Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Wipfuza kuvugana na DAVID:+257 79 44 08 14 (watsap)
Shalom
Courage bro
Urakoze cane David Imana ibandanye kugu komeza ufise imigambi myiza cane tugiye kwitabira akamo uduteye Abarundi twubahwe ikibonobono kigiye guhindura ubuzima bwabantu benshi vision 2040 -2060 ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Komera
Ikibonobono nicamateka narifise ikibazo munda,ndi muburundi narivuje sinakira neza.ngeze muri Zambia udutete 2 natuguze amafaranga yaho 20 nihafi $ nubu ntakibazo mfise munda.ahubwo courage fr
Umurimyi wi kibunobuno yubahwe xan twijukire kukirima xana twese abarundi ❤❤❤
Mirima ibidandazwa n' ibiribwa!
Courage our leader U have a big mindset 🧠🧠
Komera cn David,hanyum uwuzokirima muzomufurira non
Kibonono Oil 🥳🥳🥳🥳🥳 Courage Can murashoboye kd ngo TWESE HAMWE BIRASHOBOKA
Murakoze cane. Mutere imbere nkumuzinga Imana ibadukomereze
Baragikoramwo n'amavuta y'imishatsi meza cane
Ndamukund David courage miz murasigur kesh abant bahumuk imana iban namw
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦🔥🔥🔥🙏Burundi hejuru iterambere Muburundi ntagukekeranya
Ndafise nanje Aho nokirima nyereka ukwo nokirima nogishirerahe
Uwo muhungu David aratekanye cane pe ndamukunze gose.
bnjr nimukomer Imana ihezagir imigambi yose murimw gs mwotwereka ikibonobono tukakimenya tube turagiter hakirikare
Mbe ko imbuto z'ikivurahinda ko zaka nk'iz'ikibonobono zo muzokigwiza. Ikivurahinda kiraramba gusumba ikibonobono.
Ndakeneye umuco kubijanye nokurima ikibonobonoNdafise ahantu nshobora kukirima nka 20ha
Courage Homme de changement👍🏾… Good job!
Vyiza cane. Ibikorwa vyiza bro. Mugwize ibikorwa. Mwirinde ba bapastori bigisha gucakira.😂😂
Jewe nkiri muto nahora nfata utubuto tw'IKIBONOBONO nkadushira kurutsinga nkatwatsa.Twaraka umwanya utari muto.Biraboneka ko uwo mugambi ari muzima.
Abantu bazubwenge mukomez ❤❤❤
Ewe Burundi. Ubicevyinshi. Ramba cane gose
Ikibonobono citwa kandi ,igajagaja,
Ikibonobono nukukirima kivamwo bizima
David ndagukunze. Kuko urumushakashatsi p
Félicitations frère, mbega mwomenya bacita gute en français. Twebwe twagikoresha nk'amavuta ku kidirigi (za moto z'ibiti abana bakora)
En français s'appelle ricin
Basha mwatoye umutwe kweri unu reeeero mwabonye ko mugite kuja mirashinga ama koperative ngo mirondere amahera yaba diaspora!!!!!!!
Bonne idée
Komera kwiterambere mugezeko
Ndabemera abashingantahe
Ubake uburundi 🇧🇮🇧🇮
Mukomere kuruwo mugambii
So, castor oil???? 😂😂😂😂…. Nagumye mbangiye ugutwi ntaratahura icarico 🤣🤣🤣🤣🤣. Oh thank you so much. I learned a lot today
Davi courage
Wawoo
Courage mbega uwomugambi iningozi wodushikako gute
Twaramaze nuguhabwa Uruhusha tuhafise abanywanyi benshi
David gira uduhe umugambi hagati mu gihugu
Bakorrahe ko dukeney kumenya Aho bakorra kugira twese twinjire
Komera cane
Jewe ndunva uwo mu entrepreneur afise amakuru akwiye...None ikibonobono kiraribwa...kiranyobwa... ahaaa...
Nukuri ikibonobono kirimwo amafaranga nanje nari narabitekereje castrol oil arazivye cane gose
Aho ga David nawe ivyuvuga nivyo ikibonobono kirafise akamaro nkako kose
Komera David. Ikibonobono ni iki mu kinyarwanda.
Mucyongereza ni castor bean cyangwe se castor oil plant !
No mu Kinyarwanda ni Ikibonobono. Utubuto ni amagaja cg amagajagaja
nibadushiremw natwe
Courage
Kiravamwo namavuta yumushatsi meza naha ariho ava mubuhinde
Duhumuco twobasanga hehe muri make kubiro vyanyu nihe
Umviriza neza mu kiganiro batanze adresse
Uyu muntu jewe ndamushimiye cane arazi neza cane politique y,uburumyi nziza cane ni incabwenge cane
❤❤❤❤
Ibi bintu aho nakuriye vyamera mumashamba bigakunda bikaba ibishamba ntaco twabikoresha 🤔🤔.
Ikimonomono nico kivamwo amavuta ya ingine yimodoka yitwa castal oil, kivamwo amavuta yokwisiga mumaso, havamwo vyishi ikibazo abarundi twarapfutswe igitambara mumaso ntitubona kure.komera kijana
Aba nibo tuba dukeney
Inyanza lac hoho usanga wyimejeje wyishi nibadutiramatongo yakojeriko atagikora tuyarime birahaba ukamengo nibiti
Ariko,hariho niyindishirahamwe rifise impapuro zibaha uburenganzira bwukurima n'ukugwiza imbuto muri ADB depuis 2020.
RYITWA GUTE ?
😂😂😂ibintu nakuze mbona dutemagur ng vyonona itong kumb bitanga inoti
👏👏👏👏👏
jewe nico nacana ngiko ndioira concouro
Ni iwa cu cari ho
Reka tubitere natwe
Vuga ko ari castor oil. Huile castor ureke kubigira ururimi rwa hatari
Nangah ikiro?
David nzokurondera kabisa
Murakoze
Sawa mujeune kayanza uwo mugambi wawe barawukoze 'nibaza weho kutikumira udashaka kwikorana
Izina scientifique ya ikibonobono ni irihe?
Ryitwa *Igaja*
Ricinus communis
castor oil
Wipfuza kuvugana na DAVID:
+257 79 44 08 14 (watsap)
Shalom
Courage bro
Urakoze cane David Imana ibandanye kugu komeza ufise imigambi myiza cane tugiye kwitabira akamo uduteye Abarundi twubahwe ikibonobono kigiye guhindura ubuzima bwabantu benshi vision 2040 -2060 ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Komera
Ikibonobono nicamateka narifise ikibazo munda,ndi muburundi narivuje sinakira neza.ngeze muri Zambia udutete 2 natuguze amafaranga yaho 20 nihafi $ nubu ntakibazo mfise munda.ahubwo courage fr
Umurimyi wi kibunobuno yubahwe xan twijukire kukirima xana twese abarundi ❤❤❤
Mirima ibidandazwa n' ibiribwa!
Courage our leader U have a big mindset 🧠🧠
Komera cn David,hanyum uwuzokirima muzomufurira non
Kibonono Oil 🥳🥳🥳🥳🥳 Courage Can murashoboye kd ngo TWESE HAMWE BIRASHOBOKA
Murakoze cane. Mutere imbere nkumuzinga Imana ibadukomereze
Baragikoramwo n'amavuta y'imishatsi meza cane
Ndamukund David courage miz murasigur kesh abant bahumuk imana iban namw
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦🔥🔥🔥🙏Burundi hejuru iterambere Muburundi ntagukekeranya
Ndafise nanje Aho nokirima nyereka ukwo nokirima nogishirerahe
Uwo muhungu David aratekanye cane pe ndamukunze gose.
bnjr nimukomer Imana ihezagir imigambi yose murimw gs mwotwereka ikibonobono tukakimenya tube turagiter hakirikare
Mbe ko imbuto z'ikivurahinda ko zaka nk'iz'ikibonobono zo muzokigwiza. Ikivurahinda kiraramba gusumba ikibonobono.
Ndakeneye umuco kubijanye nokurima ikibonobono
Ndafise ahantu nshobora kukirima nka 20ha
Courage Homme de changement👍🏾… Good job!
Vyiza cane. Ibikorwa vyiza bro. Mugwize ibikorwa. Mwirinde ba bapastori bigisha gucakira.😂😂
Jewe nkiri muto nahora nfata utubuto tw'IKIBONOBONO nkadushira kurutsinga nkatwatsa.
Twaraka umwanya utari muto.
Biraboneka ko uwo mugambi ari muzima.
Abantu bazubwenge mukomez ❤❤❤
Ewe Burundi. Ubicevyinshi. Ramba cane gose
Ikibonobono citwa kandi ,igajagaja,
Ikibonobono nukukirima kivamwo bizima
David ndagukunze. Kuko urumushakashatsi p
Félicitations frère, mbega mwomenya bacita gute en français. Twebwe twagikoresha nk'amavuta ku kidirigi (za moto z'ibiti abana bakora)
En français s'appelle ricin
Basha mwatoye umutwe kweri unu reeeero mwabonye ko mugite kuja mirashinga ama koperative ngo mirondere amahera yaba diaspora!!!!!!!
Bonne idée
Komera kwiterambere mugezeko
Ndabemera abashingantahe
Ubake uburundi 🇧🇮🇧🇮
Mukomere kuruwo mugambii
So, castor oil???? 😂😂😂😂…. Nagumye mbangiye ugutwi ntaratahura icarico 🤣🤣🤣🤣🤣. Oh thank you so much. I learned a lot today
Davi courage
Wawoo
Courage mbega uwomugambi iningozi wodushikako gute
Twaramaze nuguhabwa Uruhusha tuhafise abanywanyi benshi
David gira uduhe umugambi hagati mu gihugu
Bakorrahe ko dukeney kumenya Aho bakorra kugira twese twinjire
Komera cane
Jewe ndunva uwo mu entrepreneur afise amakuru akwiye...
None ikibonobono kiraribwa...kiranyobwa... ahaaa...
Nukuri ikibonobono kirimwo amafaranga nanje nari narabitekereje castrol oil arazivye cane gose
Aho ga David nawe ivyuvuga nivyo ikibonobono kirafise akamaro nkako kose
Komera David. Ikibonobono ni iki mu kinyarwanda.
Mucyongereza ni castor bean cyangwe se castor oil plant !
No mu Kinyarwanda ni Ikibonobono. Utubuto ni amagaja cg amagajagaja
nibadushiremw natwe
Courage
Kiravamwo namavuta yumushatsi meza naha ariho ava mubuhinde
Duhumuco twobasanga hehe muri make kubiro vyanyu nihe
Umviriza neza mu kiganiro batanze adresse
Uyu muntu jewe ndamushimiye cane arazi neza cane politique y,uburumyi nziza cane ni incabwenge cane
❤❤❤❤
Ibi bintu aho nakuriye vyamera mumashamba bigakunda bikaba ibishamba ntaco twabikoresha 🤔🤔.
Ikimonomono nico kivamwo amavuta ya ingine yimodoka yitwa castal oil, kivamwo amavuta yokwisiga mumaso, havamwo vyishi ikibazo abarundi twarapfutswe igitambara mumaso ntitubona kure.komera kijana
Aba nibo tuba dukeney
Inyanza lac hoho usanga wyimejeje wyishi nibadutiramatongo yakojeriko atagikora tuyarime birahaba ukamengo nibiti
Ariko,hariho niyindishirahamwe rifise impapuro zibaha uburenganzira bwukurima n'ukugwiza imbuto muri ADB depuis 2020.
RYITWA GUTE ?
RYITWA GUTE ?
😂😂😂ibintu nakuze mbona dutemagur ng vyonona itong kumb bitanga inoti
👏👏👏👏👏
jewe nico nacana ngiko ndioira concour
o