makamba aho anywera inziga wasabga hakiranite abafongisionel gusa ugiyeyo urumwirimizi bakiraba nkimbwa iraba isuka. Kunzoga hoho muta baraterama
Abayahudi nabarabu ngo bimeze gute? Ikindi indamutso yamahoro yakwinjiza cash gute? Ikindi agahugu kuburundi kinyegeje he? Murantunga
Maire de la ville avugq igifaransa neza
Wowe urashaka kwigana U 👮♀️👮♀️👮♀️Rwanda … Kubera ko harumurundi wakunenze..,, wowe aho gukora ibyiza uricisha abasoda Buburundi ubabwira bagye kwica benewabo bahuje umuco. Ariko imana Ntiyabikunda niyo Mpamvu bamaze kwicwa aribebshi
Ubundi bwo bahora bashaka kwigana uRwanda muri byose ariki byarabananiye kubera imuco mubi. Ngaho za visit Rwanda, ngaho tour du Burundi n'ibindi byinshi bigana uRwanda. Nyamara neva n'ubwo yanga uRwanda, ntawanga umuntu yarangiza agashaka kumugira role model
@@GiseleUwera-m6g nabagome kandı M23 igomba ku Rwanirira igihugu cyabo
Ww uduha igikwiye ahabandi baduha ibimanyu
Uri perezida umupasiteri. Ntubereye kuyobora Igihugu pe. Uri wo mu rutoki koko.
Hama ABANA BIGA BICAYE HASI NABO NINDE ABIJEJWE????????
Ico kirundi ca Suguru😂😂😂. Tubanze kugarukira ikirundi cacu ibindi bizokurira. Bavuga bati uta akaranga ugatorana akaranda
Amajambo.uvugasanawewe
Nyakubahwa arabakurugutuye kabisa
Nukuri ama efriencant mukundishe igihugu cacu abanyamahanga plz
😂😂😂😂😂😂😂 Burundi wagushije ishyano gutegekwa nabene giti mujisho
Es-tu fou?
😢😢😂magufuli yahinduuye igihugu muri 2ans twebe ni 2060
Ibaze😢😢😢😢
Uratangaje !! Hama ninde yakubwiye ko igihugu giterimbere muri 2ans?? Naho hoza uyundi mu president,guterimbere bazotwara igihe kinini
Wubahwe mutama
1:19:35🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣
Nivyo mutam babwire muta Izombura kimaz Baja mukazi batagakwuyeee
Yabwiye abarundi bose. Nimba nawe uri umurundi uri mubo yabwiye
Sendagara ko mukize kurusha chine umwanda muwukurahe kandi harumukire udakubura cyangwa yoge mbega semikeke
Ziba wamwandawe
@@gakeboranda3223 please madam
@@gakeboranda3223 😛😛
@@gakeboranda3223oya reka gutukana mureke avuge ivyashaka nicogihe utumunsi bafise ijambo ariko Mwisi yose tuziko ubutunzi bugira amababa igihe kizogera Uburundi nAbarundi natwe tugire ijambo kandi ayamajambo AbanyaRwanda batuvugako nabi badusuzugura ndetse nabarundi bamwebamwe badakunda igihugu Igihe kizogera ahovyiriwe sihobirara ntakure wogera ntumanuke nanohasi wogera ntuzamuke canke ntuduge ntawe nipfurije gusubira hasi ariko buriya nubona ahugeze hagushimishije ntugasuzugure uwutarahagera iconziko nuko Abarundi dukora kabdi igitondokimwe Tuzotabagwa
Non vyukuri abajejwe isuku bariho ?cank bamustanteri bobo ntavyo babona? Nukuri isuku kubisagara nikingenzi nibikubit agashi