Débat yuyu musi n'akumiro😩 Dodo Burundi yaje azanye umu body guard wo kumurwanira Alvin Smith niyamukubita. Bari basanzwe bafitanye ama beef kumbe😩😂 nimwumve ingene Dodo yoza umugabo wiwe mw'i bassin🤔
GOOD GUEST,HOT HOSTS,NICE JOB!! 'WISH U ALL D BEST HOSY, MUNGU AIBALIKI KAZI YA MIKONO YAKO NA MAFANIKIO TELE KATIKA KAZI YAKO. JOJO WATUNZ URUTOKE CAN KUR LA VACHE OG ARIKO UWO TURAMUZI AHO ARI UBU +90% NI EFFORTS ZIWE NIYASHU YIWE,ARIKO WATANZ IMPANURO NYISHI,TURAGUSHIMIYE CAANE!! BN WKND KUR MWS BANTU BACU
Mon Boss ici o Canada yitwa Mario, il y a 10 ans naramusiguriye uko tubona iryo zina mu burundi, yaratwenze ashika iwe atera iyo nkuru sa femme gushika ubu c est mes grands ami...
🤣🤣🤣🤣 Alvin numu bono wahatari kdi ukuntu yashavuye nivyo ategerezwa kuba ari Mario kdi kuba Mario sibintu bisanzwe dodo nubuhimbiri 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Mario atera umukoshi
Aho hantu muri nta mutekano😊 Bouncer wakumlinda nani sasa ? 🤣 La prestige Burundaise ! Haka Ka Mama kana Damu ya Congo nini!?😆😆😆 🎩mtajuta kwanini mwamuzanye😆🤦🏾♂️ Na Osie, yakamye aMajambo, Show kayibatse murakamye amajambo😋 Ndagakunze💖
Débat yuyu musi n'akumiro😩 Dodo Burundi yaje azanye umu body guard wo kumurwanira Alvin Smith niyamukubita. Bari basanzwe bafitanye ama beef kumbe😩😂 nimwumve ingene Dodo yoza umugabo wiwe mw'i bassin🤔
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ivyuyumusii ntibiza kworoha Hosy ,nije nsigaye ntaragir Bodygard 🤣🤣🤣
Abaknzi baki?? Jisho namundabire 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Alvin Ntakivanaho agusobanurir neza 🤣🤣🤣🤣🤣
Dodo ntazi kuvug ,uyumusi Alvin amwatuze ,,🤣🤣🤣🤣🤣
ua-cam.com/video/zaqbOb8AiUY/v-deo.html
Uwabonye bodyguard ashaka gutwenga bikanka ampe like
Alvin,uri umushingantahe kweli kuko uwo mukobwa yari yashatse kukwinjirira ariko wabikoze neza cane mukumushirira aho ashaka.
Love you so much
Dodo ninava saudia nzokurondera ndagukunda tuganire
Je t'adore madame Dodo maintenant quand je serai au Burundi, on ira partager un verre ensemble kuko tu es vraie et directe
Alvin uno musi yaherewe yumiwe yabuze icavuga 😀😀😀🤣😂🏋️♂️
Hossy ndagusavye umugarukane vuba Dodo na Alvin 🥰😂😂😂😂
Urumva umuntu araraba ikiganiro ntagihimbe 🙆♀️Sina shaka ko gihera 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣💥💞Dodo
Bient fait Hosy! ubwambere ngize commentaire! , From Sydney Australia, ndabaramukije mwese
Dodo narindamukumbuye
Alvin ,baramwatuje Dodo 🤣🤣🤣🤣Dodo aramuhaye amaso kuyandii ,,
😛
Hosy part2 tuyihabwe kadodo karamwemeje Alvin 😀😀😀😀
Alvin yar yapapye ubwoba bwamwishe uwabibonye ampe like
Hossy dodo uzomugarukane pliiiiiz😂😂😂😂😂😂😂
Alvin agiye yaronka uwiyemera kumurusha kabisa😂😂😂
Yoroshe😅😅😅ntawubur icatinya
Warahi dodo namupenda sana sahiy unasema ukweri nukur ozi abahungu bubu nikibaz dodo komera 👍😂😂😂😂😟🇸🇦
#DodoBurundi yatanze impanuro nyazo. Yaryoheje ikiganiro. #AlvinSmith wakoze kumutuzanira. #SirenVibes Number 1
GOOD GUEST,HOT HOSTS,NICE JOB!! 'WISH U ALL D BEST HOSY, MUNGU AIBALIKI KAZI YA MIKONO YAKO NA MAFANIKIO TELE KATIKA KAZI YAKO. JOJO WATUNZ URUTOKE CAN KUR LA VACHE OG ARIKO UWO TURAMUZI AHO ARI UBU +90% NI EFFORTS ZIWE NIYASHU YIWE,ARIKO WATANZ IMPANURO NYISHI,TURAGUSHIMIYE CAANE!! BN WKND KUR MWS BANTU BACU
Mario = mwanaume anaudumiwa kila kitu na mwanamke
Dodo uvuze ukuli kbs👌👌👌
Mungu wng dodo anamchambua alvin.pole sn,n'a jins amekuja amejipanga n'a body Gard wake👌 kwa raha zake.dodo nakubar sn👍
Alvin agiye yaronka uwumushoboye!
Barahuye boae
Umw e yatayumugore
Uyundi. Atumugabo
Impanuro zirature mbeje🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛🚛muragahura niyabaremye
Nukuri jew ndanezerew caane ariko Dodo nawe aranyaca ngo Mario ivyo nibiki ndapfuye nugutwenga mbe muri mwebwe ninde ataraba mario ? 😀😀😀😀😀😀😀😀
Love from IHURIRO NEWS
Hhhh ndatwenze kubury imbavu zibabara Ewe dodo urihagararako 😜😜😜😜
Mon Boss ici o Canada yitwa Mario, il y a 10 ans naramusiguriye uko tubona iryo zina mu burundi, yaratwenze ashika iwe atera iyo nkuru sa femme gushika ubu c est mes grands ami...
😂😂😂😂😂😂😂
Alvin numv nkukunz vrt kubon wicishij buguf urasab imbabaz nnj nkumukobw ndakubabariy vrt ham Iman iguhezagir can
Ninde yumvis Dodo avuga ngo tungenda klk par choz😀😀nakubali
Nih nkirab ik kiganiro Arik ic kint conyen nic canyishee hahahaha klk par chose hahahhaah
Alvin urahuye n'umukobwa kbsa
Alvin urihangana ndakwemeye 😂😂😂
Mukhama Alvin ayumusi urashikiriwe na Dodo mupe ukweri😂😂😂
Dat isn't good for sure aba star bagirana am beef kuburyo umw yahura nundi bakarwana?
😂😂😂😂😂Dodo nukuri turakuramukij twebw abakunzi ba saravib😅😂😂😂
😂😂
Nihatari kweli🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😄😄
Uzomuzane dodo na alvin ikiganiro kirayoshe .gusa uno musi alvin yaciye bugufi kabisa
Heheeheh murahumba basha uwushigayeaba mukinama yanyariwe ni akes don
Twes twarabivumbuye😂😂😂😂😂😂😂😂😂
J aime bcp Siren Vibes 🔥🔥🔥La vache OG,inka ikunda ingidi😂😂😂😂😂😂😂
Ça veut dire quoi
Ça dekwire koï ??? Je meurs 😃😃😃🤣🤣😅😅😅 ariko uvuga Vyoo shaa Dodo ✌️
Alvin mumbabarire kabisa. Dodo yaje yipanze afise umu bord guard vyanse arakubita
Alvin ntabwo turabamalaya ino dukoresha amaboko yacu pe ntimuzosubire kwumva amajambo yabantu ino turatigita cane.wangu 🙄🙄
Ndakunda Dodo Burundi cane gose vraiment. Nari ndanamukumbuye ndamusavye adusohirere akandi karirimbo kweli. Uzi ukuntu muri moodi karyoshe sana! Nakwakwanye
Alvin unomunsi bamushoboye kweli 🤣🤣🤣🤣🤣🤣😅😆😆😀😀😀
Ngo iyo TV yitwa Saravaibe😀😀😀😀😀😀😀, Mon Dieu Seigneur!
Yayayaya mwisho iyi kbx alvin yabuze nicavuga baramusagirije😆😆😆
Mimi namwita Jicho kweri akujeona🤣🤣😂😂😂😂
🙄🙄🙄
Mukama narimukumbuye hosy uri saw???courage mukazi mukama umeze bon
Twese turamukumbur
🤣🤣🤣🤭🤭🤭 ewe Hosy urayabonye hagati yabaraho 😂😂
🤣🤣🤣🤣 Alvin numu bono wahatari kdi ukuntu yashavuye nivyo ategerezwa kuba ari Mario kdi kuba Mario sibintu bisanzwe dodo nubuhimbiri 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Mario atera umukoshi
Dodo uvuzukuri munzu nirwawe asohotse nuwabandi koko🤸♂️
Dodo none komwavanye numugabo kandi waramwoza manawe pole sana ndanaguseka kubiganiro ukora ikico uranyishe 😄😄😄 ngonukumufata nkirigi kweli
Walahi dodo urantwegeje peee uramusatiriye alvin smith🤣🤣🤣🤣
Dodo yubahwe kbs uyumunsi ndakuye inkofero🙉🙉🙉🙉🙉
Dodo warabatutse urumva bambwikwa ngabagore uragayana wew
Aragayana akarenzaa,none wubakanye n'umugore akagira uko yirengeje,birabuzako mubaho mushaka?? Ivyo vyubu Mario nibiki?? .
Murakoze kunkorera umuti 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Abanj nkunda
Party 2 turayikeneye
Hemw ninde yabiny ingen Alvin yanyoy amaz ya hosy??
Dodo Achakucheza namaisha yawatu bazoguhungurura Ayimbere🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Alvin Smith ndagufana bro
Kiraryoshe ikiganiro😂😂😂😂😂😂😂😂
Saranibe TV turabaramukije 😂😂😂😂😂😂
Hihihi
Dodo wubahwe 🤗Alvin ngir yumvise impanuro😅
Dodo wewuriyemera noniyofone ntiwoyibika
Dodo vyaramucanze nkabobahungu.bakwiye kumurondera bakamwomeka
Kand sha Dodo wacu situtsi Alvin akurek
hahahahahaahhaha...ngiy gutwenga ikiganiro gihez..ngo igisura ca dodo.
Ewe dodo sha uburero baragucunga kandi nubwo usara urakunzwe raba ukuntu ikoganiro cawe kirabwa ubunyene😙😙
Eweeee Dodo usigay ufise bodigad kwer 🤣🤣
Nihatari kwr
Birakaze
Ndonderera umuntu yonyoza i can die for her 😆😆
Ndapasuts😂😂😂😂
Ingo
🤣🤣😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂🤣😂😂🤣😂😂🤣😂🤣😂🤣🤣😂🤣😂😂🤣😂😂😂🤣😂😂😂🤣😂😂🤣😂🤣😂🤣😂😂🤣😂😂🤣😂🤣🤣😂😂😂🤣😂😂
Alvis aramaramaye
Dodo ndakwemeye caaane uvugisha ukuri goose kandi arahaye leçon abarundikazi benshi ❤️❤️
Wallah dodo aranyigushije kubwo kwigenza kumu kunzi wawe je ndimo kbs ndapfuha😆😆😆
Sha iki kiganiro kiraryoshe kabisa! 😂😂😂😂 dodo ivyavuga nukuri gusa Mario rikora kumuhungu atunzwe numukobwa nka La Vache gusa! Umukobwa ntago aba umu Mario!
😂😂😂
🙄🙄🙄🙄 ese murinda muheza ikiganiro uwomushingantahe ahagaze koko dodo.urarenze pe wabaye zari.wa.mondi 🤔🤔😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Hhhh
Ni too much kweli
Dodo aratwenza vrmt
Dodo araberew basha 😍😍😍🤗🤗😘😘
Kidodo embe dodo🌶🌶💌💎💎🔥😍👌👁 she always 😂
From 🇧🇮 Saudia na mutaka uyo bodigadi jameni munipe namba yake sku nitakuja niwe nae 🤣🤣🤣
Bakunzi ba sayi TV nukuri iyompanuro Dodo yaherejeko sindayishigikiye kanini kuko umuntu wawe muba mubanye muzinanye!
Urinz ubona ko atakwizera nuko haba har impamvu zikuvako!
Narenganaaa
dunia inamengi😂😂😂😂
Ikindi iyo myunvire mufite izobageza habi kuki abakobwa mwama mwitezeko abahungu aribo babaha gusa
Nabakobwa baratamga gusa ntibiyerekana
Aho hantu muri nta mutekano😊
Bouncer wakumlinda nani sasa ? 🤣
La prestige Burundaise !
Haka Ka Mama kana Damu ya Congo nini!?😆😆😆 🎩mtajuta kwanini mwamuzanye😆🤦🏾♂️
Na Osie, yakamye aMajambo, Show kayibatse murakamye amajambo😋
Ndagakunze💖
Ubundi se usibye ko abantu mwugay mumutw ur umukobw ukaba ufit amafrang kuba wafash umuhungu mukundan bitway iki?
Ntacobitwaye nukuri
Alvin afise pochette ya fone isa n'a rose,,,dodo ntamuhora ubusa
Dodo uyumus ubikoze neza za urababwira baache kujivuna😂😂Alvin gum hamwe bakudobere
Dodo ntugakore ikiganiro uri muri Telephone
Alvin waronse vraiment uzosubire kweli ihangane shaa 😅😅😅 dodo ni kweli kabisa 🙌
Uzosubire sha alvin uraronse uwukurusha kuvuga😄😄😄😄
Acheni kutuchezeya akili mario hanalolote nakama unagaramiw kubali tu nikawaida kuko vyose nurukundo gusa ntakindi ukipata iyo bahati usiichezeyi kijana pata raha kwenda mbele 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Top interview
Nonewewe ukoresha umumiriyoni kukwezi wabuze ayumuduga
Dodo burundi ndakesera 🤣 Nar nkumbuye ikiganiro ciwe😂😂😂
🤣🤣🤣🤣
Dodo ndamwemeye
Oya Dodo uratubesha umugore ntaba Mario ahubwo UMUGABO niwe abamariyo? Yacubesha
kuba umukobwa yafasha umuhungu w'inshuti ye ntakibazo mbibonamo,ibindi ni amatiku!gabanya amatiku pe!Hosy na Alvin ndabemera ,nkunda ibiganiro byanyu!
Nukuli dodo kiranyica Sana ndakeneye kumubona live
Egoooooooo Dodo Burundi ndakwemeye 😂😂😂😂
Uyomubodigadi najeninataha nzomurondera ariseriye
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
😉😁😁
Ikindi uzoze uragira ibiganiro vyawe uri serieuse ukagabanya ama blague
Zamuramuhanura dodo arimukiganiro areke kuguma afyondagura amatelefone kuko bigaragara nabi
Umuhungu atuzwenumukobwa nimaroyo nukuvuga umuhungu abayarongowe numukobwa
Shaa uyu mu dad arakeneye uwund mu bodyguard azomufasha kuvuga izindi ndimi knd Alvin umenga yobikora neza gahoro
Bonjour, none Dodo yari mukiganiro canke?Faire une émission et rester tout le au téléphone ???!!!
Welekanyeko ataco yimariye arimburukenge abagabo nabo kwubahwa wamugorewe
🤣🤣🤣🤣🤣Nihiganwa ryaba Chr ,,🤣🤣Hosy nawe naterefone
Hahah
Dodo ww uranyica kbsa uramara stress
Dodo reka kumwijirira Alvin arazi kwironderera amahera reka kumucafuza mbere birambabaje vrm kwinjirira umuntu bigeze hiyo sibyiza